Hosy avumbuye B Face😂biramunaniye/ikiganiro ca 1M yama vues🤔/umuzungu ku murongo wama bus🤕

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 апр 2022
  • #bface #hosyirakoze #sirenvibestv

Комментарии • 175

  • @CHiTAMAGIC7
    @CHiTAMAGIC7 2 года назад +46

    🤗🤗 Iyi COMEBACK ni BON

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257 2 года назад +4

      Cita Magic kumb uhora utereza akajisho kwa Hosy

    • @remynibitanga9830
      @remynibitanga9830 2 года назад +3

      Ewe chita magic shaaaaa kumbe nawe ino urahagera

    • @remynibitanga9830
      @remynibitanga9830 2 года назад +2

      Ewe chita magic shaaaaa kumbe nawe ino urahagera

    • @remynibitanga9830
      @remynibitanga9830 2 года назад +1

      Ewe chita magic shaaaaa kumbe nawe ino urahagera

    • @chanykeys6832
      @chanykeys6832 2 года назад +2

      Chita hejuruuu 🔥❤️

  • @moyambiri257
    @moyambiri257 2 года назад +7

    nico gituma azotera imbere! ntashari afise respect

  • @JAime-mn3vm
    @JAime-mn3vm 2 года назад +24

    B face ndagukunda atacumpaye mon grand frère

  • @kimanachristabella9028
    @kimanachristabella9028 2 года назад +2

    Woouh B face vrt ndagushimiye🎤🎙️🎺

  • @willermemukeshimana1682
    @willermemukeshimana1682 2 года назад +6

    BF you complete me such a good artist with his golden heart

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 2 года назад +4

    Ebanee,nukuri B face ndagukunze pe,urerekanye urukundooo ruuureeenzeee,imana iguhe guterimbere

  • @TuyTher
    @TuyTher 2 года назад +2

    B face umu fan wa vrai w'umuziki w'uburundi. Imana imuhezagire

  • @mauricemayimbikiza8327
    @mauricemayimbikiza8327 2 года назад +8

    Iyo T-shirt ndayikeneye…Big up saana BFace ✌🏾

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 года назад +3

    Umwami wa Rap on the ✌🏾😍♥️ Wubahwe Diii B-Fc ndagufaaaaana & ndagkunda vya dangé pétrol

  • @gladdysirakoze1665
    @gladdysirakoze1665 2 года назад +3

    Wabishoboye Hosy.courage.birya vyugusimbirako n'amakosa cane,Aho ntubona KO yaciye akwemerera

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 2 года назад +5

    Nabaririmvyi bake bomenya indirimbo zabandi uwo nuwa mbere

  • @user-ig5bz2wu6c
    @user-ig5bz2wu6c 2 года назад +14

    Hosy ndakwikundira cane ❤❤❤❤💋💋💋b face wubahwe brother

    • @user-di6tm8gk3j
      @user-di6tm8gk3j 2 года назад +1

      Hosy wabishoboye wakoresheje ico bita indero ndundi urubaha kandi nuwowavumbuye numwana mwiza ariyubaha b face wubahwe ndagusabira kundero ufise ivyukora vyose imana ibandanye ibiteza imbere

    • @user-di6tm8gk3j
      @user-di6tm8gk3j 2 года назад +1

      Pole sana mwiza nunwe amazi meshi gripe irakira ubikora neza b face utandukanye nabandi baririmvyi

    • @AllaboutHosy
      @AllaboutHosy 2 года назад

      @@user-di6tm8gk3j merciii🥰🥰🥰❤️❤️

  • @daltonburundi8674
    @daltonburundi8674 2 года назад +1

    B Face, Hosy yakugize akajuju😃😃😃😃

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 2 года назад +5

    Komera @Hosy Irakoze ✌️✌️🤞🤞🙌👐,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @milinthianijimbere6186
    @milinthianijimbere6186 2 года назад +2

    Entk vrmnt iy émission 😍b face you the one🙌

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 2 года назад +2

    Ossi wavyibushe cane🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦😀😀😀B face💥🤗🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @leopoldndizeye3879
    @leopoldndizeye3879 2 года назад +4

