Ibirori vyo kwinjiza mu nzego z'igiporisi imikangara 114 vyatewe iteka n'umukuru w'igihugu

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 дек 2019
  • Ibirori vyo kwinjiza nyezina imikangara igera kw'114 ishaka kuba intwazangabo mu giporisi mw'ishure ry'igiporisi riri mu Mitakataka mu Ntara ya Bubanza vyatewe iteka n'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza. Abanza kungenzura ingabo imbere yuko ashikirizwa indahiro n'ico biyemeje kumarira u-Burundi n'abarundi

Комментарии • 119

  • @godeliveniyongabo7066
    @godeliveniyongabo7066 4 года назад +2

    Abakobwa mubaronderere imyambaro ibabereye kandi igifranca kivugwe neza canke hakoreshwe IKIRUNDI FROM 🇺🇸 🇺🇸

  • @AhishakiyeOlive-wr4uz
    @AhishakiyeOlive-wr4uz 16 дней назад

    Nivyiza can nanje ndifyuza kuba umwe murabo

  • @pacifiquemazimpaka4880
    @pacifiquemazimpaka4880 4 года назад +3

    Genda Rwanda urinziza! Ntababeshye nabanje kugirango Nabomuri 80’s ooooooh Nkurunziza yarekuye ubutegetsi koko.

  • @zakayo1141
    @zakayo1141 4 года назад +1

    hahahahahahahahha...wallah narigizengo ni comedy show...abangaba rero ngo nibo bazotumesa ?!!...hahahah incredible!!

  • @igor1117
    @igor1117 4 года назад +3

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ariko i burundi bari mukiye kinyejana🤣🤣🤣

  • @shemaplacide2047
    @shemaplacide2047 14 дней назад

    Mbona uburundi buri inyuma pe

  • @peacepeace755
    @peacepeace755 4 года назад +3

    Igipolisi nurwego rukunzwe kubonekako utunenge twishi, nkibiturire, kutubaha abantu, etc. Rero, bazokorere igihugu neza, bazibukegu controla imodoka zaleta, nyishi murizo usanga atampapuro zisabwa namategeko zifise, harinizitagira nimparati. Uwutwarimodoka yaleta, harinabatitwararika kugendana uruhusha gogutwarimodoka. Agonze akeshi ntahagarara.

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597 4 года назад +1

    Birabereye pe Imana izigame Uburundi n'a barundi Amin

  • @niyonsengaerneste4386
    @niyonsengaerneste4386 4 года назад +1

    Mwiteje abantu kbsa!

  • @a-ztv626
    @a-ztv626 4 года назад +6

    hhhhhhhaaaaaaahhhhhhhh OMG
    Antiquity!

  • @jesa0356
    @jesa0356 4 года назад +17

    Uburundi buracyari kure nk’unkwezi pe! Mbega ngo mukoze Africa yose ikimwaro!!!! uRwanda ruzabatize abahoze ari Local Defense Forces (abarukodifensi😂😅) baze guha police yanyu imyitozo pe! Ariko mufite n’inoti zihagije babatiza aba DASSO nabo bagatoza special forces zanyu ubundi mukareba ko namwe mwagira igipolisi n’igisoda bifatika 😂😅😂😅

  • @bertinmutuyimana1929
    @bertinmutuyimana1929 4 года назад +7

    hhh ibi bintu nibyo mukihe kinyejana koko ikinyejana cya cumi numunani cyangwa abarundi muracarinyuma kbs

  • @iz3020
    @iz3020 4 года назад +3

    Yesu wee mbega uburundi wagirango ni mumyaka 100ishize ibi bintu ntibibaho

  • @niyotheos3695
    @niyotheos3695 4 года назад +2

    Muziko bambaye ibirenge ? Ubuse ibi ni ibiki? Ni akumiro! Mbega parade! Mwe muracyafite urugendo rurerure pe, muracyafise byinshi byo kwiga

