Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Good news Asante thanks you viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town 👏 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Murakoze bayobozi namwe bagwiza tunga ubwato ahubwo dukene ko twogira 7:21 nkubushika 50 hanyuma uyomugambi wizo poto nimwiza cane ariko i poto 50 kumusi ninke cane nimba vyukuri dushaka kwinjira muri vision 2040-2060 nimugwize abakozi kumusi hakorwe i poto 500 nimiburiburi turonke izodukoresho nizodushora murabo bazifuza . Iciyumviro bishobotse uwomugambi ukwiragizwe mugihugu cose urwaruka ruronke akazi iyomyaka 3ans ntizoshika umwaka umwe gusa ikibazo cizo poto kizoba cakemutse mu Burundi bwose ikindi twongereze speed dukore nomw 'ijoro kuko mu Burundi duterimbere kumurango gusa mw 'ijoro umengo iterambere ntiturinezwe l'ETA irabe ukuntu ihimirize abantu gukora mw 'ijoro kugira dushike ningoga muri ya mbono❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gusa please mubangikanye ubwato bwo gufasha igihe hazoba isanganya
Burundi mavukiro yanjr❤❤❤❤
Mutubarize muri regidezo, ukuntu bandika, bakakira amahera yumuntu ashaka kugura konteur, ariko umwaka ugahera atararonka konteur. Bigendagute kwakiramafara nga yumuntu baziko ivyashaka batabifise?
Murakoze cane kuri iyo migambi myiza muriko murazana mu gihugu.Aba jeunes twese dushaka akazi,no kworoherezwa mu kuronka imitahe,kugira natwe dushinge amahinguriro,duhe akazi abandi barundi.Igihugu cacu kizokwubakwa na bene co.Mwirambire.
Mu Burundi niho honyene tugikoresha ibiti kumapoto yumuyagankuba
beton armé mu rwanda zashinzwe kera ni hamwe abantu badashaka kwigira ku bandi
Uragenda wibereyo rero
Mwiriwe. Ubu umuyobozi wa Regideso ntakiri Major ni Lieutenant Colonel. Ubutaha muzokosore. Gwira.
Nawew kwel harahubon handits lieutenant 😂 ni docteur ingénieur major 😂😂😂
Erega Abajene nibo bakomeye none wokoresha Abazehe ukunguka
❤❤❤❤❤❤
Aho nisawa uwomugambi nimwiza,Mwubaka uruganda mwaraduhaye akazi,raba rero muduhe akazi kogukorera muruganda twubatseko😊😊
Ama poteaux en bois no hanze arakora muri USA/Canada bakoresha ibiti ahantu henshi cane. Izo poteaux en béton armé ziri efficace ariko none zizokwira igihugu cose canke ni hamwe hamwe.
Ayo mapoto yisima Nisa kabisa nahondi bakoresha ayo
Kabisa za somalia niyo bakoresha araramba cane.
Voilà ico nico nahora mvuga, nibarwize ubwo bwato Bujumbura-Kabonga
Amakuru nk aya aremesha ni meza
None kotubona always muri busy nihehe bipfira?ivyo mukora kwatamusaruro 😢Regideso vrmmt heba wikubite agashi maze 1year ndishe none ntamuyagankuba muranka 😢😢😢guyz heba mwikubite agashi ,why mwemeye gutora amahera yanje😢😢?
Komera twese turonke umuyagankuba
Muta uwizeye wew urakwiye gukora ibintu tukabibona pe kuko amajambo ni menshi ibikorwa bike cane wirabe ntube uvuga umira gusa
Turakengurutse kuciyumviro ca déplacement yo muri tanganyika bizotworohera cane nkatwebwe tuva makamba tuzino ibujumbura
Abo ba chef bo muri regideso wapi kabisa buzuye ububeshi caaane,ingen Basha kubijanye n,igitoro birarenze ivy,u utare vyovyo nibatange imihoho
Iciyumvirô ciza càne gose
Umuntu azanye ubwato numugabo
Ikibazo nisima leta yofasha uruganda rwisima igakora nyishi
Beshere kumisizi mu birundi niho honyene twari tugijoresh😮a ibiti hubwo ntimuna maramara
Neza
Izo poto en armure muzozishakana mu myonga gt? Déplacement ruraux !
Tuva muvyiza tuja mubundi
None ko atakintu kitagira inkurikizi mbi (inconvénients)Ubwo izo poto ntiziremera?zozo zizomara igihe kingana gute?