    B.F ndakwemeye vrma kubintu uvuze.
    Uti ico ushaka KO abandi bakora, kwerekana Nawe KO ubishoboye kandi ubikora🤣👊👊👊👊

  • @smithclovis1481
    @smithclovis1481 2 года назад +1

    B Face on the'flo hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🚀🌍🙌🏽

  • @gloriosentakirutimana7499
    @gloriosentakirutimana7499 2 года назад +7

    I'm your fan brother of me,proud of you

  • @fistoirankunda7321
    @fistoirankunda7321 2 года назад +3

    Ugworu tip ndagwemera

  • @nancymarielleiteka1397
    @nancymarielleiteka1397 2 года назад +1

    Woooooow. I'm very very and very proud if you Hosy and B face. Murarwenzeee vrt. Be face I lo e the way you go above and beyond kugira dukunde uburundi nabarundi dukundane ubwacu. Stay blessed vrt ndabafana saaaaana.

  • @Patiri672
    @Patiri672 2 года назад +8

    On The Flow

  • @firefly9351
    @firefly9351 2 года назад +6

    Wewe kukwima ikiganiro vyogorana nyene.

  • @niyonsabahonore4682
    @niyonsabahonore4682 2 года назад +6

    uzi kuvumbura kbsa, kdi ga ndabona umeze bon, igikoma cy'ababyeyi kiri kukuyoboka neza rwose.

  • @alineingabire336
    @alineingabire336 2 года назад +1

    Warapfuye ntiwapfuye.... Merci Hosy kutuzanira B

  • @nadinekwizera3475
    @nadinekwizera3475 2 года назад +1

    Tagata yeeee na primus star

  • @JAime-mn3vm
    @JAime-mn3vm 2 года назад +15

    Hosy aga sport ma grande sœur wanje usubire kugataye kawe

    • @niyonsabahonore4682
      @niyonsabahonore4682 2 года назад +2

      asimbire hamwe batweretse bakoresha sport. aca asubira kuri kaga taille. gusa ntabibone nabi nakuriya ameze nibyiza, bigaragaza ko afungura neza kdi bikwiye.

    • @JAime-mn3vm
      @JAime-mn3vm 2 года назад +1

      @@niyonsabahonore4682 oya narabe agerageze haha 😂😂

  • @priscillamugisha794
    @priscillamugisha794 2 года назад +2

    Uwomusore ndamukundi ikindinumu funny cane gose😃😃😃 hosy .uzomumbarize eti mbegawewe urumwana wakangahe mubobavukana😃😃😍😍

    • @chanykeys6832
      @chanykeys6832 2 года назад

      Je mbona yitwara nk'imfura vrmnt👌

  • @christnkurunziza688
    @christnkurunziza688 2 года назад +11

    A good, talented, artist with a lot of respect 🙌🏾

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 2 года назад +1

    Komera my big bro b face ivyiyumviro vyawe iyaba abantu bose bavyumva kumw twoter imber mugihugu iwacu.

  • @gladdysirakoze1665
    @gladdysirakoze1665 2 года назад +1

    Kbsa be face Big UP.ndagufana sana urabizi.j nta miziki nkunda kuraba ndaba gwawe tu.gusa ni vyiza KO dukunda Ivyacu muburundi.n'aba journaliste baze barazivuza

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 2 года назад +1

    B face nakubali kbxa musaza urashoboy

  • @dosantossalassalvador3095
    @dosantossalassalvador3095 2 года назад +1

    Nc interview,nashak muzoz murampa ama link zanyu,so b face ndakwemera sana,

  • @jailosndayihaya3724
    @jailosndayihaya3724 2 года назад +1

    B face aratwenza Sana niyirambir Kandi ndakunda ibikorwa vyiwe

  • @NinaNina-xr8jj
    @NinaNina-xr8jj 2 года назад +8

    Hosy mrc bcp ma soeur wakoze kutubonera umutama wacu niyubahwe umukama amutuzigamire

