B-Face ashimye kubivuga vyose, za nkumi zibiri zimukoraniyeko ariko umugabo azokwama ari umugabo....
HTML-код
- Опубликовано: 5 сен 2024
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment
B face aranyica ninyishu ziwe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
😂😂😉
B fece number one ntakiganirooo bagutumira sindakirabee keke agatwengoo kanyuu mwe na ange mukomereee
B-Face nikundira ❤🤣🤣🤣🤣🤣😘😘😘 nukuri ibiganiro vyiwe biba biryoshe cane
B face hatwike mwana wa mama .from Rwanda
Jew abo bakobwa ndabakunda ❤❤🇧🇮🇧🇮👌nukur ibiganiro vyanyu Biba biryoshe🥰🤭❤❤❤👌
Ndasavye suite ya B Face n Meil baraberanye kabisa
Minouche kutahor uhena
Ndabona mood yari top!
Interview nziza sana Magic Chennel TV...Yubabwe kandi Cane!
😍😍😍
Big rap in Burundi. U try bro. Nakubali songs 🎵 zako 4 really🇧🇮👊🏿 but noma sana umu taki ule demu uli himba nahe! Bro she beautiful!! Kuna siku ata kutana na mutu wa Europe 🇪🇺 who America 🇺🇸. Usiji kuliya. Itakuwa too late🤦🏿 GOD bless Burundi and all Africa🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿
Iyo tv imeze neza kweri muzombwire mbapitie hanyuma bfce ubikora neza nkukundira ukutamenyerwa kwaw muri magic courage caneeee ndabakunda mwese
On the flow kama kawaaaaaaaaaaa,,,,, n'abasto bezaaa sanaaaaaaa👊👊👊👊👊🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Iyindirimbo nayikundiye Beat yayo👊👊👊
Sha ndaryohew cne kuk B Face ni iryambere aganiriy n'umuntu neza, naho kacamwo agateran ama sanu, uno musi yageragej kuvug bukbuk atuje. En tout cas murafis akantu (umuti) wo kumutuma atuza imber yany. Ni iryamber vrt. Big up san my sisters 😘😘
Ndakunda ibiganiro vya b face troop
b facee num messager😂😂😂ng yatumwe nImanaaa
Mana simbona nukondabivuga ndabakunda cane🥰🥰🥰❤❤❤❤muraryoher mwes kandii mwatavye nezaa
Waoooo muraryoheye kwel Nico nkundira Magic yuda ryoha nizo beby ❤️🇧🇮🇴🇲😘😘
B face🤣🤣 i appreciate you nukurii
B face wew turagufana komeza kuduha abafana bawe tukuri inyuma
nice work love from Radio voix d'espoir
Muga namwe mwamwambariye kweri ange nukuri uramurika kweri ahava araba erega numusani b face..kandi mumwenyura neza.komera n'a b face ATI yambu
Gusa jisho aha ndazi ikikiganiro niyakibona ni fire!!!
B face salut mumureke
Fireeeeee🔥🔥🔥babwire sha kugira Demaré 🤣🤣🤣🤣🤣
B face numwami wa rapper ni kwishur abanyamakur nez
Best Rapper 🇧🇮🔥🔥
B face 🇧🇮💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Murantemishije Murakoze muzohoruko NDA bakunda
Ndabakunze ababigeme nibeza.nabi f s ndamwemera.
Akakera🔥🔥🔥🔥🔥 ange kumbe urazi gutamba💕💞💓💋💋💋
On The Flow🔥🔥🔥🇧🇮
ruclips.net/video/f40f0VWKrf4/видео.html
Konde boy wubawe
Magic Channel 💕💕💕Angela dudu Chibaronza arabakunda san
Sha uyumujama b face azomare ivya ka vyishi kugira azogume atunezereza kuko nuwabere mubaririvyi yiyemera mumajambo kbx😂😂😂🇺🇬
Wa kayanza umwami w imigani mu burundi- wirambire turakwemera sana ;
courage muterimbere mwese
Aratwifatiye! None kwatubariye ngontiyopfukamira umukobwa ngo mugabo yopfukama bari ahantu hababiri. Hose mwumva atari gupfukama? Mumumbarize!