Good news Asante thanks you viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town 👏 ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Murakoze bayobozi namwe bagwiza tunga ubwato ahubwo dukene ko twogira 7:21 nkubushika 50 hanyuma uyomugambi wizo poto nimwiza cane ariko i poto 50 kumusi ninke cane nimba vyukuri dushaka kwinjira muri vision 2040-2060 nimugwize abakozi kumusi hakorwe i poto 500 nimiburiburi turonke izodukoresho nizodushora murabo bazifuza . Iciyumviro bishobotse uwomugambi ukwiragizwe mugihugu cose urwaruka ruronke akazi iyomyaka 3ans ntizoshika umwaka umwe gusa ikibazo cizo poto kizoba cakemutse mu Burundi bwose ikindi twongereze speed dukore nomw 'ijoro kuko mu Burundi duterimbere kumurango gusa mw 'ijoro umengo iterambere ntiturinezwe l'ETA irabe ukuntu ihimirize abantu gukora mw 'ijoro kugira dushike ningoga muri ya mbono❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gusa please mubangikanye ubwato bwo gufasha igihe hazoba isanganya
Burundi mavukiro yanjr❤❤❤❤
Mutubarize muri regidezo, ukuntu bandika, bakakira amahera yumuntu ashaka kugura konteur, ariko umwaka ugahera atararonka konteur. Bigendagute kwakiramafara nga yumuntu baziko ivyashaka batabifise?
Murakoze cane kuri iyo migambi myiza muriko murazana mu gihugu.Aba jeunes twese dushaka akazi,no kworoherezwa mu kuronka imitahe,kugira natwe dushinge amahinguriro,duhe akazi abandi barundi.Igihugu cacu kizokwubakwa na bene co.Mwirambire.
Mu Burundi niho honyene tugikoresha ibiti kumapoto yumuyagankuba
beton armé mu rwanda zashinzwe kera ni hamwe abantu badashaka kwigira ku bandi
Uragenda wibereyo rero
Mwiriwe. Ubu umuyobozi wa Regideso ntakiri Major ni Lieutenant Colonel. Ubutaha muzokosore. Gwira.
Nawew kwel harahubon handits lieutenant 😂 ni docteur ingénieur major 😂😂😂
Erega Abajene nibo bakomeye none wokoresha Abazehe ukunguka
❤❤❤❤❤❤
Aho nisawa uwomugambi nimwiza,
Mwubaka uruganda mwaraduhaye akazi,raba rero muduhe akazi kogukorera muruganda twubatseko😊😊
Ama poteaux en bois no hanze arakora muri USA/Canada bakoresha ibiti ahantu henshi cane. Izo poteaux en béton armé ziri efficace ariko none zizokwira igihugu cose canke ni hamwe hamwe.
Ayo mapoto yisima Nisa kabisa nahondi bakoresha ayo
Kabisa za somalia niyo bakoresha araramba cane.
Voilà ico nico nahora mvuga, nibarwize ubwo bwato Bujumbura-Kabonga
Amakuru nk aya aremesha ni meza
None kotubona always muri busy nihehe bipfira?ivyo mukora kwatamusaruro 😢Regideso vrmmt heba wikubite agashi maze 1year ndishe none ntamuyagankuba muranka 😢😢😢guyz heba mwikubite agashi ,why mwemeye gutora amahera yanje😢😢?
Komera twese turonke umuyagankuba
Muta uwizeye wew urakwiye gukora ibintu tukabibona pe kuko amajambo ni menshi ibikorwa bike cane wirabe ntube uvuga umira gusa
Turakengurutse kuciyumviro ca déplacement yo muri tanganyika bizotworohera cane nkatwebwe tuva makamba tuzino ibujumbura
Abo ba chef bo muri regideso wapi kabisa buzuye ububeshi caaane,ingen Basha kubijanye n,igitoro birarenze ivy,u utare vyovyo nibatange imihoho
Iciyumvirô ciza càne gose
Umuntu azanye ubwato numugabo
Ikibazo nisima leta yofasha uruganda rwisima igakora nyishi
Beshere kumisizi mu birundi niho honyene twari tugijoresh😮a ibiti hubwo ntimuna maramara
Neza
Izo poto en armure muzozishakana mu myonga gt? Déplacement ruraux !
Tuva muvyiza tuja mubundi
None ko atakintu kitagira inkurikizi mbi (inconvénients)
Ubwo izo poto ntiziremera?zozo zizomara igihe kingana gute?