Big up T-Joy that's true haba mu Burundi haba muri America ubuzima hose usang bugoy but hose bisab gukora cne gos.. God bless you in your work in America 🥰
Ibi biganiro vyabantu baca intege abandi bamureka😂kubatumiraaa vrt non kwavuga k abayeho nabi akagumayoo😢 jew imba Germany ariko sinohava ncintega abandi bafise inzira zokuva mugihugu jew mbayeho😂nezaaa caaane kuruta uko nabayeho buja
Mba hanze, USA . Ni heza cane. Ufise ubwenge mu myaka 5, uba umeze nka siyoni. Mu myaka 10 uba usumba Siyoni, gusa bisaba ubwenge ( kwirinda urumogi n' inzoga) kwirinda kuja mu bikuku vy' iyindi misore yataye indero. Ku bagore, kubera bama ari ubujuju imisi yose, bagura impuzu cane n' ibirato, amasakoshi, ivyo kwisiga( makeup): nta mahera batunga . USA bivana n' ingene wagiyeyo. Ari we witwaye uzogira ubuzima bubi cane mu ntango, ariko mu nyuma y' imyaka 5: bizoza. Watwawe na Hcr ( watwawe nk' impunzi): ni heza caaane
Murashobora gukurikorana
indirimbo nshasha MAWE by T JOY
ruclips.net/video/wDk9Xr6EobM/видео.html
ruclips.net/video/wDk9Xr6EobM/видео.html
Big up T-Joy that's true haba mu Burundi haba muri America ubuzima hose usang bugoy but hose bisab gukora cne gos.. God bless you in your work in America 🥰
Wow I love the way you speak out your language thou I don’t understand it and the shoes,the watch wow man your so on point am your number one fun ❤
Muraraba mutuzanire na rimwe umurundi vyaciyemwo aba hanze!!muzoba mukoze kbs
Enfiiiin ndabonye ikiganiro kirimwo T_Joy 🥳💃🏾💃🏾
Avuze ukuri..vyose ni mumutwe..
Experience is the best teacher
Hatari keri🎉🎉🎉
Old classmate..I bet u don't remember me but do you remember our science teacher bro?
T-Joy Big up san
Eric Tuyi,
Ndagufana sana🎉🎉❤
Yooo t joy good interview kbx wewe na gaelle
Avuga neza..Beshi ndibaza bakoze comment batumvirije kubera uyu mujama ntaho yigeze avuga yuko Hanze ari habi canke heza. Yagize ati " Hose ni mumutwe. Simple saying..
Yavuzukuri nimumutwe nukumenya icushaka mubuzima.
This I great
Mubazungu ntabwo horoshe, imicyo yaho amategeko yaho ubuzima burahenze.
Aho ubuzima ubutora mw barabara nihehe?
T joy🎉
*Uriniga bro,utiyimye nta co utahana!*
Nta n’umwe avugisha ukuri kubiri hanze
Jewe n'umuryango wanje ubutuba muri america☺️😂❤️
Mumerewe gute none?
Big up brother Gael mais ako kibiraro karateye amakenga?
Number 1
Yeah man
None ko muvuga ngo amagorwa amagorwa ko mutagaruka mu Burundi muhagume 😂 reka ubujuju bwanyu sha ababa hanze ubu nibo bariko bubaka Buja impangu bazimaze bazigura nawe fyetefyete😂😂
Ibi biganiro vyabantu baca intege abandi bamureka😂kubatumiraaa vrt non kwavuga k abayeho nabi akagumayoo😢 jew imba Germany ariko sinohava ncintega abandi bafise inzira zokuva mugihugu jew mbayeho😂nezaaa caaane kuruta uko nabayeho buja
Jewe mba American ariko ubuzima bwaho ntiwobugereranya nubwo hiyo Muburundi so abaza hiyo barabesha cane Kandi Imana ize ibabarira
Jewe ubu nzokwemera uwusize passport yo hanze akagaruka kuba mu Burundi
@@VyetteMarryAbo bajama barabesha
Iyo bashaka kuboneka kuma TV nibabe barondera topic nzima atari kuza kubesha abantu. Ko baheza kutubesha bagaca basubira inyuma.
