ABAGABO BENSHI BABANYARWANDA BABABAJWE CANE NUKO KAGAME YAMAZE GUSHIRA "ICIZERE" KUBAGORE

Поделиться
HTML-код

Комментарии • 17

  • @Nzohabonayojerome
    @Nzohabonayojerome 4 дня назад +1

    Komera komera❤❤❤ maze iminsi fatiriwe ariko turi kumwe mukomere cyane !!!!

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 7 дней назад

    ❤ndagukunda

  • @RobinsonTubili
    @RobinsonTubili 7 дней назад

    Vanessa
    Ndagukunda rwose
    Imana iguhezagire ibandanye iguhe intege nyishi

  • @MagnifiqueNduwimana
    @MagnifiqueNduwimana 6 дней назад +2

    Mbona nawewe usa na batutsi

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  5 дней назад +1

      @@MagnifiqueNduwimana 😰😰😰😰😰😳😳😳😳😳😳😳iyo ni propaganda yo kunyambika ibara gusa

  • @MagnifiqueNduwimana
    @MagnifiqueNduwimana 6 дней назад +1

    None ushakako abatutsi babateme?reka twibanire mu mahoro kuko ntaco baturiye

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  3 дня назад +1

      Kuba wigira nkana ugafata abatutsi ukabitiranya n'abahima, uko niko mwica muhoze

  • @ntakarutimanaoscar1867
    @ntakarutimanaoscar1867 7 дней назад +1

    Kanyonga umwamikazi wambere wa Mwambutsa akaba na nyina wa Rwagasore yava mu muryango waba "Sine" bamuka ku mwami Mutaga Senyamwiza mu gihe Baramparaye Umwamikazi wa kabiri wa Mwambutsa yava mu muryango wa ba "Kundo" bamuka kuri Ntare Rushatsi ; Baramparaye rero ntiyari "umuhima". Umwami wambere nawe biravugwa ko yoba yari "umuhanza" ariko yagiye ararongora abagore b'abatutsikazi ari naho ngirango bivugwa ko abami n'ababakomokako atabwoko bagira

    • @Berchiche14
      @Berchiche14 7 дней назад

      Abo uvuze batagira ubwoko,ni bo twita *ABAGANWA*

  • @NshimiyeJ.pierre
    @NshimiyeJ.pierre 7 дней назад

    Aka kagore na kagoryi kweri

  • @RobinsonTubili
    @RobinsonTubili 7 дней назад

    Ntakarutimana numubeshi
    Nkuko ryabaye na muhutu arakwikukira kuva kuli ntale wa mbele kugezi ubu kilece Ndadaye merickiol niwe yabaye Umwami wa mbele waba Hutsu kugeza ubu UBurundi bhuca twagwa naba nyamahanga Ba batutsi Bacomoka canke Baturuka Mugwanda babatutsi
    Niyi reta iliho nireta igizwe na batutsi bagwaniye kusubizaho itwaro yi cama abandi Babahutu nababakore
    Bitwa ba vuga duhabwe babafasha abatutsi kurya abahutu benewabo babicayeko
    Aboboce babahutu barikuliyo reta nabahemu hatagovye kwikula Mubuja bwabo batutsi

    • @RobinsonTubili
      @RobinsonTubili 7 дней назад

      Reta iliho nireta igizwe na batutsi bagwaniliwe na abahutu babahemu bahonyeje abahutu benewabo babahutu ngo kugira bagwanilile Abatutsi
      Ikibabaje nuko abobahutu nyene bagumwa bichwa
      Abandi Babahutu bahabwa ubushikilanga bwi ikilimo nu kubavugira nka Reverio ni vuga duhabwe yegeranya abahutu benewage kugira batange Amajyi kubatutsi babandanye kurya abahutu babicayeko

  • @bbbkim8640
    @bbbkim8640 7 дней назад

    Ninde utaziko kanjogera Yari mubi

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  6 дней назад

      @@bbbkim8640 Yes, yari mubi nkabandi bahima bose. Ariko ico mukundira nuko abahim bagenzi biwe bashaka kumuhahaza, baze akabavumbukana