  • @motomoya8463
    @motomoya8463 4 года назад +1

    Imana ibane namwe

  • @kwizerajeandamour4031
    @kwizerajeandamour4031 4 года назад +3

    biratwengeje goose

  • @nzayikundasamuel9351
    @nzayikundasamuel9351 4 года назад

    sha nihatari kbs

  • @nshimiyimanaeric7203
    @nshimiyimanaeric7203 4 года назад +4

    Ahahahahhahahahah sha mwebwe mwabuze icyo mukora

  • @user-xe7kp9dr4i
    @user-xe7kp9dr4i 13 дней назад

    Uretse umupira ndakunda xna ingoma

  • @theosenga
    @theosenga 4 года назад +7

    Nizere ko iyi ari filime!! Byaba bitunguranye pe muri iki kinyejana

  • @conilynx
    @conilynx 3 года назад

    Aaaaahwiiiiiii! Ndasetse none ndarwaye peeeehhhh

  • @johnvenus7507
    @johnvenus7507 4 года назад +2

    Uyo mukobwa yatanguye kuvuga arimwo pe

  • @nsabimanaxavier7906
    @nsabimanaxavier7906 4 года назад +4

    hhhhhh nikipe yumupira cg nigipolisi hhhhh

  • @Nolan_Coverage
    @Nolan_Coverage 4 года назад

    mbega ibintu biteye isoni!!!!!!!!!! ibi turi kurugerero ukabikora bagukubita zikakurenga none aba ngo ni abapolice!!!! biteye ikimwaro AFRICA yose

  • @skorpion_king
    @skorpion_king Год назад

    mucunze nabi aba DASSO yabakubita😂😂😂

  • @uerico2
    @uerico2 4 года назад +4

    Abapolisi baza imbere y'umukuru w'igihugu kumwiyereka bamabaye umwenda w'ikipe y'umupira w'amaguru ( Real Madrid)??? ubu se haba habuze ubona ibyo bintu koko? biratangaje

    • @qondindabanyana8534
      @qondindabanyana8534 4 года назад

      genda abanyerwanda muracari ibijuju .. nico gituma mwibaza ko mwotsinda uburundi mumisi itatu ? erega bariya bari abanyarwanda b'ibijuju nka mwebwe nyene.,.. none bambare amakoti bace batangura gukina yariya mafilme twa dusoda twanyu tugirira muri stade mugaca mutumira isi yoose mukimaramaza ? ville yanyu ni nto caane harimwo inyubako zitanu ,,,. mugahamagara nk'umuntu wo muri america ngo avisite rwanda ahi yiviriye muri nigeria agaca abona aho ubwanyu buherereye..

    • @uerico2
      @uerico2 4 года назад +4

      @@qondindabanyana8534 hhhh ari koko ngo bavuga ibigoramye imihoro ikarakara, ubwo se ko uje utukakana niwowe ufite ubwenge??? Niba utemera kubwirwa ibitagenda ibona watera intambwe gute? Ngaho mukomeze mwibere mwicuraburindi ryanyu nababwira iki. Ikibazo nuko musebya africa yose muri rusange. Ibyo mukora hari ahandi wabibonye? Nona twe turi ibijuju nkuko ubivuga, ahandi wabonye ibintu nka biriya ni hehe? Niba ntahandi rero ubwo mwisi yose nimwe banyabwenge gusa nimukomereze aho.

  • @s.konyine1469
    @s.konyine1469 4 года назад +2

    ariko nukuri abarundi basekeje
    madride

  • @boscotimzeye6280
    @boscotimzeye6280 4 года назад +1

    Nkurunziza power !!urugamba uzarurangiza mubyeyi wacu!!

  • @espelleniyo6879
    @espelleniyo6879 Год назад

    Real Madrid ndaki😅😅😅

  • @user-mx9dm3fq4v
    @user-mx9dm3fq4v 5 месяцев назад

    nik bimez niy migigw yab ntimutangar nafor 😢😮 mation bayikor batambsy agadir mpak imyak2

  • @godsisgood1864
    @godsisgood1864 4 года назад

    mbega igihugu

  • @NASRY538
    @NASRY538 4 года назад +1

    Quelq'un peut me dire coment s'apelle le pays

  • @Therealway99
    @Therealway99 4 года назад +3

    niyo mpanvu Jersey za real madrid zabuze . but it good as fun 😂😂😂😂

  • @kamaberajulie6823
    @kamaberajulie6823 4 года назад

    Ubuturage

  • @maniragabapatrice9229
    @maniragabapatrice9229 4 года назад +3

    nyaxo fc hhhhhhhh

  • @bgm2312
    @bgm2312 4 года назад +5

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @miriamneemavaagen4632
    @miriamneemavaagen4632 4 года назад

