Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndabakunda cyane Abarundikazi mperereye mu Rwanda/ Nyagatare ( umutara)❤
Nukuri muranezeza cyane,nkunda cyane indirimbo zanyu nuko harimo ikirundi cyinshi rimwe na bingora kumenya ibisobanura gusa courage❤❤
Abarundikazi muririmba neza. Imvyino zanyu ndazikunda.
Muririmba neza ndabakunda cyanee
Thx for sharing 😘😘 mwubahwe 💯💥
Napenda sana nyimbo zenu wa mama yetu
Biraryoshe cane... 😍😍😍
Club Gira mahoro niyo nemera gusumba izindi zose kuva nkiri muto kuri RTNB
So emotional ❤
Mur'indanga karanga munkumbuje igihugu canje ndi umurundi mba mu mahanga mvuka i MARANGARA mu ntara ya NGOZI Ndabakunda cane
Biraryoshe cane abiwacu
Go ahead Giramahoro club
Aba Nama barashoboye bubahwe
Club giramahoro Imana ibakomeze
Ndabakunda pe
Muri beza kandi muririmba neza bambe gusa mwatanga numéro zanyu kugirango tujye tubatumira mu birori binyuranye.
Ndabakunda caane❤️
Ndakunda caaane imvyino za Club Giramahoro. N'imvyino z'akaranga koko
Turabashimiye kurizimvyino muriko muraha twazishimye ,mubandanye muduha izindi.
Yoo birahimbaye akaranga kiwacu kararyoshe pe
Nukuri muraryohera cane mugabo ntimuzohagarike muzogumeko bantu bacu natwe turikumwe namwe
ndashimye
Sawa
Mwubahwe kukirundi kiryoheye amatwi
Très riche
Very good
Muvyina neza caneeee.
Yoo ndakumbuy my club yanj Giramahoro
Ndabemera muracari abamberep
Muranyemejekwel murigisha ugwaruka gwunomuns UK ruririmba kuk baduhendang bararirimba
Nice
❤❤❤❤🎉🎉🎉
😅
❤
Happy to be Burundian
Manifester la joie au moins.Mon Dieu
Elle veulent faire pleurer la futur Mariee. C est nostalgique.
Emotional! ❣❣❣
👌👌🙏
Ngirandivu
*AMAHIRWE_ADASANZWE*Muntumbero yo kwugurura ayandi ma bureau mashasha muntara zohagati mugihugu c'uburundi .Ikigo gifise icicaro caco m
Kpnnn.k
Vyiza cane!ntiwayaye gisobanura iki?
Kuyayata means gufyinata
❤️❤️❤️❤️❤️
Komez bantu banje
Very beautiful culture
None uwozogenda muriko murasezera n,uwo yambaye impuzu zisa?
Egoo nuyo
Il
💯🇧🇮
❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Ndabakunda cyane Abarundikazi mperereye mu Rwanda/ Nyagatare ( umutara)❤
Nukuri muranezeza cyane,nkunda cyane indirimbo zanyu nuko harimo ikirundi cyinshi rimwe na bingora kumenya ibisobanura gusa courage❤❤
Abarundikazi muririmba neza. Imvyino zanyu ndazikunda.
Muririmba neza ndabakunda cyanee
Thx for sharing 😘😘 mwubahwe 💯💥
Napenda sana nyimbo zenu wa mama yetu
Biraryoshe cane... 😍😍😍
Club Gira mahoro niyo nemera gusumba izindi zose kuva nkiri muto kuri RTNB
So emotional ❤
Mur'indanga karanga munkumbuje igihugu canje ndi umurundi mba mu
mahanga mvuka i MARANGARA mu ntara ya NGOZI
Ndabakunda cane
Biraryoshe cane abiwacu
Go ahead Giramahoro club
Aba Nama barashoboye bubahwe
Club giramahoro Imana ibakomeze
Ndabakunda pe
Muri beza kandi muririmba neza bambe gusa mwatanga numéro zanyu kugirango tujye tubatumira mu birori binyuranye.
Ndabakunda caane❤️
Ndakunda caaane imvyino za Club Giramahoro. N'imvyino z'akaranga koko
Turabashimiye kurizimvyino muriko muraha twazishimye ,mubandanye muduha izindi.
Yoo birahimbaye akaranga kiwacu kararyoshe pe
Nukuri muraryohera cane mugabo ntimuzohagarike muzogumeko bantu bacu natwe turikumwe namwe
ndashimye
Sawa
Mwubahwe kukirundi kiryoheye amatwi
Très riche
Very good
Muvyina neza caneeee.
Yoo ndakumbuy my club yanj Giramahoro
Ndabemera muracari abamberep
Muranyemejekwel murigisha ugwaruka gwunomuns UK ruririmba kuk baduhendang bararirimba
Nice
❤❤❤❤🎉🎉🎉
😅
❤
Happy to be Burundian
Manifester la joie au moins.
Mon Dieu
Elle veulent faire pleurer la futur Mariee. C est nostalgique.
Emotional! ❣❣❣
👌👌🙏
Ngirandivu
*AMAHIRWE_ADASANZWE*
Muntumbero yo kwugurura ayandi ma bureau mashasha muntara zohagati mugihugu c'uburundi .
Ikigo gifise icicaro caco m