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 2 года назад +8

    Mbaye uwa 3 mumpe twatuntu

  • @salima7729
    @salima7729 2 года назад +1

    Ndashaka Kuja muguteramo CA ba fece nukur kand ndazi Imana izobimfashamwo

  • @floflokanya3512
    @floflokanya3512 2 года назад +3

    Keep shining B-Face

  • @albelikane7005
    @albelikane7005 2 года назад +1

    Hosy urareze kumuvumburo Courage

  • @ndeanaeddy
    @ndeanaeddy 2 года назад +1

    Example nziza cane big brother @Bface on the flow 🙌🏽🥰

  • @ericboroherimana1153
    @ericboroherimana1153 2 года назад +3

    Befece yubahwe ndake

  • @kishkally9801
    @kishkally9801 2 года назад

    B face wubahwe uri muba star mfana

  • @yeah1093
    @yeah1093 2 года назад +4

    LANDRY PROMOTES ucuguma umukurikira

    • @yeah1093
      @yeah1093 2 года назад +1

      Niko nawe abigenza

  • @xrxr7430
    @xrxr7430 2 года назад +1

    courage kndi ndabona wadoshe Rosy

  • @blacknation2427
    @blacknation2427 2 года назад +3

    Shout out to you B face 🇧🇮

  • @tmofficiel7551
    @tmofficiel7551 2 года назад +3

    Hosy umuvumburo ntukubereye

  • @tuyisengegifttuyisengegift
    @tuyisengegifttuyisengegift 6 месяцев назад

    😂😂😂😂😂 b face number one

  • @animeedits-vy4kd
    @animeedits-vy4kd 2 года назад

    B- face rwose ntashari ugira uzatere imbere brother

  • @kwizeramarielouise4448
    @kwizeramarielouise4448 2 года назад +1

    Nic kugiganiro ciza pe!

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 года назад +1

    B face 😅😅 ndagukund ukuntu 🥰🥰 kuk uvuga amagamb yubwenge Imigani ikurimo 🤗😘😅😅

  • @KADi-ij7yt
    @KADi-ij7yt 2 года назад +4

    iyi camera irarenz ntawovyirengagiza. courage sana

  • @inganjijoe6252
    @inganjijoe6252 2 года назад +4

    Your really fan🙏🙏🙏🙏

  • @faustinndikumana3489
    @faustinndikumana3489 2 года назад +1

    Nitwa Faustin ndakunda saan musique ya barundi kuko nanje ndi mu fana wa B f nakubali man komeza.

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 2 года назад +3

    Nice work

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 2 года назад +3

    B Face arimubantu nkunda kwumviriza ama interview yabo.

  • @wembakamungu2740
    @wembakamungu2740 2 года назад +1

    Big up sana

  • @lydiairakoze8506
    @lydiairakoze8506 2 года назад +1

    Uracari number one broo

  • @destineeingabir1372
    @destineeingabir1372 Год назад

    Urashoboye vumbura maman siren

  • @priscillamugisha794
    @priscillamugisha794 2 года назад +2

    Hosy Welcome back how was your bebi hosy ❤

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll 2 года назад +2

    Imivumburo siyawe😀😀🤗

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 4 месяца назад

    Nawapenda mwebwe babiri ndakunda mukoranye ikiganiro ubona mwovyumva kumwe noryoherwa cane knd ndabubaha ,ikiganiro canyu gihera ntashaka muradutwenza impanuro za Bi ninziza yigisha urukundo kuba star cnk bigatuma nawe wumva umenga wokunda mugenzawe mwashwanye So hejuru cane niho ndabifurije gushika

  • @malachiemfuranzima7140
    @malachiemfuranzima7140 2 года назад

    Nice my freind,barakubaza ibibazo ntanakimwe ubura inyishu,natwe bikaturyohera,turashaka kukubaza natwe abafana bawe.

  • @lubindamukamwa1205
    @lubindamukamwa1205 3 месяца назад

    B-face❤❤❤❤❤❤

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 года назад +3

    B face uruwzmbere abandi baririmvyi sinibaza ko bavyitaho kumeny indirimbo zabandi

