I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO
HTML-код
- Опубликовано: 28 сен 2024
- I BREEZY yakoze BELLISSIMA aravuye mu gacerere//Uwanditse irya ndirimbo//Ubutandero bwa Dj FERNANDO
@Mista_aye @melaninboy1 @welovemuzika565
#bellissima #logo
I BREEZY you are so humble than other ❤🎉be blessed my brother 🤞 🎉🎉
Big upp i Breezy, urumuntu w'imfura kabisa. Ni mwebwe nyene mukingira ibikorwa vy'urwaruka. Iyi témoignage izofasha abana benshi b'abarundi bari inyuma kuza. Wew ukwiye gufata ijambo ukaza urayagisha uhanura abakiri bato bariko baraza muri indasi. Wavuze ko gusoma bituma umuntu yandika neza. Abaririmvyi musome cane, mubandanye mwiga. Kuko izo ndirimbo ni patrimoine nationale. Twese turahimbarwa n'izo ngabirano mufise
Ivyo Fernando yakoze Bavyita kunya aho urima 🤣🤣🤣🤣🤣 yaramenje nkeeeuuu 😂😂😂😂😂
Fernando, saba imbabazi, twese turakosa. Kandi ibihe birahinduka, twara gahoro
Imana iguhezagire ❤ , kandi wiyumvire neza iciza n,ikibi.
Gael ubu rer ndakwemey kub utuzaniye lbreezy abakunz kub ibreezy aje mumpe like zanj😊
Like twaguhaye😅😅
Dj fernando nagabanye kugara na fizzo ari legend aramaze kwemera imbere ya media ko super man atari yayanditse🤷ariko umuntu atambutse ejo nace bugufii bizogenda neza
I BREEZY ,Shaah baguhe Big up, tuba dukeneye abantu bavugisha ukuri nkawe ugize neza gutanga umuco.
Ego vraiment aravugishije ukuri
I breezy Urimfura bro❤Mungu akubaliki sana mubantu igihugu gikeneye urimwo kabisaa indero nubutwari ufise uze ubigendere uzoshika kure hashoboka kabisaaa
Gaël 🎉🎉 ukuri kuramenyeknye!!Fernando nawe uti ako gahimbo kazotuma wijajara unyare mw'isengero
The humble man One way 🎉✨
#enfant_du_pays🇧🇮
Imana iguhezagire.abantu binvugakuri nkawe,sinarinzi kbakibahu
I Breezy uwutazogukunda adapfuy yihanye ni direct mumuriro wallah😅🔥🔥
Munyihere like abakunze iyi interview❤❤✌️✌️
Kwitonda nivyo bikwiye kandi les artistes il vous faut tjr garder par coeur qu'il faut tjr tourner 10fois la langue avant de parler, si no qui viens rapidement a de forte chances de disparaitre aussi rapidement just par mégarde ou indicipline ' Tout est vanité ici bas ' nous aurons tjr besoin d'aides d'autrui nakare ngo numwami yaratiye irushinga . Mettez vos pieds sur terre et admettre avancer doucement mais sûrement mes chers compatriotes
Ndakunze I breezy ukuntu aciye bugufi. Imana imuhe umugisha. Dj Fernando nawe amenye ko isi yigisha
Gaël big up xan kuba watuzaniye I Breezy uwutumye amakenga ahera, xo the Fans of I Breezy Oyyeee let give me like
Very humble guy
I breezy ari humble cane😊
Uwemerako agahimbo kabi gatuma umwana anyarako kumuntu yamugaburiy nampe likes Na Fizzo yarashimiy uwamwandikiye super karya na karorero keza yari yahay ivyo bidogo nivyumva ba Lolilo bose hit bakoze barazandikiwe
😂😂😂😂
Ndaryohewe niyi interview ,one way yubahwe
Urumuntu wumugabo pe Bellisima naravuz ko ata Francais nkirya Dj Fernando yarigushobora kwandika Nukuri Urakoze Kuduha umuco
Be blessed i Breezy🎉🎉❤
Just Gaël ww vrt mes respects ntutunyoteza ibreezy ntiwamutebany😂😂😂😂😂😂
ruclips.net/video/3DmpeZzMcAU/видео.htmlsi=W4V99aLydWZthPv-
Eeeeh ubufu buramenetsee kbx mumyihere izo like shaaa
😂😂😂😂
Maman Yupi turamukeneye 😂😂 Niwe mu star agezweho muri indasi ya 257
😂😂😂😂
Tumubabarire fernando , burya mubuzima umuntu bivanye nivyo yagiye aracamwo ashobora kugira inyifato igoye gutahura. Nacane cane kwigunga kandi iyo atabifashijwemwo neza bishobora no kumukomeretsa nawe agaheba umwuga wiwe kandi ariyo yari passion yiwe . Murakoze
I Breezy the hit maker himself, bro you're so humble I really appreciate you.
