#KuKAYI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 165

  • @SamElla-o5p
    @SamElla-o5p 11 месяцев назад +2

    Murateusaaaa uko muri batatu vrt ❤❤❤❤ courage kuri mwese ❤

  • @fah5011
    @fah5011 2 года назад +9

    Pam, hariho abantu badakunda ko uwundi atera imbere surtout abo mumuryango!!! J’en connais quelque chose aussi😂

  • @monia_fleur
    @monia_fleur 2 года назад +2

    Nomuhira waje wimanye ka Monna vrt 😫😂

  • @cephask
    @cephask 2 года назад +4

    😂😂😂😂😂😂😂 bari funny sana. Gusa naje j'aime bien umuntu abanza kunsaba avant yogutwara ikintu..

  • @lynenziza7339
    @lynenziza7339 2 года назад +1

    Urakoze kuri iyo émission urakoze kuri iyo sujet.. irahambaye cane ku bavukanyi bagira business. Imana ihezagire abatumire bamane uwo mutima

  • @fah5011
    @fah5011 2 года назад +6

    Mana Monna na Erwan ndabakumbuye 😂❤❤ vous ne changerez jamais nukuri 😂😂

  • @fleurellaahishashe1432
    @fleurellaahishashe1432 2 года назад +1

    Ijwi rya Erwan Nolwen,numva menga wohora uramugirisha ikiganiro numva ijwi ryiwe😍nciy numva nirya monnaie aho ryavuye,truc de famille

  • @laurancemanirampa3960
    @laurancemanirampa3960 2 года назад +1

    Vyizacaanee mukomeze ubumwe ♥️♥️ ibutanyerera

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco3492 2 года назад +5

    Basha ndabakundaaaa gooooose😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍 Monna I always loved your pure heart uzogume uko🙏🙏🙏 ni bake bafise uwo mutima! Bisouuu, Monna and Erwan keep shining😍😍😍😍😍😍😍😍😍 mugume mutera imbere ! Sans oublier toi aussi Pamelle ugira ibiganiro vyiza gose ! Much love to you all

  • @marieclaireingabire5791
    @marieclaireingabire5791 Год назад

    Merci pour l'émission et le choix des invitées😍

  • @sandrineirakoze9142
    @sandrineirakoze9142 2 года назад +1

    Waooooooh pamella courage sana ukomeze kutuzanira ibintu bitovyeeeee❤️😘😘😘ukwo Nukuri CNE Mouna rero sasa ararenze

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds Год назад

    Kumb bravukanaaa❤❤biratesaa sh

  • @jamesndabaneze9424
    @jamesndabaneze9424 2 года назад +1

    Oh wow I cam across this show,bivuye kumugenzi wanje et suis énormément fière de toi naho tutazinanye

  • @patiencemugisha7289
    @patiencemugisha7289 2 года назад +1

    Iki kiganiro kiraryoshe🔥🔥🔥Monna&Erwan ndabakunda

  • @nabiledee493
    @nabiledee493 2 года назад +1

    Abavukanyi barasa bavuga kumwe🙌

  • @didieriranyibutse469
    @didieriranyibutse469 2 года назад +2

    I love u guys ikiganiro cari ciza canee kinyibutsa jew na mukuru wanj ntawuha ijambo uwundi🤣🥰

  • @amanisalama
    @amanisalama 2 года назад +1

    Congratulations is a best new idea and show so far in Burundi. In United states of America we love to whatch anything good from our home 🏡country

  • @kdjeweflavie1747
    @kdjeweflavie1747 2 года назад +1

    Ikiganiro cari kiryoshe. Aka vibe ka bien saana. Aimy yarankoze arabizi cane. Paam chanel tv mubandanye mudutegurira ibiganiro vyiza nk'ibi et merci kuvyo mukora vyose.

  • @pamelairakoze5176
    @pamelairakoze5176 2 года назад +3

    Behind the camera wubahwe cane 🤣🤣🤣🤣🤣 belle émission Pam 🥰🥰🥰

  • @mignonnenzeyimana6976
    @mignonnenzeyimana6976 2 года назад +1

    Waoh muraryoshe cane ,j'ai trop aimé la mission

  • @milithiakanyamuneza5307
    @milithiakanyamuneza5307 2 года назад +1

    Monna urumukozi mwiza sha,ndagukunda

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 2 года назад +1

    SH Abo b sœurs Bari fun kbx😂😂
    Monna SH umeng karacometsw 😂❤️

  • @fleurellaahishashe1432
    @fleurellaahishashe1432 2 года назад +2

    J sais pas si je suis normale mais j'aime tjrs kuraba abantu babiri bavukana iyo barikumwe,biratesa trop iyi vidéo nonayisubirameo😂😍