  • @aduhemarielle7394
    @aduhemarielle7394 2 года назад +1

    Ngo imbwa nkuru😅😅😅 big up bro

  • @nishimwechantal9604
    @nishimwechantal9604 2 года назад

    Wubahwee BF 🇧🇮

  • @christophermanirakiza6362
    @christophermanirakiza6362 2 года назад +1

    Blessed up 👊🏾👊🏾👊🏾

  • @mutsinzieric5445
    @mutsinzieric5445 2 года назад +3

    Love from 🇷🇼🇷🇼

  • @eliasniyibizi1808
    @eliasniyibizi1808 2 года назад +3

    Very nice

  • @manirakizadoriane3911
    @manirakizadoriane3911 2 года назад +1

    Nihatari kweri umuhero waje kwer

  • @ikboy4
    @ikboy4 2 года назад

    Oya ntugashavure Boss

  • @fortunenzambimana6465
    @fortunenzambimana6465 2 года назад +5

    Hoooosy,FOMI ikora ifarine?😄😄😄😄

  • @manofgod1321
    @manofgod1321 2 года назад +1

    Haha ja kwa Landry aguhe training 🤣

  • @chadiakellyishimwe6209
    @chadiakellyishimwe6209 2 года назад +1

    Ngo FOMI ikora iki ariko???😫😫Hosy urakoze😂😂ndagkunda cane vrm☺☺
    B😫😫urumufana wa bien vrm ntucagura biratesa😌😌

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 2 года назад +3

    Brace🥰🥰🥰🤗

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 2 года назад +3

    Yes

  • @kellynzoyisaba8199
    @kellynzoyisaba8199 2 года назад +1

    Very nice B Face

  • @lion8815
    @lion8815 2 года назад +1

    B face urumugishaa

  • @princemarleche_003
    @princemarleche_003 2 года назад

    Much love 😍😍

  • @ikboy4
    @ikboy4 2 года назад

    Niyaaa Akilll

  • @abouwallace999
    @abouwallace999 2 года назад +2

    Uyo jama iko na akili sana ....

  • @able257
    @able257 2 года назад

    Love from Able

  • @IgiranezaDorine
    @IgiranezaDorine 9 месяцев назад

    B face on the fro

  • @ninettehappiness4847
    @ninettehappiness4847 2 года назад

    Umuvumburo suwaw hosy 😀😀

  • @nadinekwizera3475
    @nadinekwizera3475 2 года назад +1

    Indirimbo ya brarudi ni Tagata

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 2 года назад +2

    BF komera mutama.😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲

  • @nishimwejames83
    @nishimwejames83 2 года назад +2

    🔥🔥🔥

  • @ninettehappiness4847
    @ninettehappiness4847 2 года назад

    Narindabakumbuye hosy n Bface

  • @tugumadori7242
    @tugumadori7242 2 года назад

    Hosy wibagiye kumuha indirimbo ya Tuguma turabe ko iyizi ko mbona logo nayo iriko 😁. BF wubahwe kbs 👊🏾👨🏾‍✈️

  • @elientakarutimana2398
    @elientakarutimana2398 2 года назад +3

    B face NDI KAYANZA kuri le tambulinaire wubahwe du 15 au 16 niho nibereye!! Nubwo ndigihungu ndashaka whataap yaw kk ndagufana ukwo waririmvye indirimbo z,aband Niko najew nzi izawe zose!! Ndah kurubaho ndaje kuri le tambulinaire tuhatwike hashe

  • @nikurawellarsnw7840
    @nikurawellarsnw7840 2 года назад +1

    Ewan nkunda conseil zawe b kama kawa

  • @ikboy4
    @ikboy4 2 года назад

    Yesir

  • @inesirakoze1418
    @inesirakoze1418 2 года назад +1

    Iyo mivumburo reka tuyihebere landry 😆😆😆

  • @kevineishimwe4342
    @kevineishimwe4342 2 года назад +4

    ❤️❤️❤️

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 2 года назад +1

    I'm in love with you ! Support nini kuri Music of Burundi

  • @patrickbazompora796
    @patrickbazompora796 2 года назад +1

    B face kbx

  • @bonifacendayizeye6287
    @bonifacendayizeye6287 2 года назад +1

    Hos uratubeshe fom ikorifumbire apana ifarine kuko turakurikira ijambo kurindi

  • @uwimanayves1057
    @uwimanayves1057 2 года назад +1

    Like i good

  • @biganda
    @biganda 2 года назад +3

    ❤️❤️

  • @lazaremajambere4929
    @lazaremajambere4929 2 года назад +1

    🥰🔥🔥