Gaël Merci bcp Irya Français niy'umuntu yize Aya kera atari ya mashure ya Feredina😂😂😂😂 Umuvyeyi nahabw agateka kiwe cane cane ko atan amahera ariko aranasaba
I breezy urumunt wumugab ib ukoz har besh Caan batobikor urakoz guh umuc abarund♥️♥️👏👏
Urya bizohera nabi indirimbo imwe siyo yotuma aduga hejuru baregera b kidumu,Fizzo nabandi bamaz igih kinini muri music ibanga bakoresh mu mibereho yabo
Merci Gael,urazana big fizzo atange impanuro nkumu legend
I breezy thx xana broo urakoze caaanne gutanga umuco hamwe nogutanga impanuro,mr gaël mr umukubito wakoze caanne kutuzanira umuhinyanyuzi wa one way amashi menshi caanne🙏🙏🙏🙏 knd uwuhoraho abazigame.turabakunda ni balaka boy 💫
One way wubahwe caane . Ibi bintu vyarimwo igipfungu cinshi . Urakoze gutanga umuco. Fernando nawe azorwa imbere
Color Grading 👌✅
Ebana Uyumuhungu niwe twari dukeneyemwo nukuri kwibibintu kbx ndamwemera nindirimbo akora ziraryohera🎉🎉🎉
Il est poli c producteur
Umuhushuro 🎉❤Gaël uramfiseee🎉❤
Ibreezy niwe mu producer wamber Ari humble maze kubona vrema 🙏
Wooow quelle sagesse!! Je suis vraiment impressionnée❤👌👏👏👏
Big fizzo amaze imyaka mumuziki knd wew ntiyatinye kuvuga uwamwandikiye indirimbo iwomwana mumube hafi kuko karya muvyukuri karabonekako arikamwe bita Ako kumugongo wingona pe
Superman by big fizzo nayone hari uwaynditse na fizzo ubwiwe yaravyivugiye ariko ako kadogo rero wumva katasaze kl
bien dit Ibreezy👌
Merci vraiment ❤
Gael asante sana ukur igisigay rondera gusta naw hama uzoce urondera ferenando
Ati kuri mon logo hoho vyagenz gt?
Barazananye kandi kurya nyene kwambere afite ama textes hama barakora indirimbo.
Bantu b'Imana, dufashijwe tuje tuvyemera.
Kabisa I Breezzy
I Breezy 🙏🙏
Urya mu type numu parvenu . Kuko abantu tushaka kwigira hatari ? 😂😂😂😂😂
Nkaba ndamenye k Dj Fernando ata ndero afite😂😂😂😂mrc bcp Juste Gaël ntutevya kwl kuduha umuco ❤❤
😂
Ndakunda ibiganiro kumukubito❤❤
Ntayindi hit azoronka yakoroze abavyeyiii❤
Iconkundira juste Gaël ninshirwa rimenetse mpaka ukuri kwose agushize ahabona.Urakoze kutuzanira Ibreezy numu Producer wacu mwiza akora ingoma zitambika vrt mubwire ko tumukunda Imana imudukomereze turamwera uwo mu bro ari sage cane uwo musaza wacu
Man iki kijama gikora ama hit ndagikunda sana🎉🎉
Hit yo muburundi igura indya gusa
Thank you Gaël ❤
Thank you dear for coming . Respect to Kadi Kay ❤️
Umutumire yavuzeneza mukiganiro
Urakoze mon frère,zurahanura abo batoya bacu
Uyo mujama arariy hit Nukuri Imana ihezagire ibikorwa vyiw...
I breezy wubahwe cane ukoze Exclusive interview
One way wubahw can ❤❤❤❤
Umwami Wama Hit Ibreezy Ikiganiro ciza kirimwo indero Nimwubahwe Sana
Sha agahimbo gahimbura intini ngiyindi izomera narindire azoza yi sapoting namukiwe nkenja mimi one wey wubahwe kbs urinfura
IBreezy my Hit maker! Wubahweee
one wayyy nakubali
Waaaauuuu Geel Ur umugabo pee so Fernando umakur twaros mubagenz biw bemezak ikint Cinder utagir
izonimpanuro cane kuko uryamuhungu yararengereye kwandikirwa ni benshi bandikirwa nuko abaririmvyi biwacu atavyo bazi nabo muri america benshi bagira aba compositeur nkaneswe abo ba petit.ntibazi kumuririmvyi mwiza aruwugirimana akagira umwanditsi mwiza.
