Bravo madame Diane Katihabwa, de l'amour du patriotisme de votre pays. Turakeneye aba diaspora beshi bafasha muri développement de notre pays, j'ai visité votre hôtel,c'est magnifique.
Bravo! Belle réalisation ! Chers africains de la diaspora ,faisons pareil et investissons dans nos pays d’origine ; Nous apporterons énormément de bienfaits chez nous j’en suis vraiment convaincu
Bravo madame Diane! ese aba diaspora bobitahura nkuko kwawe madame bagakunda igihugu cabo c amavukiro bakagiteza imbere ukuraho, dans vos propos vous motivez les personnes à investir au Burundi, munavuga neza ku murundikazi yamaze imyaka 27 mu mahanga, abantu babigireko, mwakoze ibikora inka!
Bjr, On passe par Musaga et on monte en passa par kamesa. C’est a environ 1h si vous êtes dans un bus de transport en commun. une fois arriver a Jenda centre au niveau de l'Eglise catholique, c'est au parking vous demandez ou se trouve Kirezi Hotel. la moto vous y amène a 3000 fbu ou bien voir sur Instagram kirezi hotel.
Umwana w inkerebutsi comme Feue sa Maman, bcp d admiration à vous Diane et famille 🙏🏾💐🎉
Ohooo.courage madame.mwijenda niheza munzira ijya imwaro.iwabo wimfura rwose zisa nizimulenge sha.
Muvyeyi
Mupfasoni
Imana yatanguye kugira ivyiza muri wewe Niyuhire
Congratulations Diane KATIHABWA.
Merci beaucoup Madame et bravo d'avoir pensé au pays natal, la Patrie. Ça encourage. Nshimye cane amajambo meza atera intege urwaruka.
Félicitations pour ce joyau niché sur les hauteurs d’Ijenda
Ndashimye caane kino kiganiro. Urakoze kuri uyo mugambi wagize mu gihugu c'amavukiro.
Wow vyiza caaane well done Mme ❤
Bravo madame Diane Katihabwa, de l'amour du patriotisme de votre pays. Turakeneye aba diaspora beshi bafasha muri développement de notre pays, j'ai visité votre hôtel,c'est magnifique.
Well done madame Diane
Mbega imana ntiyoduha ba Diane benshi❤
Ndakeje uwo muryango wubatse iyo Hotel araterereye mu kuduza ubwiza bw'igihugu cacu. Nanje nzoza kuharara vrt nihweze iyo misozi myiza . Muhezagirwe vrt. Courage
Bravo chère Couz pour le beau travail et l’inspiration que tu donnes à la nouvelle génération👌🥰J’ai bien hâte de visiter Ikirezi🤩
Félicitations.
Aho hantu niheza cane.
Wagize neza cane.
Proud of you sister Diane , tu nous fait honneur, keep it up
Well done, my dear sister. You're such an inspiration to all of us and many out there
Aba Maman bincabwenge nkaba bagwire mugihugu cacu
.
❤ keep it up. Well done.
What an inspiring story! Well Done Diane 🙌🏾
Well done, Diane Imana ikomeze ibahe imigisha namwe muyisangize abandi especially Urwaruka bakeneye ibikorwa nkibyo bibaha akazi Igihugu kigatera imbere nabagituye.
Bravo Diane. Ndanezerewe caane. Nukuri nzohaca nje iburundi. Hezagirwa ncuti
Vyose birashoboka mu ma boko y'Imana birashoboka
WAOUH, BIG UP VOIX LOCALE. MURANKUMBUJE JENDA YACU
Wow, thank you for the great interview! Ikirezi, the green hills and the clean air correspond well with Diane's spirit of generosity ❤
J'adore ça. Bon oeuvre Madame et soyez bénie
Bravo madame Diane kugikorwa ciza mwakoze mukwubaka iyo hôtel yiteka ,izotuma n'abanyamahanga bamenya igihu ciza c'uburundi, kandi vyatumye abandi bahabwa akazi kugira babone ingene babeshaho imiryango, nabandi nibabigireko,ibisigaye 'ndabifurije kugenderwa n'ingenzi nyinshi,mwarahezagiwe❤
Bravo! Belle réalisation ! Chers africains de la diaspora ,faisons pareil et investissons dans nos pays d’origine ; Nous apporterons énormément de bienfaits chez nous j’en suis vraiment convaincu
Ikiganiro ciza madame uhezagirwe.Ese abantu Bose boza bakorana n'abandi honnête Uburundi bwacu bwoca bwogorora peee
Félicitations Diane 🎉 iyi vidéo iri tellement positive et inspirante.
Coucou Diane. Imana yaraguhezagiye cane. Kandi nukuri uko wahora ibimbarira uvyizera ndabona ariko vyagenze. Gloire à Dieu.
Ikiganiro ciza cane gihayagiza Uburundi n'Abarundi
Murakoze cane, Mugisangize n'abandi
Bravo madame Diane! ese aba diaspora bobitahura nkuko kwawe madame bagakunda igihugu cabo c amavukiro bakagiteza imbere ukuraho, dans vos propos vous motivez les personnes à investir au Burundi, munavuga neza ku murundikazi yamaze imyaka 27 mu mahanga, abantu babigireko, mwakoze ibikora inka!
Iyaba waje wambaye ikirezi vyari kuba mahwiiii !
Uburundi ni bwo Kirezi twambaye.
Muyaga neza bwira n'abandi ataco bariko barakora mu Gihugu c'amavukiro
Félicitations ma tante! J’aimerais faire quelque chose comme ça dans le futur. 😁
You can do it and you will dear nephew
Bravo chère Diane. Ayant sejourné à Kirezi il y a qlq semaines je confirme que le service est top 🎉❤
Umvugiye ibintu wa Mukenyezi we!!! Aha ntaka video nakamwe ntaraba kerekana u Burundi
Proverbe 31 kuva kuri verset 10
Bravo Madame Diane, aho hantu ni heza cane. Abarundi bige gukora imigambi ahandi atari i Bijumbura. Abantu bo hanze barahakunda kuko hari climat nziza i Bujumbura harashushe cane.
Lieu de sortie et séjour pendant les vacances d’ été au Burundi.
Madame KO utabugorewemwo ntakindi wovuga!Ni waheza uvuge uti sijenohahera.
Merci pour la VIDEO !
Yarasomye bible
Proverbe 31
Numukozi
Nanje ndi muri America tumezekimwe
Madame Diane ndagukeje cane kuvyiza wakoze mu gihugu cawe. Ndagusavye nzogende kuruhikiraho une semaine kuko nanje maze imya 15 hanze y'igihugu. Ndagusavye cane umfashe nzogende kuharukira ariko nta buryo mfise bwo kuriha. Nzogerageza kuriha ibifungurwa ariko nsavye ko kuryama mwontere iteka nzoryame ntariha. Muhezagirwe cane❤🙏🙏🙏🌹
C'est vers ou en partant de Bujumbura???
Bjr, On passe par Musaga et on monte en passa par kamesa. C’est a environ 1h si vous êtes dans un bus de transport en commun. une fois arriver a Jenda centre au niveau de l'Eglise catholique, c'est au parking vous demandez ou se trouve Kirezi Hotel. la moto vous y amène a 3000 fbu ou bien voir sur Instagram kirezi hotel.
😊🎩
NEW YORK irinyuma ama saa 12 kwi saa yi BUJUMBURA.
amazing you are a such an inspiring, well done my dear aunt diane 🙌🏾🙌🏾🫶🏾❤
Thank you dear niece and I know your generation will achieve much greater things