    Ndasaba nkurunziza yongere abapolice nabasoda benchi balinde umutekano wigihugo

  • @minaniinnocent1445
    @minaniinnocent1445 4 года назад

    Ndabona bitazorohape

  • @kaduhahospital453
    @kaduhahospital453 4 года назад

    ikinikimwaro nisoni pe bambaye ubusa uburundi buracyafite urugendo rwinshi

  • @mugungasimeon9794
    @mugungasimeon9794 4 года назад +6

    Ariko se koko nkubu Perezida aba yicaye imbere yaba mbona ngo na ba Police we akumva bimuteye ishema koko bambaye ubusa ? Ahaaa aka nakumiro pe

  • @valerebisama6483
    @valerebisama6483 4 года назад +5

    Abigeme bose naba real madrid ntibinryoheye nukuri😎😎

  • @ngendahimanagervais1125
    @ngendahimanagervais1125 4 года назад

    Mucyeneye abatoza nyabo bazi gutoza batabambitse ubusa kwisi yose birabaje p

  • @basskigltd
    @basskigltd 4 года назад +1

    shame😥

  • @greatlakesempirenewslimite9412
    @greatlakesempirenewslimite9412 4 года назад

    Ariko mbaze Abarundi. Ubu koko turi mu gihe cyo kwiyereka Perezida mwambaye ibirenge mubona ari ibiki ? Mujye muba abasirimu. Kandi ntabwo u Burundi bubuze uburyo rwose

  • @maronkofrank9861
    @maronkofrank9861 4 года назад

    Mana yanjye ibi nkibi lnkera gutabara za bikora kbs

  • @victorg7280
    @victorg7280 4 года назад +1

    Niharambe ubumwe nyakuri bw abatundi.Abatutsi,abahutu n,abatwa.

    • @umwarivestine5747
      @umwarivestine5747 4 года назад

      Mwararushye ibi biracyaba iwanyu kweri genda Rwanda urinziza

    • @qondindabanyana8534
      @qondindabanyana8534 4 года назад

      @@umwarivestine5747 none wewe ushaka ko bogira za filme mwe muhora mukinira muri stade? na nico gituma kagome yahora abesha ko atabakene bari murwanda akabahisha?

    • @umwarivestine5747
      @umwarivestine5747 4 года назад

      @@qondindabanyana8534 toka shita

    • @umwarivestine5747
      @umwarivestine5747 4 года назад

      @@qondindabanyana8534 ntakinyabupfura mugira pe urumva ukuntu udutukira umubyeyi koko mumugirira ishyari ryarabishe kbs

  • @mrblackandswan250forever5
    @mrblackandswan250forever5 4 года назад +2

    7:47 WTF! 🤣😂😂😂🤣🤣 nihene Cg nintama

  • @ndayambajefrancis2316
    @ndayambajefrancis2316 4 года назад +2

    Hahahhahahahahahhahahahaha I've never laughed this much in my whole existence! WADAFAKAMWA hahahahahhaah

  • @uwasenaome-rm3jf
    @uwasenaome-rm3jf 2 месяца назад

    😂😂😂

  • @leoneleone4830
    @leoneleone4830 4 года назад +2

    sha si ugupinga ariko muri inanga nabazembe kabisa !!

  • @bizimanaemmanuel9743
    @bizimanaemmanuel9743 4 года назад +3

    mbega nuku mubigenza,birabishye

  • @uwamariyaclaudine3068
    @uwamariyaclaudine3068 4 года назад +3

    Bambaye ubusa koko akumiro namavunja

  • @leoneleone4830
    @leoneleone4830 4 года назад +1

    ndumiwe kabisa !!

  • @emmanuelmupenzi915
    @emmanuelmupenzi915 4 года назад +7

    Ariko ubu irondo ryirwanda nti ryababyimba aba ra?