  • @lyncamervellansabiyumva2175
    @lyncamervellansabiyumva2175 2 года назад +1

    Courage Pam turafashijwe niyo en mission uteruj'imbere

  • @riccajianadushime4327
    @riccajianadushime4327 2 года назад +1

    Pam uratesa sha 🥰 bisous 😘😘...ndakwipfurij gutera imbere ❤️🤞

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ooo tu merites ikiyambi Ricca jiana Dushime💝,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @georgespascalnteziryayo22
    @georgespascalnteziryayo22 2 года назад +1

    Monna, ivyo bintu vyerekeye El Shaddai wariko urongorera Vann, bivuge à haute voix, please!

  • @jeaninehan
    @jeaninehan 2 года назад +3

    Pam, ukora ibiganiro vyiza vraiment 👌

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ikiyambiiiiiiiiii Jeanine Han merci pour ton encouragement💞,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @nishimikijimanabelyse1053
    @nishimikijimanabelyse1053 2 года назад +1

    Jew mbonye ikiganiro kirimwo Mona sindeka kukiraba ndamukunda 😘

  • @bigirimanashantal1375
    @bigirimanashantal1375 2 года назад +1

    Haaaa Monna ndasavye ntimwumvikane 😂😂😂😂🎉 love you guys 😅

  • @natachadusabe6475
    @natachadusabe6475 2 года назад +1

    Ndagushigikiye Mona nanje nuko il faut respecter les choses d'autrui

  • @bdad4745
    @bdad4745 2 года назад +1

    Émission iryoshe cane😘😘 much love kuba sisters bakundana

  • @astorarakaza9642
    @astorarakaza9642 2 года назад +3

    Wonderful emission👍

  • @GiannaorahMia
    @GiannaorahMia 2 года назад +1

    Pam 🙌🙌🙌🔥❣️❣️❣️

  • @vanessagacucu7500
    @vanessagacucu7500 2 года назад +1

    Courageeee ma soeur💪🏽💪🏽💪🏽💪🏽💪🏽ndizeee ibitari bike merciii😘😘❤️❤️

  • @nadegenikobamye1378
    @nadegenikobamye1378 Год назад

    Monaaa, TU as raison, IL faut qu'il y est de la discipline dans la famille

  • @yvettehavyarimana381
    @yvettehavyarimana381 2 года назад

    Basha muranyishe, neza munyibukije ma petite soeur😂😂😂utwo tuntu kuba soeur ntitubura

  • @msn1781
    @msn1781 2 года назад +1

    Beautyyy and Braiiiinnn😍😍❤️❤️❤️❤️

  • @nduwinkomezi9064
    @nduwinkomezi9064 2 года назад +1

    Ndaryohewe cane pour cette emission ❤❤Imana iguhezagire cane Pam

  • @pamellacubahiro9986
    @pamellacubahiro9986 Год назад

    Pamella courage uraduha ibiganiro biryoshe

  • @Ms-Veve
    @Ms-Veve 2 года назад

    Wow emission nziza caane 😘😘😘

  • @reinemo6727
    @reinemo6727 2 года назад +1

    Woh iyi émission iramfashije

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      merci Reine Mo de nous suivre ukanaryoherwa,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @Kcamilla-u3p
    @Kcamilla-u3p 2 года назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂murantwengej gushikaa! Ikiganiro cari ica grave! Keep it up Pamela 🙌🏻😍

  • @jacquelinendayisenga380
    @jacquelinendayisenga380 2 года назад +5

    La petite kuvyukuri ntiyimana, par contre ari très organisée et autoritaire ce qui est bien en tant que fille (Maman: umusi yoba afise abana:il faut que il faut mettre quelques fois des limites): kugira ico utinya

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 2 года назад +1

    Je ndakunda Monna iyo discipline iratesa

  • @anidelamahoro1001
    @anidelamahoro1001 2 года назад +1

    Pamella shaaa😍 merci kukiganiroo

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      merci Anidel Amahoro de nous suivre ukanaryoherwa,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @kimanajennifer4363
    @kimanajennifer4363 2 года назад +1

    Oooo woow ikiganiro ciza sana .Merci Pam😚😚😘

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      merci Kimana Jennifer de nous suivre ukanakunda l'emission ,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @nibiziaudreille3686
    @nibiziaudreille3686 Год назад +1

