#KuKAYI
HTML-код
- Опубликовано: 9 фев 2025
- #pam #kukayi #pamchanneltv #thepassword #Burundi #goodtalkshowburundi #entrepreneuriat #business #innovation #tourismeauburundi #visitburundi #pamchanneltv #smartmind #Kwijob #Kw'ijob #burundi2022 #Potentiel #diaspora #inspiration #youthinspiration #Changing #Mindchange #artisteburundais #Burundianartist #Openmic #Plaisirmuhimpundu #Bella #Anaise #Sexylove #Anaisesexylove
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Pamela Irène IRAKOZE & Anaise(SexyLove)
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Nina Gloire INGABIRE & Darcy MWUHIRO
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Graphics: Darcy MWUHIRO & EmmaB
Birumvikana ko Bella afis des blessures kuvyerekey ama téléphone....faut aronder umuntu amufasha kugira akire neza si non birashobora kumutera ingoran murugo....Hama l'émission yari top 👌
Iki kiganiro kiraryoshye vraiment, inama nziza 🙏🍓❤️ Mwakoze cyane beza 🙏🙏🙏
Téléphone irateranya abantu vraiment, kandi bivuye kutu message twuburofa. Ariko rero naho biruko umuntu ntiyoca areka kuyiraba kugira ngo yihe amahoro canke ngo ndamufitiye confiance. La confiance n'exclut pas le contrôle. Bella uzoze urayitora uyirabe, hari igihe ushobora kwamira ibintu bikiri hafi.
To Anaïs Girlll you are beautiful 😶❤️and i love youuuu and who you are ukuntu uvuga
Plaisir na Bella nabambere😅😅 Mercii Pam Channel kubiganiro biri très intéressants 🙌🔥
Vraiment 👌❤️❤️
Courage vrmt carikiganiro kiryosh kukayi mwubahw❤
Très intéressant courage
Ikiganiro kiryoshe caaane🥰pamella wewe urankuraho🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂njye ndashwanyutse
Plaisir ndagutahij 🤣Hama vrt j suis d accord à 💯% kuvyo wavuz
I a absolument raison 🙏
Mwakoze kukiganiro .Plaisir wavuze neza .uze ubibandanye uko.
❤️❤️❤️❤️
Uwo mwigeme aracareshwa na benshi yanka gukomeretsa uwo amukunda
Ndabakunda cane kuko muduha ibiganiro bizima😘😘hama iterefone y umugabo n inkigitunguru ushaka rero kwirinda amosozi nuko wokwirinda gukata ico gitunguru🤣🤣🤣ariko rero nanje nkoresha ifone imwe n umufasha wanje knd ntangorane bitera🥰🥰
😂😂😂😂😂😂😂uvuze ukuri mukundwa
@@balancedlifetv 🤣🤣🤣eeeh nuko bimeze
Telefone ni personel, ntagituma umuntu aja mwitelefone yuwundi, naho yoba ari umukunzi wawe. Une relation d amour ou d amitié iri basée kuri confiance bisigura ko atanigituma wosaba umuntu ngo mpa ndabe mwiterefone yawe. Messages zishobora kuba mal interprétés kubera utaba uzi exactement ingene la conversation yatanguy. Personellement numva ko umuntu wese yo respecta mobil yuwariwe wese.
Uvuze ukuri mukundwa ❤️❤️ Gusa aguhaye impamvu ituma utamwizera wayirebamo gusa igihe witeguye kwakira ibirimo. Bibaye ari bibi wabigenza ute?
Love from wive tv
Plaisir tuvyumva kumwe ☑️
True 👌❤️
Mugabo Pame ak #Kayi mukaduha amasah yagiy 🙄😅nukur muzoz murakazidukan 🙏hakir kare 😄
Oa sha Santiana Niciteretse Akayi ka vdi karyoha 18h abantu bavuye kukazi abndi muyindi mirimo batuje 😅☝️
😂😂😂😂😂😂 nibyo byiza byo
@@irenepamelairakoze8820 Buriya biterwa n aho umuntu ari rwose.
Pam uraberew shaaa. Merci
Ooo merci cane God’s Grace 🙏
❤️❤️❤️
@@irenepamelairakoze8820 ❤️❤️❤️❤️
Pam uraryoshe kwumviriza ikiganir cawe . None umenya gute abantu utumira
Buriya aba abazi, nanjye azantumire namenya 😂😂😂😂
Karibu cane sexy love ❤️❤️❤️❤️
❤️❤️❤️
Plaisir ndamwumva 100% agaterefone k umushingantah nukukisegamuza😅
😂😂😂😂😂😂😂😂
Pame urankuyeho ukuntu werekanye scène y'uriko ararunguruka muri phone🤣🤣🤣🤣
Abahungu barabay nabi 😢mpore sha Bella 😊 You will b fine
La seule solution possible n'ukwirinda téléphone zabo 😅😅
Yego rwose,arakimeretse 💔💔
@@vaniaedissagaciyubwenge1483 😂😂😂😂😂😂niko bimeze rwose
Belle émission kukayi courage
❤️❤️
Ikiganiro gitesa 🥰 Sexy agiye kukiryosh gose😘🥰
👌👌❤️❤️ Yego rwose
Bella yarababaye vrt, nibisanzwe mugb ahanini ni confiance murukundo
Yego rwose pe. Iyo iguye ni nk ukirahure ntiyorwa💔💔
plaisir urik uvug ukuri mu rukundo haba hakwiy kuba ugutahuran na confiance ivy vyose bikav kur communication kuk murinz mwubakana nuko muba mwiyemej gusangira vyose rer knd nokugira uje mur relation shash nuko umunt yirinda kwinjiranayo ibikomer yakuy ku bandi kuk ntibaba bamez kumw
Uvuze ukuri rwose 🍓❤️
😅😅sawaaaan
Bella wubahwe😂😂😂
Bella akwiy gukizwa egashika kumusaraba kuk arabuze confidence muriwe kuk vyose tubihabwa nuwuduha inkomezi nawe ni yesu sinobana numugore duhishanya ntaco vyomarira ntacumugore ntacumugabo
Yego rwose ❤️❤️
Ubu ndazindutse nanje pe!
Karibu karibu
❤️❤️❤️❤️
😂😂😂😂Minani sha!
😂😂😂😂😂😂😂
Plaisir Aba yabwiy Aba chouchou biwe ntibandike mumwanya mme ayifs😛
Upfuma ushiramwo whtspp yawe kk muri fone harajamwo whtspp zibiri. Bella ndagutahura cne.
Belle karabayeee🤭
Eeeeh birashushe
😅
Vraiment 👌❤️🔥
ikiganiro ciza caaaaane, cigisha kandi giteramisha, MUHEZAGIRWE CAAAAAAAANE
😂😂😂😂Bella vrt..ibikomere🥲
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Erega Abo ntibarabana kuko fiançailles zirasambuka.
To Anaïs Girlll you are beautiful 😶❤️and i love youuuu and who you are ukuntu uvuga