Défilé yaranze ibirori vyo kwugurura umwaka w'ishure w'2022-2023 muri Kaminuza y'Intwaramiheto ISCAM

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 8 сен 2024
  • #Burundi Haruguruwe kuri uno wa gatanu umwaka w'ishure w'2022-2023 mw'ishure kaminuza ry'intwaramiheto z'Uburundi #ISCAM, hamwe no kwinjiza burundu mu gisirikare umurwi ugira 52 ugizwe n'imikangara 168. Ibirori bikaba vyari birongowe n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye. Raba défilé yaranze ivyo birori.

Комментарии • 37

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 Год назад +2

    Nimukomere Ntare 🦁 Batinya z’Uburundi Furabashigikiye
    Komera k’Umuheto 👍👍

  • @3bsfamilly860
    @3bsfamilly860 18 дней назад

    Vraiment Burundi muradefila nabi no marche en vitesse

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 Год назад +2

    Ingabo zitinyitse 🇧🇮👍
    🐅🐅👍👍✅

  • @Lewismugisha
    @Lewismugisha Год назад +1

    ingabozigihugu zuburundi avanse

  • @nitungaalexis404
    @nitungaalexis404 Год назад

    Komera Basha 👍❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 Год назад +1

    Irya nintahe akoresha mukuyobora abayobozi

  • @user-fo4wl6mx2c
    @user-fo4wl6mx2c 3 месяца назад

    Komer ngabo zigihug

  • @yolo._96
    @yolo._96 Год назад

    Imbonerakure gusa

  • @tripletrustgroupcoltd1458
    @tripletrustgroupcoltd1458 Год назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂mbega African weee twaragowe

  • @plaisirnitunga606
    @plaisirnitunga606 Год назад

    Nipfuza kumenya amanota bafatiyeko umwaka uheze kugira binjire muri ISCAM?

  • @GenZ250update
    @GenZ250update Год назад +2

    Courage barundi biriko biranza 😊 ese ijya nkoni president wanyu abafite mukwaha isigura iki ?

    • @manudiofficial
      @manudiofficial Год назад

      Bayita inyobozo

    • @MrTop-wj7no
      @MrTop-wj7no Год назад +1

      Kuva kera mumigenzo yabarundi nabanyarwanda ntamutware atagendana inkoni yategerezwa kuba ayifise muricogihe yitwa INTAHE ntiba icitwa inkoni, kuko ni *Umwungere* ikimenyetso c'umwungere n'inkoni ntamwungere atagira inkoni, akazi kumwungere rero ni kuyobora(gushorera), umutware n'umwungere(umuyobozi) nibaze ko watahuye

  • @claudemuhire1327
    @claudemuhire1327 Год назад +1

    Mbega défilé we aba bize he mizajye mu rwanda kwiga kabisa

  • @NICHOLASCHIleCHE-on4jx
    @NICHOLASCHIleCHE-on4jx Год назад

    mugabo sogo bubaririmana uturikoberengeye kwel

  • @patrickiyakaremye1714
    @patrickiyakaremye1714 Год назад +1

    Ceci n’ est pas un défilé militaire d’ un pays. Ça fait honte vraiment pour l’ armée. Si vous n’ êtes pas capable de le faire, cherchez les instructeurs étrangers. Allez y chez voisins Rwandais, Tanzaniens ou Ougandais. Votre défilé fait honte pour le pays. 😭😭

    • @Gitichu_2023
      @Gitichu_2023 Год назад

      Ejo Buzoca baje kugutora utwerek ce qu'il faut faire.akarimi gusa

    • @BenitcharvisKijebege
      @BenitcharvisKijebege Год назад

      C'est pas une défilé idiot allé voir les vidéos de fête de l'indépendance du pays si tu veux voir la défilé militaire Burundi 🇧🇮🇧🇮