    Wow😍

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 2 года назад

    Merci Pam

  • @daricecarlyngabire481
    @daricecarlyngabire481 2 года назад +1

    😍😍une émission vreumann

  • @gegenzig4947
    @gegenzig4947 2 года назад +1

    Ohh pam thanks a lot for this I truly enjoyed it keep up doing a great job🥰🔥🔥🔥

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ooo merci Gege Nzig de nous suivre ukanaryoherwa,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 2 года назад +1

    Good

  • @desireekantore9642
    @desireekantore9642 2 года назад +1

    Mercii Pamella kuri émission nziza ndakunda ingene Erwan akora yunahwe

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 2 года назад +1

    Courage sha Pame Mercii bcp ugira neza caaane

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ooo merci Belyse Butoyi de nous suivre ukanaryoherwa,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @biganda
    @biganda 2 года назад +1

    Mona wee baragukuye ivata p uravug gus C1 bn lov u more

    • @nassifirakoze7888
      @nassifirakoze7888 2 года назад

      Elle ne permet pas na Mukuru wiwe ko yisigura😂😂😂😂 aratesaaa monna😍

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 2 года назад +2

    C’est comme ça les petites 👯‍♀️

  • @fondationngogapatrick7142
    @fondationngogapatrick7142 2 года назад +2

    GOOD JOB

  • @evelynenizigiyimana3803
    @evelynenizigiyimana3803 2 года назад

    Ndakunda Monna vyogupfa

  • @carinengabireyimana3731
    @carinengabireyimana3731 2 года назад

    Mwubahwe mona ndamwemeye

  • @mugishaannyketty1222
    @mugishaannyketty1222 2 года назад +1

    Wow😍iki kiganiro ndagikunze cane. Pamella courage canee😘

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ooo merci Mugisha Anny Ketty de nous suivre ukagikunda,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @ET-B_BEN_Boy
    @ET-B_BEN_Boy 2 года назад +1

    Big up xn

  • @Blessedlady77
    @Blessedlady77 Год назад +1

    Belle emission 😍

  • @nadiadeliciauwimana8938
    @nadiadeliciauwimana8938 2 года назад +1

    Erwan😍😍

  • @francinehatungimana2710
    @francinehatungimana2710 2 года назад +2

    Je vous aime beaucoup. Ndakunda vos émissions

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      natwe turagukunze cane Francine Hatungimanaooo,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @bigirimanaesperance8485
    @bigirimanaesperance8485 Год назад

    Najew sindengana publication ya PAM ntagize like

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 года назад

    😂😂😂😂😂monna ndagufan 😂😂😂😂😂uriyugurura ga mana

  • @hakizimanaeduige8514
    @hakizimanaeduige8514 Год назад

    Monna sha warakunda kurira haha muranryohey

  • @evelynenduwayezu
    @evelynenduwayezu 2 года назад

    ♥️ Mona

  • @emelynekaneza2413
    @emelynekaneza2413 2 года назад +1

    Abana bisororezo sha ndabakunda

  • @nassifirakoze7888
    @nassifirakoze7888 2 года назад +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @danedanioche6047
    @danedanioche6047 2 года назад

    merci de nous partager les actualités de chez nous🤗🤗

    • @irenepamelairakoze8820
      @irenepamelairakoze8820 2 года назад

      Merci d’être là Dane Danioche l’émission kukayi c’est chaque vdi a 18h🎉 vous y trouverez des beaux numéros à vous couper le souffle ☝️👍

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 2 года назад +1

    On a trop aimé l'émission.. merci Pam♥️♥️

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      waouuh merci Hortense Iradukunda de nous suivre,ugize partage yikiganiro kubandi uzoba ugize neza cane🧡

  • @gorethniyongere3726
    @gorethniyongere3726 2 года назад +1

    Juste kuvuga nti Merci kur Sujet kuko Yarikenwe kugira twumve Ko La famille doit Passer avant tout et en Tout

  • @ange-aveniriyampezagiye772
    @ange-aveniriyampezagiye772 2 года назад +1

    Muratesaaa

  • @kellymirabellekarundikazi379
    @kellymirabellekarundikazi379 2 года назад +1

  • @jacquelinendayisenga380
    @jacquelinendayisenga380 2 года назад +4

    Pam, sha urakoze, ibiganiro nk' ivyo twahora tubiboma au Rda, nti: abarundi booo, none komera ncuti

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад +1

      Jacqueline Ndayisenga urakoze cane kuriyo encouragement yaw biduteye intege yo kuzokora neza gusumba,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @aniellaakimana6091
    @aniellaakimana6091 2 года назад +1

    Les filles, vous etes mignonnes

  • @jacquelinendayisenga380
    @jacquelinendayisenga380 2 года назад +2

    Biraryoshe caaane pe!