Merci iBreezy
Fernando yubahwe ♥️
Yatanze akazi ko kumwamamaza 😂😂😂
Reka kumusuka
😂😅 yikomerez irya ndero.... huum wapi
Juste komera mugenzi kuba watuzaniye I Breezy akaduha ukuri kuvyabaye
This My 1est time Kukubona vrmt urakoraa cane Uraremaaa🎉kabisaaa
Then Ferdinand Uyo numurengwaaaaaa Arimwo Ikindi Naco Iyo Wubahuts Umuntu agusumvya nibibi vrmt.
Kurya gutekereza Ni Ububaya Buri muriweeeeee ninkinciraaa
Just Gael I like man
Ham ukur kukab kuramenyekany,,ubunyen ngiy kugir désabonner kur chaîne yiwe kk indero ntagir
Turi 2
Nelly nat ambabarire😂😂
Gael thank for this
Juste Gaël, juste pour vous rémmercier, uriko urakora ibiganiro ngirakamaro kk uko nukuri twari dukeneye. Abararirimvye baze baremere ko kwandikirwa atari bibi.
Igitugu kirakura ariko ntigisumba izosi
Ugize neza cane sha Gaël.
Fresh breezzy . Umukubito muturonderer kirikou nawe ngo muba demu yavyigiye Kwa baadadademu avuga king wanj mumubaze ko vyanse kwadug atavuze king big Fizzo
Nae ushaka ingorane gusa😂😂😂😂😂😂
@@bellairakoze2769 ibi bitabonetse music ucumeng iri muga cerere .abatazi kurondera imistar yokuririmba bamenyekane.basabe ubufash kare.indembe zivugwe na ngangari
Gaël urakoze cane kutuzanira uyo mu producteur gutanga umuco .
Uyumwana indero yaragiye utubaha ntahushikaaa
Gael naw felicitation kowagabanij cakintu ngo bikobiraz kumpemu zidasanze kirya carandya mumatwi kwr
Uranyish😂
indero yabana biguhugu cacu nikibazi ubutunzi bwamber nukubaha umuvyeyi nibwo bunzi bwambere hary yavumwe nimumureke😮
Mrc bcp kuduh umuco grd frer.
Amahigwe aza rimwe mubuzima,nasabe ikigongwe Kadie numuvyeyi azomuharira
Félicitations Mr producteurs
Ukuri twagushaka aha.
Kubita vyume vyumye 💯💯
reka basambure we love mirro team igaruk ibaryane hit hm mumubabarir fernando wosang yagiy kur stage yanyoy sapor😂😂😂😂😂
Fernando nasengegwe kuko indero si kirenga kuri we
jnanj byarantangaj irya francais iyo urya mupetit kondamuziyishinga karaok yayikuyeh niymer koyandikiwe naveho
Tuje kugira désabonner kwa dj fernando svp tumwereke ko dufse uruhara mugutera imbere kwiwe
Jew nahejeje kbs
Tunyaruke tushire kunder 😢😢😢😂😂😂😂😂
Janayo na Nyoko wambwawe
@@josephofficiel145 ikindi kigaba nka dj fernando inderi ni0
@@josephofficiel145urigitandero warerew mwisoko
Ukuri ninkumuco ntikunyegzwa thx👊👊
Dj Fernando ntasoma ibitabo 😅😅😅
Urya numufundi ivyo gusoma ibitabo nivyaba litteraire😂😂😂😂😂😂
Na Big fizzo arumusani akomeye mukarere aremera kobamwandikira nketse iyombunuza ngo ni fernando
DJ Fernando biraboneka kwatandero
Muta thx xana kuza kuvuga ijambo ry'Ubushingantah❤❤ Kiryakibwa ngo ni Fernando nicagwa down kizobonako cadekony🚫🚷🚫
Yabonye ko yagiye munda y'indege gaciye gatangura kwishira hejuru harya ntikazi ko kozima 😂😂😂
Ico Kijama nikirofa ndak none kuza ariw afis indirimbo mur fone bica bisigurako ariw yayanditse?? Ibiganiro bagiraniye kgra ishike mur fone yiw arabizi?
Abagore biragoye aha wosanga urya mugore wiwe ariwe yamuhenze, 😂😂 acabona umengo indirimbo vyitwa ko yandikiwe n'a chr wiw atariwe yayanditse😂
Abemera umukubito mumpe likes