    • @rusaeric7443
      @rusaeric7443 4 года назад

      @@Olly0k hahahahhhaah

    • @leoneleone4830
      @leoneleone4830 4 года назад

      man izi ni inanga kabisa ntibanarasa amasaha 2 baba birutse !!

    • @qondindabanyana8534
      @qondindabanyana8534 4 года назад

      @@leoneleone4830 none ko mutarabereka nk'uko mubivugiha aho mwicaye?

    • @donatienntamwishimiro9342
      @donatienntamwishimiro9342 4 года назад

      Mbega mwabanyaRwanda numvamuvuga yamuhe ibimuriko muragaya nihoharibanga ryinzego zumutekano ziBurundi eregamwebwe ntitwokora nkamwebwe nicoGituma namazina yibihugu atandukanye rerivyomuvugavyose narababwiye komuzi kupupagura ubujambogusa ntangabo z,uBurundi muzopfa munganyenazo kukontimuzozitera ngovyijane murakindira muriCongo harakwiye. Icomuzi nukugayana kandituzi kwataco mumaze.

    • @ngabofabrice5169
      @ngabofabrice5169 4 года назад

      Saaaaaaaana

  • @bernarddukuzeyezu6261
    @bernarddukuzeyezu6261 4 года назад +2

    Birababaje nigisecurite cyomurwanda kibarenzehope

  • @kamaberajulie6823
    @kamaberajulie6823 4 года назад

    Comedi........!!!!!!?? Abasaza koko!!!!

  • @bagwanezaemmanuel2746
    @bagwanezaemmanuel2746 Месяц назад

    Ese iyi nopassout?

  • @kigalinziza2853
    @kigalinziza2853 4 года назад +5

    Murabeshya ni Film mwarimo mukina..ibi ntabwo bibaho ,niba aribyo byaba bibabaje.

  • @user-mx9dm3fq4v
    @user-mx9dm3fq4v Месяц назад

    nimurek gutangar niy migigw yab naformation ntamipir bamba wap

  • @salomali7444
    @salomali7444 4 года назад +2

    Iyo bajya kuri sistadium koko

  • @User12358__
    @User12358__ 4 года назад +2

    Ni Sketch ! Nta Kigingi ngo azobigane dutwenge

  • @zakayo1141
    @zakayo1141 4 года назад +4

    this a total shame for burindian ppl

  • @irambove
    @irambove 4 года назад +2

    Boring parade ever

  • @nteziryayoelie2324
    @nteziryayoelie2324 4 года назад +1

    Ni akarasisi wagirango naba civil

  • @rangamocouture5781
    @rangamocouture5781 4 года назад +1

    Can we please have Burundi nation police flag. That we can have
    Them both to any police station. As burudani flag and Burundi nation police flag

  • @niyomuremyidushimimana7468
    @niyomuremyidushimimana7468 4 года назад +1

    Muradusebeje gusa 👎👎👎

  • @alltooler4341
    @alltooler4341 4 года назад

    ni vyiza kubona harimwo abahutu n'abatutsi keep it that way 👍👍

    • @yviherman6396
      @yviherman6396 4 года назад +1

      All Tooler ntabindi wabonye Uretse amoko?

    • @ahata7245
      @ahata7245 4 года назад +2

      Comment as-tu pu identifier qui est Hutu ou Tutsi en regardant seulement la video? 🐐🐐🐐🐐

    • @innocentmasengesho3576
      @innocentmasengesho3576 4 года назад

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @nshutis1976
      @nshutis1976 4 года назад +2

      La classification des Hutu, Tutsi et Twa n'est qu'une malignité des colons pr nous diviser, les enfants qui naissent en Ameriques provenant de l'Afrique ne sont ni Burundais, Congolais... mais Noirs! Leur combat est d'etre acceptés et reconnus comme tant d'autres Américains est-ce qu'ils connaissent cette pourrie mensonge d'ethinicité????