  • @elviranahigejeje9666
    @elviranahigejeje9666 2 года назад +1

    Pamchou belle emission vrmt ❤

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      waouuh merci elvira nahigejeje yambiiii ntuzosubire kugisiba ni chaque vdendredi a 18h

  • @elianeineza9968
    @elianeineza9968 2 года назад +1

    WOW apprenez-nous à nous dire qu'on s'apprécie abavukana

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      @ELIANE INEZA merci beaucoup de nous suivre turabakunda

  • @bigirimanashantal1375
    @bigirimanashantal1375 2 года назад +1

    Oya akunda chocolate 🍫

  • @Esther-qi5zl
    @Esther-qi5zl 2 года назад +1

    Pamela ukora ibiganiro vyiza nukuri kandi iminsi yose birimwo des conseils de la vie, bon courage

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      waouuuh une tres bonne motivatiom Esther,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @dushimemilka1696
    @dushimemilka1696 2 года назад +1

    Ako kantu KO kuri 6min ndakaravye ndapfuye no gutwenga 😂😂😂😂

  • @christellenjejimana6943
    @christellenjejimana6943 2 года назад +1

    Komera kw’ibanga Pam, ibiganiro vyawe ni top

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      urakoze caaane Christelle Njejimana 😘,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @mediatricenduwayezu4656
    @mediatricenduwayezu4656 2 года назад +1

    Waaa pamella utanga ibiganiro bizana ivyiyunviro vyiza kandi urashoboy

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      un grand meci a toi MEDIATRICE 💝,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @lalylorraine5429
    @lalylorraine5429 2 года назад

    Très belle émission 😍😊

  • @waIrakoze
    @waIrakoze 2 года назад +1

    ❤❤❤❤

  • @kanyamunezagladys2934
    @kanyamunezagladys2934 2 года назад +1

    Ibiganiro vyiza

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen4560 2 года назад +1

    Ikintu cose kirimwo Mona ntegerezwa kugikurikirana kuko ndamukunda

  • @belysebutoyi5658
    @belysebutoyi5658 2 года назад +2

    Basha muduhe adress yaho akorera

  • @emmanueluwimana7362
    @emmanueluwimana7362 2 года назад +1

    Une émission intéressante 😍😍

  • @nduwimanajanvier1274
    @nduwimanajanvier1274 2 года назад +2

    Yaba ari umuhungu nu mukobwa baba bahana ibintu tres facilement mais entre fille c est toujours complique

  • @KiarmaMarielle
    @KiarmaMarielle Месяц назад +1

    Narabonye Vaan Ukwiwe nkamubonamwo Ishusho Rya Monna.
    Kumbe Baravukana?

  • @جوزيهجوزيه
    @جوزيهجوزيه 2 года назад +1

    Biz ndabakund cn

  • @soniakamutako7234
    @soniakamutako7234 2 года назад +3

    Yooo ibiganiro vyawe birasaraaaaaaaa pame.wama uzana abantu batesa ka Mona ndagakunda trop sa sœur niwe ntarinzi.

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      ooo merci Sonia Kamutako 🧡 de nous suivre ukanaryoherwa,ne ratez pas alors l'emission kukayi chaque vendredi a 18h et merci de le partager aux autres donc le link

  • @honorinenkunzimana266
    @honorinenkunzimana266 2 года назад

    Je vous adore 😍😘

  • @luckythesunday8006
    @luckythesunday8006 2 года назад

    Cool

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen4560 2 года назад +1

    Igihe cose avuze ansigamwo akantu

  • @Ida35715
    @Ida35715 2 года назад +4

    Mona : Jewe ndimana
    Few minutes later: oya navuze ko ndu mugumu 😂 🤣

  • @marielauremuco7795
    @marielauremuco7795 2 года назад +1

    Vyari biryoshe kubumviriza: Divertissement 😂na Partage🗯️ vyose hamwe. Ndarindiriye kubona next videos

  • @annynoriellemugisha2690
    @annynoriellemugisha2690 2 года назад +6

    Ooh waouh 🥰 un grand merci à toi pamella pour le bon choix des invitées 👏 c'était trop fun mercii trop excitée pour la prochaine émission

    • @pamchanneltv1502
      @pamchanneltv1502  2 года назад

      merci pour tout Anny Norielle Mugisha muraba cherie!turakunda vos commentaires cane cane partage yaw uyigize ya link ya emission kuri status yaw biba vyiza gusumba