INTAHE NZIZA CAANE//ABAROZI BANDOZE IBISAZI BISENGA BIRIRIMBA VYISONZESHA//IMANA YARANTABAYE
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Hallelujah Yesu ni muzima
Iman ibidushoboz
Yesu arashoboye.Turamaze guhura nibirenga ivyo ariko Yesu arabidukiza.Gusa IMANA IRUTINGABO. Yesu shimwa
girumugisha mwinshi cane
😂Uwu mupfasoni ndamumenye n ubwo namuheruka akiri muto!
Imana ni igitangaza we😮!
Mana duhumire amaso harivyo twitabito tuzobazw😢😢
Bandanya mutuzanira