Waouh, merci beaucoup kuyiduha. Si possible mwoturonderera iyindi yitwa 'Cayimeni' niya Club Higa nimba ntihenze, muzoba mukoze cane gose. Canke n'izindi zose za kera cane mwoshobora kuturonkera. Grand merci
Ukuli kuvuga ko ijuru Ali abo utunze no into utunze no aho utuye byagombwe kumenywa no Abarundi . Mukomere my Ukuli juli mwe no abanyu mu kunda mu Ukuli.
Hariho iyindi Mvyino bavuga ngo :
*Abandi banyoye Ariko Jewe sinanyoye
..Zana,...banyoye uri hehe , ...nari gusasira abaraye Zana...
Karakadenderezo.....Zana mwoba mundendereje....ntawutambana inzara munda ...Oya mama Oya...Zana....*
Abayizi bampe LIKE
Ntubona👌👌👌la chançon que j'attendais!wubahwe uzotuzanire "ongera uce umugara" cnk "nzoja inama nande"
Ndabakund cane ncut
Waouh, merci beaucoup kuyiduha. Si possible mwoturonderera iyindi yitwa 'Cayimeni' niya Club Higa nimba ntihenze, muzoba mukoze cane gose. Canke n'izindi zose za kera cane mwoshobora kuturonkera. Grand merci
Murakoze gushirako imvyino z'ikirundi.
Mbombo ya mpore bisobanura iki?
Hariho iyindi Mvyino bita
GAHONGORE WEEE
MAMA WARARAYE GAHONGORE, ayiyehe GAHONGORE weee
Ari mugwaruka .....
Murakoze cane kukikorwa canyu
Turashimye MURAKOZE ABACU.
Muhezagirwe.
Ukuli kuvuga ko ijuru Ali abo utunze no into utunze no aho utuye byagombwe kumenywa no Abarundi .
Mukomere my Ukuli juli mwe no abanyu mu kunda mu Ukuli.
Iyindi nayo ni Yarugambaaa , shaza shaza neza ........ni Lac aux oiseaux zose , ndazifise ama audio Mais ntaziriko hano kuri Utube nez nez
Murakoze vrmt ,
Murakoze namwe gushima
Waooo nimuduhe inkoni yera mwobamukoze cane
Ndahimbaw no gusubira kwumva iyi ndirimbo
Amazing 👌God bless our blood we love uûuuuu🥰😘😘😘
Nostalgie😊
Mbeg’indirimbo nziza, trop de nostalgie
😅😊
C'est agreable chanson
Murakoze 🇷🇼
nostalgia😘
Harambe imvyino
Agahogo k'iwacu
Nanje
❤
Muzoyituronderere