I BREEZY yakoze BELLISSIMA aratumbwiye ukuri kose n'umwanditsi yayanditse //ubutandero bwa FERNANDO

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • I BREEZY yakoze BELLISSIMA aratumbwiye ukuri kose numwanditsi yayanditse //ubutandero bwa FERNANDO

Комментарии • 61

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd 3 месяца назад +3

    ""Kazima IMANA imukunda"" Ivyo navyo mwese muvuga vyatanguriye ngaho kuri Buja FM kuko urya mu maman yabitanguriye ngaho aza kuvuga ko yanditse irya ndirimbo or igihe yayandika ntanumwe yagirishije inama rero mwese nimba hari promotion mukeneye kugirira urya my maman nimubandanye ariko nimba ari ivya serious namwe ntimuzosubire kuzana ibiganiro biteranya abantu bibasubiza inyuma kuko mwese umengo mumufitiye inzigo Fernando.
    Nurya muvyeyi yaramwandukije DJ Fernando ahanyene kunsamirizi yanyu.

  • @GivasNgezaho
    @GivasNgezaho 3 месяца назад +2

    Bonjours buja Fm, iciyumviro canje,icokiganiro ca Fernando na kadi ntaco kiriko kirubaka,mwakigize kirekire .hama harya bahuriye ubwambere kurya mu mama yabahuje,nibasubireyo.hama ico kiganiro kize kigaruke ngaha bose biyujuje.merci

  • @BelyseMugiraneza-th6pj
    @BelyseMugiraneza-th6pj 3 месяца назад +3

    Wubahwe IBREEZY uri umuntu wumugabo uvuze ukuri toujours la discipline partout .Hakenewe abantu bukuri harabandi kabisa uvuze neza

  • @EgideBigirimana-tw9nb
    @EgideBigirimana-tw9nb 3 месяца назад +3

    Fernando azokoreshe concert yogusaba imbabaz kadie kay atarukw nah agira azime kl

  • @Musindi736
    @Musindi736 3 месяца назад +2

    Mwebwe team hit connexion turiko turabagaya ibibintu muriko muvyifatamwo nabi cane

  • @hervebigirimana7994
    @hervebigirimana7994 3 месяца назад +2

    Sluu❤so isi ikonkej uzonyaruts kuk siso canke nyoko sas rr iz succès za fernando ewan umwany numwany zirashobor kugend ukonyen

  • @ThierryNkurunziza-jd6fq
    @ThierryNkurunziza-jd6fq 3 месяца назад +6

    Dj Fernando mureke araje azimenkabuji

  • @MoiseYAMUREMYE-gd1sd
    @MoiseYAMUREMYE-gd1sd 3 месяца назад +5

    Uyumupeti yaradekonye

  • @bonneidee533
    @bonneidee533 3 месяца назад +4

    Rurya nurumogi rwamuvugishije nabi

  • @MinaniHassan
    @MinaniHassan 3 месяца назад +3

    Ni Armand mukajaga
    Fernando nasabe ikigongwe
    Kubona uno musi ari hit
    Si forever na naka ubu hit yarahez
    Yitonde rero

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 3 месяца назад +2

    Nimugire neza Pup ya mama D kay! Uyu mu animateur yabishizemwo fanatidme! En tout cas iyi média izotakaza abantu. Bicitse amatiku!!! Syi!

    • @NiyibitangaPierre
      @NiyibitangaPierre 3 месяца назад

      Ntizatakaza abantu ahubwo bazayikunda kuko iracukumbur kugeza ukuriii kumenyekanye

  • @canesiusbigirimana7216
    @canesiusbigirimana7216 3 месяца назад +6

    Ahebe urumogi anywa

  • @Tuyisengemedard
    @Tuyisengemedard 3 месяца назад +3

    abbarundi nitwe twiyicira music yacu 🧐impano ikira kuzamuka muba muyishize hasi nguy fernando naw mutabanye🤔🤔

    • @ariellamwiza9795
      @ariellamwiza9795 3 месяца назад +2

      niwe yishize hasi udaha credit uwayanditse murupfasoni ruzima

  • @fabrice657
    @fabrice657 3 месяца назад +1

    birababaje kubona abomushigikiye arimwe muguma mushusha inkuru hama ngo muriko mufasha impano😢😢...

  • @patriatv3002
    @patriatv3002 3 месяца назад +1

    Izo campagne zo kwankisha abantu DJ Fernando mwihaye ntizoshikaaaa....Mureke guha micro abafise ico batubwira mukazana abakecuru baronderera hit kubana.
    Izo noti mwariye ntizizotuma DJ Fernando tumwanka.

    • @NahayoJulias
      @NahayoJulias 3 месяца назад

      An idiot is wisely stupid

  • @alanblessed1744
    @alanblessed1744 3 месяца назад

    Zirya ningaruka mbiii nzokutiga. Fernando siwe niho ubwenge bwiwe bugera. Ntuzorondere amata mumatako yigihori😢

  • @fistonmukeze378
    @fistonmukeze378 3 месяца назад

    Êtes vous journalistes ou bien juges🤔?et quel genre de juges êtes vous?murashobora guca urubanza mutumvirije côtés zose?

