KADIE KAY umwanditsi w'indirimbo MON LOGO NA BELLISIMA//DJ FERNADO akanya kamuberanye gato

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • KADIE KAY umwanditsi w'indirimbo MON LOGO NA BELLISIMA//DJ FERNADO akanya kamuberanye gato aravyivugiye vyose ukuntu bateguye indirimbo
    #bujafm
    #hitconexion

Комментарии • 77

  • @achillebarancira6797
    @achillebarancira6797 3 месяца назад +13

    NIKITA kuguma kw'i téléphone ufise umutumire biboneka nabi. Umenga ntuba wubashe l'invité. A corriger la prochaine fois.

  • @léonidasnzobonimpa-f2c
    @léonidasnzobonimpa-f2c 3 месяца назад +1

    Kimwe baturekere Dj Fernando ntibazomugire nka Soso K.

  • @EricNsengiyumva-w2q
    @EricNsengiyumva-w2q 3 месяца назад +1

    Uwumukecuru nibamuheko hit

  • @IscaMun
    @IscaMun 4 месяца назад +5

    Kadie Kay turamwishimiye cane gose kubona tumufise muri industrie y'umuziki ndundi.🎉🎉🎉🎉🎉 Afise n'akajwi keza vrt même na visage yiwe na taille ntiwomenyako ari umu mama akuze. Donc biraryoshe cane ntiyitinye kuko turamukeneye cane kugira afashe muguha inguvu uyumuziki w'Uburundi. Kwandika nibintu vyiwe vrt.🎉🎉🎉🎉🎉

  • @g-zoman1081
    @g-zoman1081 3 месяца назад +1

    Uyu muma yubahwe kbx🌹🌹🌹

  • @FrançoisNiyomwungere-l8c
    @FrançoisNiyomwungere-l8c 3 месяца назад

    Kadie Kay ndamukunda cane knd dukundany numukobwa wiwe

  • @irankundaarthur
    @irankundaarthur 3 месяца назад

    Mwubahw can

  • @udushyatugezweho7362
    @udushyatugezweho7362 3 месяца назад

    😂😂😂😂😂😂 hejuru mama yup ndagukej wubahw

  • @irakozedieudonne5381
    @irakozedieudonne5381 3 месяца назад

    Mer6 kaddie uri cool nanje we love music ndayemera xana.

  • @InnocentNiyongabo-ep3vv
    @InnocentNiyongabo-ep3vv 2 месяца назад

    Ndik pacy kanyosh ndiko ndabumviriz 5/5

  • @aliceNdayishimiye5369
    @aliceNdayishimiye5369 4 месяца назад +6

    Kadie Kay ari trop romantique❤

  • @graceigiraneza2952
    @graceigiraneza2952 3 месяца назад

    Nagende yewe nareke kwibeshera😂😂😂ngo Bellissima navuge ko yanditse iyo ndirimbo navuge ukuri

  • @AlexisHakizumukama-o4s
    @AlexisHakizumukama-o4s 3 месяца назад

    Nkuwo mupfasoni ashaka iki reka abana baterimbere

  • @Mugangaadrien
    @Mugangaadrien 3 месяца назад +3

    Je pense que notre frère congolais le mari de la dame doit faire attention,cette dame son histoire est touche avec le petit

  • @MarieroseSiniremera
    @MarieroseSiniremera 4 месяца назад +19

    Nikita nukuri uranteyishavu😌uguma mwifone ufisumutumire kwl urabe wikebuke 🤔

  • @BernardBigirimana-hp3ex
    @BernardBigirimana-hp3ex 3 месяца назад +1

    Ikiganiro kirandyoheye cane. Utu mum mumama ndamushimite

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330 4 месяца назад +4

    Kadie iyo ningabirano nubwo utavyemera komeza ndaguteye intege nukuri ntuhebe ndagusavye ntucikintege urashobora gushika kukintu utaziga

  • @INDANGA
    @INDANGA 3 месяца назад +1

    Nkuyu yaje gukora iki mur studio abantu bahiga hit ugutandukanye.uyumugor ntandero agira kwr uwuvuga ivyazi ntadidinganya narek Fernando Ararenze ntaho bahurie nuy mukecuru😮nn cank watanz cadeau nivyiza kubishira hanze narinz ni secret entre yuwuyitanzee nuwuyihaweee.ikijuj cumugore.

  • @patiencenzoyisaba2080
    @patiencenzoyisaba2080 4 месяца назад +1

    kadie hejuru cane.wishurana ubwenge

  • @NadineNiyubahwe-fg8lh
    @NadineNiyubahwe-fg8lh 3 месяца назад

    Mam ww bandany kuk hary umwana wubwenge yumvir munduru.komeze

  • @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy
    @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy 3 месяца назад

    Dodera kwaza inimbox yafb dakugire akatu

  • @AKIZEYENicole
    @AKIZEYENicole 4 месяца назад +1

    Yoooo uwo mu maman ndamukunda trop umuntu wese numva yomuha histoir ye akayikuramwo umuziki mwiza

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 3 месяца назад

    Niwubahwe muvyeyi Hama indanga yarakwiye guhanwa ntakuntu wokubahuka ugatuka umurumire kandi umurumire numu mama asukuriye jewe nibwobwambere uyo mu mama ndamubonye ariko jewenkurikirana ibiganiro sintukana kimwe uwotuka umuntu arimukiganiro yohanwa

  • @ReverienNiyonkuru-p4e
    @ReverienNiyonkuru-p4e Месяц назад

    Respect

  • @innocenticiragiye1494
    @innocenticiragiye1494 3 месяца назад +1

    Urukundo ntirwihayagiza ! Iyaba ukunda DJ Fernando, ntiwari kuca uza kwihayagiza !