    • @qondindabanyana8534
      @qondindabanyana8534 4 года назад +1

      zll tooler .. turanezerewe ko wewe wabibonye abandi(abanyarwanda) babonye real madrid .. ndanezerewe ko hari abantu bafise ubwenge nkawe .. stadium zirashobora kwubakwa ivyambarwa biragurwa kuko nabo nyene nta birato vy'igisoda bafise (ama botine) ariko esprit y'umuntu niyo danger .. ico nico turusha kagome kubonako bamwe bategerezwa gupfa abandi bakire...

  • @sherifmpozembizi5335
    @sherifmpozembizi5335 4 года назад

    Pourquoi vous vous présentez devant le président sans chossures ?
    Africa muradukoze kbs.

  • @patrickk942
    @patrickk942 4 года назад +2

    😂😂😂😂😂

  • @twagirayezubosco8260
    @twagirayezubosco8260 4 года назад +1

    Hahhhh,ubuse ibi ni ibyaryari?Imbere yumukuru w'igihugu abantu bakambara ubusa?Na camera zikabigaragaza koko?

  • @johnvenus7507
    @johnvenus7507 4 года назад +1

    Haha aho niho abarundi mwapfiriye kuki mudakoresha ururimi rwanyu?

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 года назад

    kuki ari abatutsi gusa?

  • @qondindabanyana8534
    @qondindabanyana8534 4 года назад +1

    erega aho ni mwikambi nyene none mushaka bambare amakoti? canke batangure za sinema abasirikare ba kagame bakora ? bambaye uko kugira berekane ubukerebutsi .. canke namwenyene mwabonye ko ari amoko yse avanze .. ariko kwa kagome ni ubwoko bumwe gusa kuko kagome mubwenge bwiwe hiyanditsemwo ko hariho abanyarwanda babi hakaba n'abeza ... ubukerebutsi si ikoti canke ubwoko bravo uburundi hari aho bugeze abansi bacu batarashika ...

    • @espelleniyo6879
      @espelleniyo6879 Год назад

      Hhhhhhhhhh ariko abantu nkawe mwabaye mute 😅😅😅😅😅😅😅iryo tiku ufite nuko haribyo uri kubona bitari clear nyine noex nkubeshye nahora ubundi ibyo kagame byo bireke ugize imana wabibona nawe siwowe wanze ibyiza😅😅😅😅

    • @lana-zk5or
      @lana-zk5or 3 месяца назад

      Iyo ninzara iri kukwiruka mu bwonko😂😂😂

  • @nkubitoyimanzinkubitoyiman8922
    @nkubitoyimanzinkubitoyiman8922 4 года назад +3

    Iki nicyo gipolisi cyambere Gisekeje kw'isi hose n'iburundi 😂😂😂😉😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 cg ni aba Comediens? Real Madrid vs inter de Milan 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 aba barutwa n'abanyerondo b'ikigali.

    • @aguibousy5336
      @aguibousy5336 4 года назад

      U6667 h jn mp mi

    • @nyiransanzabaganwachriseli226
      @nyiransanzabaganwachriseli226 4 года назад +1

      Bagomba kwerekana ko bafite ubuzima buzira umuze 😁😁😁

    • @qondindabanyana8534
      @qondindabanyana8534 4 года назад

      @@ericmutabazi1845 kuki ntabonye coment y'umutanzania canke abandi none ni mwe mukunda uburundi kuturusha?

    • @singirankabofabien4640
      @singirankabofabien4640 4 года назад

      Nkubitoy'imanzi nkubitoy'imanzi muvuge mage turimukubavugutira umuti

    • @nkubitoyimanzinkubitoyiman8922
      @nkubitoyimanzinkubitoyiman8922 4 года назад

      @@singirankabofabien4640 hahahahaha mukomeze muwuvugute nimurangiza muwunywe kuko nimwe muwukeneye.....

  • @249415A
    @249415A 4 года назад

    Vuga ikirundi muri abarundi imana yabakuye mubukoranize bwabafaransa none muracavuga ururimi gwabo? Mbese nkabasogokuru bacu batize barumva umwivugo wabajejwe umutekano wigihugu? Vyuke ntimugume musinziye. Ntimukivange nabanyamahanga na bibiriya iravyaka murakoze muhezagigwe

  • @tflavien4110
    @tflavien4110 4 года назад +1

    😂😂😂😂😂