  • @TheChampion53
    @TheChampion53 3 месяца назад +1

    Musigaye mubikora neza kwel kur technologie kwel n bn

  • @pacifiquendibanje5350
    @pacifiquendibanje5350 3 месяца назад +2

    Mbega kady niwe mwanditsi wamber ngah mu burundi?? Iyo muvuza ingoma muba muba muzi abazanditse?ivyo vy ama visa nimba arivyo mwe mushaka bandanya mumutape urya kutamakazi

    • @Samuelnshimirimana7644
      @Samuelnshimirimana7644 3 месяца назад

      Ahubw se mbere ko ntamajambo yabanyengeter mumatwi ngo muyavugireho nabi benaka kageni
      Numutamakazi arik ba mwemera ko amajamo aryohey amatw ayarush
      Abandits mudanganywe

  • @NiyibitangaPierre
    @NiyibitangaPierre 3 месяца назад

    Fernando nagiye kubona ko agoye mugiteramo caberey kumutwenziiii umu dj aretse kuvuza indirimbo yiw kumvo z'umwanya

  • @NiyibitangaPierre
    @NiyibitangaPierre 3 месяца назад

    Fernando naramufana peeee ariko yaramenje afise ukuntu agara cane yaradekony sana

  • @EnockNiyonkuru-w6d
    @EnockNiyonkuru-w6d 3 месяца назад +5

    Dj fernando ukwiy gusab ikgongw amaz atarrenga inkombe

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye8278 3 месяца назад +2

    😂😂😂😂😂 karya gahungu DJ Fernando😂😂😂😂😂 kishinze wisky kagira namazi 😂😂😂😂none iramugushije nazihebe anwee fanta 😂😂😂😂 kubahuka umuvyeyi angana nuwiwe Nikosa ribi umuvyeyi asa nuwundi ikinico cishe abaririmvyi buburundi bamwe bamwe bagara bataragera naho bigeza 😂😂😂😂😂

  • @NiyibitangaPierre
    @NiyibitangaPierre 3 месяца назад

    Asabe ikigongwe vyihuse plz nimba yitahura

  • @TaylorKing-ye7hu
    @TaylorKing-ye7hu 3 месяца назад +2

    Noyibuke igihe Drama T yabwira nabi aba Diaspora icambere yihutiye gukora nugusaba ikigongwe arira

  • @mugishanathan9001
    @mugishanathan9001 3 месяца назад +3

    Numutandero fernando

  • @AdrienIrakoze-mf1tc
    @AdrienIrakoze-mf1tc 3 месяца назад +2

    Vrt ndaz naw ub ahari yitoybikosha

  • @TuyishimeTiti
    @TuyishimeTiti 3 месяца назад

    ❤❤❤

  • @NtakirutimanaJirbelt
    @NtakirutimanaJirbelt 3 месяца назад

    Nukur melaniboy aritekererej p

  • @happybestlover8544
    @happybestlover8544 3 месяца назад

    Uyumuhungu ivyavuga vyose numv birimwo akajinyori, namw nkabanyamakuru babanyamwuga ntimwakabae muc urubanz mugihe mwumvirije uruhande rumwe. Ubwo subunyamwuga kure ngaho. Umucamanz mwiza yumviriz impand zose ntabwo agira kubishobisho.

  • @EmeryManirakiza-rw1hl
    @EmeryManirakiza-rw1hl 3 месяца назад +1

    Buja fm namwebwe mwitwa ngo niradio mokomeje kwatsa umuriro muguteranya abantu?hogupfuma mubahuza?yemwe ndabagaye mwari mubankundishije umuziki reka nce kugira désabonner ibiganiro dushaka sibi ivyabay amakosa twarayabony ariko ntamuti muriko mutora muretse gukomeza ingwano ndabagaye namwe murangaya ntabunyamwuga mwakoresheje

  • @ParfaitKalemela
    @ParfaitKalemela 3 месяца назад +2

    Fernado umusabe imbabazi

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd 3 месяца назад

    Agahuzu kabi kamesurirwa mumuryango rero nuryamuvyeyi umwana wiwe iyo akosheje yomwandakaza uko abikora? Nawe rero nareke kwihereza itangaza amakuru murabeko ibintu bidatora inzira. Naho kuza akaza kumaradiyo kuvuga ko yamwandikiye atabitubwiye kare ntaco vyari bije kudufasha kuko nivyo vyamuteje abantu Fernando.