Keke clairia urimwiza i love u tu me fais vibrer à chaque fois quand je te vois sourire dans une émission. Ça s'appelle l'amour
Uyo mu petit B-Face yirambire
Rap yuda terimbere nk' umuzinga imbere yawe niheza
Number one
Sha umugore waw ntazo pfa nirungi 🤗🤗🤗
Ahosha
Iki kiganiro cari kiryoshe gus keke yarafis ubushuhe bginshi kur b-face😂😂vrt merc naryohew
Uryamamwa b FC ararenzeee uragishira munzu
Mwes muramunda habuze ijambo time rya B-FC
Merci beaucoup
Sha murantwengeje vrt gusa ndabakunda komererezaho .
B face aririmba neza kimwe gusa arakwiye kuza arishura neza. Hama les journalistes murakwiye kuza murabaza ibibazo vyubwenge muricogihe inyishu azotanga zizoba nziza. Imisi yose inyishu ziwe nizakagagazo kubera mumubaza nabi
@B Urantwitse pe u, Love U
but,
uti ww ni 9 sens???? 🤑🤔🤔🤔 🤔🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
nahora ngira ngo ndakaze kur 8🙏
Noe mwebwe mutumiye umuntu aheruka gusohora song nshasha ntimushirako na link🤷♀️🙄
Gusa b face arasarisha sana uko kuntu yicara nka bakobwa
B fasi yooo ndagukunze di utandukanye nabandi
Fire🔥🔥🔥
Amen pasteur ❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👌
wewe ndakwemera abantu hose mbandi ubuhari courage dutezimbere abarundi biwacu ndagukunze
B 👊👊👊👊👊
B face arakaze weeee murinda kugira urunani
Nimwirambire kbx
Guyz sinzi nimba mutarabona ko Ange azi kubyina ( danser)
Ntaburaperi bwawe kweri, ntukazi wishira mubaririmvyi
Mwari mwabiryohejye
Buja harivyana vyiza kumbe
Urambonera ibi bijambes
😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆🙄🙄Ndinze mpeza nafunze akanywa😃😃😃😃😃😃😃😃
Fire yap bface
Ndakunda intoki zayuda urimwiza kandi ❤❤❤❤🎉
hahahhhhahh b face aranyica kwl yubahwe minouche murahatswe
Mugatanvye neuza🥰
uranyish ya be fc
Muratukura kweri
Big up musaza
Ewe B FACE NDAMUKUNDA KUNYISHU ZIWE VRT
B face raba keke umwumvirize arafisikibazo Kiri ofecho
Egooo kabisaaaaaaa
Bface uransaza kbx
Video ndashaka Minouche azobemwo
Unomusi hahiye muramushobora kweri naho muri babiri?
Mugomba mutambe nkabarahoo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 abo nyene abaribo azoca ashira muri clip yayo bohatwika tu 😀😀
😂😂😂😂😂
Uyo numuntu nkunda sana 💚💚💚 Uri 🔥🔥🔥
Muranyishe nagatwengo 😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Enterview yuwo mubire irarenze
Hahiye pee!
B face aranyishe nagatwego ngo keke ngo siguyanje
B Face uruwambere vrt uvuze neza abeza nebeshi kand abandi baguma bavuka
B _face aravug imigani myish arik sinz ariy yandits cank ayifonderah natubwir
Nukur narinacerewe pe
Ange wewe ndakumenyereye wambara ipantalo kandi uba uberew vrmt ivyo ni bishasha
Ikiganiro ciza cneeeee goseee
Hahiye kwokwo
Ikibariko na horo nari mubi cane
😍😍🤩🤩
Wao murazi gutamba.
😂😂😂😂😂B face numuti wamenyo wallah 😂😂😂💞🌹
Murashoboye bashaaaaa
Kbs mwubahwe🤣🤣🤣🤣
Mapaja yenu yamesababisha nimepiga punyeto🤨🤨🤨
Ibiganiro vya b face biraryohera cane
Ibiganironkivyo biraruhura umutwe
😂😂😂🤝🏾🤝🏾
Rekabivuge mwambaye ngufi naje mwantwaye
Muranyemej ndak.
Hahahaha
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣b face yubahwe