Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Merci mon ami et frere, Bahaga. Super !
Mon idole bahaga😍😍😍😍😮😮😮 ndaryohew cane gose Gaëlle merci beaucoup❤❤
Ahubwo mbona adasaza Jew mfise umwana mukuru afise 30 ans nakuze ndamwumva
Yoo 35 ans jewe ntarasubira I Burundi. Let me think about it maybe one day
vyose vyavyuzwe urakaramba kabisa kabudesiya na ntibazi ico bakora nshobora kuzumviriza imisi yose 😍😍😍😍😍😍 gael wakoze
Wow! Belle emotion vraiment
The Legend turamwemera cane
Ndakuramukije nakuze numviriza indirimbozawe kuvankirumwana ubundakubonye ubugura law mukiganiro umukubito
Belle émission
Souvenir souvenir 🙏
Incabwenge sage🙌
Ndakunda Indirimbo ziwe
Urakaramba mutama Legend. Gusa nyen nanje numva ntoguma i bulaya ngo mpereyo. Ndonse inoti noza ndaguruka kurya amahera nakayaga hariya kur Van beach 😅
Legend wubahwe kbx❤
Umutumirwandamusuhuje mukivandimwe, ndumva nipfuza kuyaga nuyu mutumirwa wacu mwiza, Kaka yangu Justin sinzi ko wabimdashamwo ukampuza nawe?kandi IMANA igushire hejuruuu cane narimbakumbuye agafone kari karampfanye ubundi niwewe wanje
Very humble 😍
Umunyamahoro
La prochaine fois vyoba vyiza mukoreye ikiganiro ahantu hatri amasazi, ntibisa neza. Sinon emission yari top sana
Legend
Bahaga aririmba neza
❤ umutama wamateka
abaririmvyi gukundwa naba diaspora nivyakera
Utuzaniye umusaza wakoze!
Aeroflot twayita Air Peut être 😂
🎉🎉🎉
Aracarimwo
Wambere kur commentaire
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