  • @SamuelNdayishimiye-tc9be
    @SamuelNdayishimiye-tc9be 3 месяца назад +1

    Komeza

  • @epitasnshimirimana6657
    @epitasnshimirimana6657 4 месяца назад +3

    Muzoze muragira zoom abamasanamu kugira tubone abatumire neza

  • @inkerebutsitv
    @inkerebutsitv 3 месяца назад +1

    Oya Maman siwewe udusaba imbabazi ni Fernando akwiye kuzidusaba kubera ariwe yabahemukiye,biboneka neza ko atashaka ko irya ndirimbo isohoka

  • @pp-wd9qq
    @pp-wd9qq 4 месяца назад +1

    Nkunda kenshi indirimbo kubera histoire , pour ce , ndagiye gufiringa this song

  • @pinsonnagil9784
    @pinsonnagil9784 4 месяца назад

    Kumbe bellissima yarabeshe wamujama?

  • @arsenengabire747
    @arsenengabire747 4 месяца назад +1

    Hii !!araz kwandika vya vr, kand araz kwishura n'ibibazo.ikiryosh yandik ivyakamaro et c'est une belle histoire✌

    • @sese667
      @sese667 4 месяца назад

      Vyanryoheye kuraba kino kiganiro catumiwemwo umuntu yanyigishije, uyu mu Dame yaranyigishije kwishure École Internationale de Bujumbura, none ubu nzoheba kumwita “Madame Claudine” ndamwite “umusani wacu” Claudine 😂 😂 😂

  • @reverienbararunyeretse4546
    @reverienbararunyeretse4546 3 месяца назад +2

    Fernando nagire indero sh arek kugar

  • @duhuzebosco6207
    @duhuzebosco6207 4 месяца назад +1

    Ayo mahera muzoyagarura

  • @JaphetCielo
    @JaphetCielo 3 месяца назад +3

    Nikita uratey isoni vrmt,uribaza kuba mufis umutumire ukamara ikiganiro cos uri mwi téléphone,vrmt ntatka biguhaaa,biratey isoni

  • @nduwimanapatrick1606
    @nduwimanapatrick1606 4 месяца назад +8

    Gustro kuba ataje biratahuritse kuko urumva ko kandie kay ya privilege cane Fernando hubwo gusto numwana mwiza cane kubona yaraje no muriyo clip rero courrage kuri gusto imbere niheza kuko ariyandikira ntawumwandikira kandi aciye bugufi cane aranihangana gose vmt je n' aime pas des comentaire iyi interview uyumvirije neza urumva akantu

  • @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy
    @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy 3 месяца назад

    None iwe NIKITA afise umutumirwa namara iwe arikwi telephone?

  • @JeanclaudeHabimana-ty2om
    @JeanclaudeHabimana-ty2om 3 месяца назад

    Nikita uburikukazi mbe iyotere fone niyo iguhemba?

  • @claudeofficial2575
    @claudeofficial2575 3 месяца назад

    Yaramudecevye kxl😕

  • @Ida35715
    @Ida35715 4 месяца назад +7

    28:14 Fernando ugize amahirwe Kadie Kay numva ari umuntu atahurana sinon iyo malhonnêteté wagize yari red flag igatuma adasubira ku kwizera no mu bikorwa bikurikira. Kandi niyo show yo muri Goma ndi sûr Bellissima niyo yayiguhaye, bisigura cadeau Kadie yaguhaye niyo yakwugururiye imiryango birangira umudesevye (décevoir)

    • @NsabirampaAlice
      @NsabirampaAlice 3 месяца назад

      ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MazaFabrice
    @MazaFabrice 4 месяца назад +1

    Ami ndakunda ingen utunganya neza ibiganiro gusa ikosa ufise nuko ukoresha ka mwana wa mama

  • @irankundaclaver9473
    @irankundaclaver9473 3 месяца назад

    Ariko ami kwer kuberiki mubimwemez kand wumva barafashanije?ntiwumv ko haribyo fernando yishiriyemwo amashurwe kuri bose

  • @léonidasnzobonimpa-f2c
    @léonidasnzobonimpa-f2c 3 месяца назад

    25ans de mariage ngo aje kuba umusani!!!!uwo mumama ntagira gihanura!

