🤫 B Face: Ntibabeshe, nta 4.000.000 Fbu, canke arenga wokura mu muziki ndundi ku kwezi. Baribeshera!

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 24

  • @IrakozeRionel
    @IrakozeRionel 6 месяцев назад +1

    good face

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 года назад +1

    B face vyukuri sinkubeshe ndakunda inyishuzawe muzasa courage

  • @sadahal2373
    @sadahal2373 3 года назад +1

    ⭐⭐🌹🌹💖💖🔥🔥

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist 4 года назад +3

    B face ni urundi rwego🙏🙏🙏

  • @mistanackis8269
    @mistanackis8269 3 года назад +2

    Mbeg inyishu 😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @nstressfreedom6821
    @nstressfreedom6821 3 года назад +3

    Uwagutumiye ararubonye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @claudineuwizeye8565
    @claudineuwizeye8565 4 года назад +1

    Ndagugana mwana wiwacu courage

  • @nshimirimanafrancoise2517
    @nshimirimanafrancoise2517 3 года назад +2

    😄😄😄😄😆😆😆😂😄😄😄inyishu ziraha

  • @elviskamenge7142
    @elviskamenge7142 3 года назад +1

    Inyishu zubwenge nyakwigendera Boniface💪👍🏻

  • @bamanotitv
    @bamanotitv 4 года назад +1

    On the flow nakubal sana my big bro, love from BAMANOTI TV

  • @mr_ingabire
    @mr_ingabire 4 года назад +3

    😂Inyishu ziwe n’izambere vraiment!! Hama jimbere magazine niyishure ikibazo yabajijwe rero!!

  • @marthanzeyimana6749
    @marthanzeyimana6749 4 года назад +1

    Ndakwemera Mutama wacu

  • @elvisbeloved2263
    @elvisbeloved2263 4 года назад +2

    Wew ndagufana urumuhanga ndakwigirako vyinshi

  • @aimablearakaza8405
    @aimablearakaza8405 4 года назад +1

    Uravuga ntuvura kwl kwisi twoba nkawe twokundana kbs

  • @brownimranan2349
    @brownimranan2349 4 года назад +2

    mbaye Uwa mbere like ngaha

  • @nduwimanajamali4797
    @nduwimanajamali4797 3 года назад +2

    Niw'ikomereze bonifece wama wanyogej'umutima brow

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv6994 4 года назад +1

    🙏❤️

  • @nduwimanajamali4797
    @nduwimanajamali4797 3 года назад +2

    Komeza w'ungur'imitwe y'abagukurikira sana tu brow

  • @clovisirakoze8870
    @clovisirakoze8870 4 года назад +1

    B Face mukundira uko avuga ukuri abantu benshi tudashaka kwumva. Nivyiza ko twemanga ubuzima tubayemwo. Ukenye ukavyemera haraho wigejeje ukavyemera. Ikibabaje nuko hamwe wobaza abntu benshi hano iwacu nta numwe azokwemerera ko akenye. Bivugira ngo:"Ugikomeye uri umutunzi"😂😂Nitwige kwigaya no kwikengera basha tubone aho duhajije hama dukosore...unuka mu kanwa canke ugwaye igikakwe wige kuvyiyumvako hama wivuze...Uwubitahura arabitahura ivyo mvuze.

  • @RambertNkunzimana-w5p
    @RambertNkunzimana-w5p 7 месяцев назад

    Urishura ntuzoramba ndak

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 4 года назад +1

    B FACE THE ONE AND ONLY

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Год назад

    Hahhhhhhhhhh

  • @esther8032
    @esther8032 4 года назад

    babwire buvye inzontuvya

  • @bilimaniboy6883
    @bilimaniboy6883 4 года назад +2

    Uranyish pe ngukund cane