  • @EricIrakoze-tf6jb
    @EricIrakoze-tf6jb 3 месяца назад

    Bimeze gt

  • @FIKRA-e3x
    @FIKRA-e3x 3 месяца назад +1

    Yubahutse uwungana nanyina karabaye cagifarasa bukeye kimukamana

  • @shortssmsloverlyrics6131
    @shortssmsloverlyrics6131 3 месяца назад

    Ingorane nimwe mumuziki ndundi, Abo tubona bamaze gufasha akaririmvyi , iy hageze kwimbura baca babatera akagere

  • @SinzinkayoEmmanuel-ec5dj
    @SinzinkayoEmmanuel-ec5dj 3 месяца назад

    nimegende,mumusege mama yupi ferenando,harimpavu yabikoze kuriya,nimusege neza,turabazi

  • @NibiziVarentin-cz1wu
    @NibiziVarentin-cz1wu 3 месяца назад

    Jew nari na bibuze dj fernerado ni bwa wewe ununtu nkuwo yari kumuhi gira inka akamushikanira

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 3 месяца назад

    Nta Rumogi rwamutesheje indero ndabisavye, umutandero nabiharugweko ubwiwe apana Urumogi!!! Urumogi n'umuti ntawe rutesha indero nimurabire ahandi ndabihanije.Twe kwatasoni tuburira abakurambere mwe mubikurahe? Shenzi nyie

  • @guilonbreezy2487
    @guilonbreezy2487 3 месяца назад +2

    Kagahungu Ferdinand karongoye kuwa Kane bakandikira indirimbo karavyihakana.........ayo magogwa Yako gahungu feredina

  • @matogotahermes4729
    @matogotahermes4729 3 месяца назад +2

    jewe namuteye unfollow kumbuga ziwe zose keraaaaa

  • @irakizamarina-elvine5882
    @irakizamarina-elvine5882 3 месяца назад

    Muri mediocre!!!il faut komuja kwishuri kwiga journalisme!!!mw mwoteranya nigihugu!muri nulls

  • @RunaKuri
    @RunaKuri 3 месяца назад +3

    None kuba yarayanditse, akayiriha ,yaca aja kwihaya ngo niwe yayanditse, aho ntamakosa yakoreye DJ Fernando???! muvyukuri umuzi wibi bintu nuwo mu maman yubahutse akaza kuvuga ngo niwe yayanditse, none hoho yoba yarayanditse, aca aza ariruka ngo "Nije nayanditse!!" Ngo ni cadeau yamuhaye, none ho ukoze neza ucuza urihaya??? Kuba ataje muri clip, simpaka ngo ace aja kumwihora! Mbega ko mutavuga amakosa yuwo mu maman ?? Kwihora ,ugashaka kuzimanganya talent yumwana angana nabiwe, ngo kubera ataje muri clip?? Ahubwo iyo ninzigo yakazikira! Hama nous les africains,il faut changer de mentalité, uwuteye imbere tukamushigikira, apana kugira inzigo! Ahubwo Kd Kay,iciza cose yakoze cabaye icubusa ,et d'ailleurs vyerekana ko ivyo yakoze ata rukundo rwarimwo! Hama DJ Ferdinando, ivyo yavuze sibibi mugihe umu maman akuze yagerageje kumushira hasi!

    • @Justelineinabigos
      @Justelineinabigos 3 месяца назад

      Hmm woba warabonye ko DJ Fernando ariwe yatanguye kuvyivugira ivyo vyokwandika aha kuri Buja FM? Urya mu mama ataranamenyekana, tutamuzi? Nelly nat yari yabivuze turamutuka😅ngo numusazi

    • @user-wg3xl4fm2t
      @user-wg3xl4fm2t 3 месяца назад

      Ukuri kuzuye pe!!!

    • @user-wg3xl4fm2t
      @user-wg3xl4fm2t 3 месяца назад

      Kadi nuko wabonye iyo ndirimbo Yateye imbere iciza woba warakoze bibaye ubusa ahubwo aho kumubera umugisha umuberey ingorane gusa murakwiye kumvikana!

    • @user-wg3xl4fm2t
      @user-wg3xl4fm2t 3 месяца назад +1

      Mwabamenyesha makuru muri inzigo mbi caane kuko murahegamye Muguma mumuponda

  • @buhagaingrid3883
    @buhagaingrid3883 3 месяца назад +1

    Ubu ntibiknewe ko atuma mam yupiiiiii wapiiiiiii kweriiiiii yabivugiy Kur stage n, imbabaz yozisabir en public yramenje peut importe niyo aza kub atamwandkiy kwataka umuvyeyi ntandero ab agira iwanyu mwarigez mubon pap abwirir mam ijambo mu Bana?ntah vyigez ndetse umwana nkurya mbe n, amafrang angah yotum ugir ibintu nkabirya?iteka ririhabwa bro

  • @nimubonaleopold8849
    @nimubonaleopold8849 3 месяца назад

    Fernando akwiy gusab ikigongwe urya mu maman kuk yakoze amabwa

  • @canesiusbigirimana7216
    @canesiusbigirimana7216 3 месяца назад

    Ahebe urumogi anywa