Abo Nibo bitwa imihimbiri
Kbx ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ikiganiro cose Ngo system. Toka
❤❤❤❤
Mindset yaka gahungu iri hasi kabisa nta kintu kizima ariko aravuga umengo ahaze urumogi gusa no kwiyemera ntakindi nah'ubwenge wapi
Inzigo ntaco imara
Ni kuyindi mpwemu idasanzwe koko 😂😂
Yes man
Of course man
Eric Tuyisenge
Gael uwo amaze kubesha abakobwa beshi ngaho ibujumbura urabaz uzunva ivyamuranze
😂😂😂😂
Abarundi beshi bumvise ko uri hanze yigihugu bibaza ko abaheta tuba turi kuyora arak ntibibaze ko udakoze atacuronka 😂😂😂😂
Ariko kuberiki batigarukira😅 k Burundi biriyo
None abarundi gusa nib bagiy hanze bashikirwa ningorane???? Abarundi badahinduy ivyiyumviro ni ingorane,,, muranzanir ab mur Pays d'Ouest d'Afrique ibiganiro nkivyo batang kum média !!!
Tuyisenge
Titre siyo kuko ntamagorwa afise niba yubaka ibiraro
Himba uhishe sha ubuzima burarutana.None uhabera iki kandi wumva ugowe ntiwoja iyo wumva uronka ivya gusa. Ngo iyo umuntu ahaze yidahisha urugongo.
Ako gahungu Eric kuzuye ububeshi bwinshi n'ubusambanyi ngo n'aka diaspora kokagorwa kama Kaje ino kubesha abakobwa gusa kigize Aka boss kumbe ata Nico gahagazeho.Musubiye kukabona ino muzogahungire kure
Ibi urabifitiye proof??cnk uri mubamufashe kunguvu amaze gutora ubwenge aca aragucikaaa
Baze bareka guca intege abandi ahubwo baze babereka inzira abandi bakashakisha ubuzima none katavayo.
Mubabwire batahe
Mba hanze, USA . Ni heza cane.
Ufise ubwenge mu myaka 5, uba umeze nka siyoni.
Mu myaka 10 uba usumba Siyoni, gusa bisaba ubwenge ( kwirinda urumogi n' inzoga) kwirinda kuja mu bikuku vy' iyindi misore yataye indero.
Ku bagore, kubera bama ari ubujuju imisi yose, bagura impuzu cane n' ibirato, amasakoshi, ivyo kwisiga( makeup): nta mahera batunga .
USA bivana n' ingene wagiyeyo.
Ari we witwaye uzogira ubuzima bubi cane mu ntango, ariko mu nyuma y' imyaka 5: bizoza.
Watwawe na Hcr ( watwawe nk' impunzi): ni heza caaane
acha ujinga weye, ngo mu myaka 5 uba umeze nka Siyoni😂😂😂😂
Mbona uvuze ivyo yavuze lol Yavuze vyose ari mumutwe kandi ntiyigeze avuga yuko Hanze ari hani muri interview yose..
Kandi yavuze ati hariho big difference nuwagiye ati muto nuwagiye afise iki mutwayeyo..Mindset ziwe ziri kuri level yabatahura yuko Kwisi yose udafise mumutwe, ntugera kure naho woba uri hanze uguma uri muza yelele yelele. Respect 🙏 kandi umuntu wese afise ivyiyumviro vyohasi, atazungurutse ntashobora kumutahura. Interview yose nayumvirije neza , ntahanu yaciye intege umuntu. Tega amatwi sio gusoma Title gusa....
Uko ni kwo kuri
Mubwire ntazodubireyo koyumv abayeh nabi
Usigaye utumira mubiganira abantu bafise mindset iri hasi,bizosubiza inyuma channel yawe.
Isi nimwe ntimwebeshe
Ntabint bizim twumv uw mutumir waw arik avug arik wew ntac uhomb wew ur mukaz arik umutumir wap kwer atar ubuyuway tumubonamw ntakind
Umwijogonyoro gusa
Witwara nabi
😂😂😂😂😂😂😂
A man
Man
Ego man
Aho wewe vyankiye abandi ntibibankira. Ze muriga kwivuga kuko ubuzima bwawe nubwabandi ntibwomera kumwe ..... ni nkuko harabatunzi bari butundi abandi bakenye ze murareka kuvugira abantu murusangi
Kuberiki mutumira abanwarumogi mukiganiro koko kuwo yibera mubiroro gusaa inzoga,nitabi ,ni bebi benabo nimayibobo za usa
❤❤❤