  • @NdayikejeTiyeli
    @NdayikejeTiyeli 4 месяца назад +1

    Ami w urazubwenge akokabazo kajanye na afiche Niko kuko isohokabkare nukuri

  • @berthrandndayishimiye9236
    @berthrandndayishimiye9236 4 месяца назад +1

    Nkunda ukwo amipro avuga

  • @didacendikumana
    @didacendikumana 4 месяца назад +3

    Votre cadrage des images est statique. Il faut penser à faire le gros plan, zoom des participants...On a besoin de voir l'intervenante! Surtout l'invitée!

    • @Celestine-Ca
      @Celestine-Ca 3 месяца назад

      Nivyo. La(les) prochaine(s) fois bagikorereko.

  • @Musindi736
    @Musindi736 4 месяца назад +2

    Aha ntakindi mwariko murarondera namatiku gusa muga ndunva ko yabishuye neza kandi ntaninzigo amufitiye

    • @Ida35715
      @Ida35715 4 месяца назад

      😂 Bibereye mu kazi nawe ngo bariko barondera amatiku

  • @SalvatorNduwimana-nx7ps
    @SalvatorNduwimana-nx7ps 4 месяца назад

    Mwahatwits🙏

  • @muhozabenitresor
    @muhozabenitresor 4 месяца назад +2

    Kadie Kay hejuru caaane

    • @sese667
      @sese667 4 месяца назад +1

      Vyanryoheye kuraba kino kiganiro catumiwemwo umuntu yanyigishije, uyu mu Dame yaranyigishije kwishure École Internationale de Bujumbura, none ubu nzoheba kumwita “Madame Claudine” ndamwite “umusani wacu” Claudine 😂 😂 😂

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 4 месяца назад

      Umusani wanyu niko kantwengeje😂😂😂😂​@@sese667

  • @lionelanandkubi3347
    @lionelanandkubi3347 3 месяца назад

    Il faut couper l'effet dans les micros du studio😊

  • @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy
    @ONUCHRSIMAKINI-sx9cy 3 месяца назад

    Nuwisonera

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze 4 месяца назад +1

    Nkibona Nikita mpise mfyonda kugakengeri

  • @NtiteterezaEnock-kr4mm
    @NtiteterezaEnock-kr4mm 3 месяца назад

    Uyu muvyey yubahw

  • @Ander4595
    @Ander4595 3 месяца назад

    Ukwel

  • @charlotteniyokwizera5464
    @charlotteniyokwizera5464 4 месяца назад +1

    Muduh number yiw ngah

  • @jeanmichelndayikengurutse8660
    @jeanmichelndayikengurutse8660 4 месяца назад +3

    None ga basha ko muvuga ku bijanye no gukora ibintu kinyamwuga ariko namwe mugashirako hano ikiganiro kimaze indwi zitatu gikozwe mweho gute?

  • @winnersnijembazi5254
    @winnersnijembazi5254 4 месяца назад

    thx vrment

  • @AnastasieBukuru-p9k
    @AnastasieBukuru-p9k 3 месяца назад +1

    Ami pro n

  • @bestpro582
    @bestpro582 3 месяца назад

    uyu mumere niyubahwe

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 4 месяца назад

    Ikiganiro nagikurikiranye cose nidanje umuziki kurayikora ariko beshi ntibazi ibibazo duhura navyo mabuja ngira warabibonye bisaba kugumyumutima

  • @democritenzoisaba9117
    @democritenzoisaba9117 4 месяца назад +1

    KADIE KAY afise impano idasanzwe nomuhanurako imisiyose yariko akorana nabandi nabe yiyubara akagiranira amasezerano yanditse kugira bareke kumuchamwo/

  • @mdbosco1640
    @mdbosco1640 4 месяца назад +1

    ❤❤❤❤❤

  • @justinnkunzimana8216
    @justinnkunzimana8216 4 месяца назад +2

    None uyu mumaman ntiyokwinjira muri welove music bagakorana akaba uwo kubafasha kwandika nabo bakaza bararirimba

  • @berthrandndayishimiye9236
    @berthrandndayishimiye9236 4 месяца назад

    🎉🎉

  • @Niyukurieri-tf5ii
    @Niyukurieri-tf5ii 4 месяца назад

    Ndzbemer

  • @JeanclaudeHabimana-ty2om
    @JeanclaudeHabimana-ty2om 3 месяца назад

    None uwumumama ashaka iki? None ikibazo nukwandika? None iyamwandikira iyondirimbo ntibe hiti burya abariko ariyamamaza kumaradiyo none nyimba yayi mwandikiye nkikado kuberiki abizanyemwo ishari? Abarundi icobikoze mufise inzigo niyompamvu tudatera imbere! Pu

    • @ndayisabachanelle2941
      @ndayisabachanelle2941 3 месяца назад

      Ahubw uy mu mama ashaka hiti nawe kuruyomwana kk siwe wenyene yandika ariko ntibaca bagenda kubivuga ngo banditse😢😢

  • @EricNsengiyumva-w2q
    @EricNsengiyumva-w2q 3 месяца назад

    Uwumukecuru nibamuheko hit

  • @EricNsengiyumva-w2q
    @EricNsengiyumva-w2q 3 месяца назад

    Uwumukecuru nibamuheko hit