    • @kasendelukadi2047
      @kasendelukadi2047 Год назад

      ​​@@BenitcharvisKijebegec'est un rwandais qui dit cela les rwandais se moquent a tout les forces Africains eux pensent tjrs qu'ils sont les meilleurs tout en oubliant que les militaires la qui defiles sont Braves plus que les militaires rwandais si ils sont fort qu'ils aillent en somalie les burundais ont un coeur dure je suis congolais qui te.parle ici ils sont et metrise l'armee

    • @kasendelukadi2047
      @kasendelukadi2047 Год назад

      ​​@@Gitichu_2023ca c'est un rwandais mon frere les rwandais pensent qu'ils sont au dessus de tout le monde

  • @mufaumecobracobra4611
    @mufaumecobracobra4611 Год назад +2

    Sha izi ngabo nizo zambara nabi muri Africa hamwe na FRDC ibintu bijagaraye bidafite former

    • @IVOMO_TV
      @IVOMO_TV Год назад

      Kbra atari FPR?😂😂

    • @hosewebtv77
      @hosewebtv77 Год назад

      Inzigo nishari,niwiyahure man ngizo ingabo zuburundi

    • @Intwar
      @Intwar Год назад

      Nuko bose aribamwe

    • @kayitesifrancoise4669
      @kayitesifrancoise4669 Год назад

      Aba banacyari inyuma muri byinshi

  • @Lock940
    @Lock940 2 месяца назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Intwar
    @Intwar Год назад +2

    😂😂😂😂😂ingegera

  • @Diodonne-kr7rj
    @Diodonne-kr7rj 4 месяца назад

    Komaterizabanyarwanda biragaragarakontaburemufise abatutsimubareberakuki jenosidentizigeriheraiwanyu murazinokureba abatutsiukobameze twebweumuntunumuntu😂😂😂😂

  • @sunbluejd2173
    @sunbluejd2173 Год назад

    Izingabo wajyirango ntabije babona ihajyijepe😅😅
    Uburundi bwubahe Urwanda pe

  • @2aakaine
    @2aakaine Год назад +1

    Uburundi mugira amacakuri Pee sindabona umututsi numwe😂😂 Uri close na president mbona Bose Ari na ahhh smart down

    • @hosewebtv77
      @hosewebtv77 Год назад

      Ufise ubwenge buke kweli,none president aba close nubwoko canke aba close nabayobozi bakagomvye kuba close nawe?,amacakubiri aho atazohera nimurwanda kuko genocide mwayigize inyobozo yigihugu

    • @Intwar
      @Intwar Год назад

      @@hosewebtv77 ariko murabo bayobozi hagobye kuba harimwo amoko yose ariko muburundi siko biri.

    • @hitimanajeanpaul770
      @hitimanajeanpaul770 Год назад +1

      Hahahaaaaaaa,Muburundi ntitugira abahutu,nabatutsi,nabatwa nkibyiwanyu I Rwanda!! Turabarundi nkibyo,ubikurahe!!!!! Ngo nturabona Abatutsi!? Impande ya president!?!!!

    • @TETA_TETA
      @TETA_TETA Год назад

      @@hitimanajeanpaul770 biraboneka ko utari umurundi kweli. Amoko arahari biri no mu makaratasi y’amasezerano no mw’ibwirizwa shingiro na pourcentage 🤣

    • @hitimanajeanpaul770
      @hitimanajeanpaul770 Год назад

      Nkivyo,ubona byugushikanahe ga TETA!!Amoko se ninde,utazi ko ahari!! Kuki se muyagira igikangisjho!! None muri America cg Chaina,Or India!! Ntamoko bagira!?!! Ko nkubwiye,ibihugu bifite abenegihugu!,batari bakeya na gato canke,nkubu wasigurira igitera abatutsi,bo muri congo kinshansa bahora bidoga ngo barahohoterwa mumoko asaga 280 yabanyecongo!! Wewe nimba,uri numututsi!! Abatutsi muri gati ki!!???