#RSSB

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 дек 2024
  • FPR imaze gufata Urwanda, baciye bashiraho ikigega cintambara none cahomvyeJoin this channel to get access to perks:
    / @tuyagirevanessach8883
    I give my personal comments on different topics that are treding regaling lifestyle, breaking news, ...

Комментарии • 14

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 дня назад +6

    Uwo muti bashira mu kadobo ugakwega isazi ndabona ufitaniye isano n'umuti uri mugituba c'abatutsikazi ukwega abahutu .😂😂😂😂😮😮.

  • @biancadavidov3393
    @biancadavidov3393 3 дня назад +4

    Abarundi nabo bashyizemo amfaranga

  • @youthpromo6891
    @youthpromo6891 3 дня назад +4

    Amafaranga yose Abavantara baragije I Dubai n’ahandi hose azishyura abakozi bayabitse mu kigega, niba batakiriho abana babo bazayasaba. Imitungo yose izagurishwa isubizwe mu kigega. Amazu, ect…

  • @Tsw325-tu9lu
    @Tsw325-tu9lu 3 дня назад +4

    Vanessa mubigega byo muri kagamistani abahima bajyanamo igitiyo batiyura bajyana bikarangira biguye ! Ni ibicucu butwi !

  • @ndevuemmanuel
    @ndevuemmanuel 3 дня назад +3

    Ziriguhindura imiirisho

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 3 дня назад +4

    Ah'ubwo numva ari igitangaza. Niba abahima batashe i rwanda bagaruka guhembwa i burundi amafaranga y'izabukuru kandi ayo mafaranga harimwo menshi y'abahutu bagiye bicwa ,ni hatari kweli . C'est trop débile. Aba DD bobo bibaza ko bashitse ariko biboneka yuko urugendo rukiri rurerure kabisa.

  • @Tsw325-tu9lu
    @Tsw325-tu9lu 3 дня назад +3

    Vanessa abahima barwaye inzika ! Barwanya abahutu kuko batera u Rwanda muri 1990 abahutu barabarwanyije ! Barwariye inzika abanyekongo kuko ingabo za mobutu zaje gufasha Habyarimana muri za 1990 ! Barwariye inzika abanyiginya kuko bavugaga ko abega batavamo umwami ! Abahima ni nk'utwana twavutse tudashyitse ! Akantu kose bagiranye n'umuntu barwara inzika kugeza bamwishe ! Hanyuma barwaye inzika abahutu kuko muri 1959 babambuye ubutegetsi . Buriya u Burundi bumenye ko turiya duhima kaga kakarere yohereje tugakubitwa twatumye abahima baburwara inzika ! Kugirango abahima batakurwara inzika ugomba kubareka bagakora icyo bashaka niyo kwaba kukwica ugomba gupfa nk'igitungwa !

  • @ThéodoreHavyarimana
    @ThéodoreHavyarimana 3 дня назад +5

    Komera mwenewacu incompa tugahura Nogusoma urampimbara pe

  • @mklaurent2838
    @mklaurent2838 3 дня назад +4

    Abobatutsi bigize ingangura babuze ikibarwanya nicogituma badatinya gukora ivyo bashaka. Umuhutu wese batarashikira ngo bamukubite agafuni abibona ibisanzwe. Abahutu basigaye bameze nk’imbogo inigwa n’intare izindi ubusho bwazo zirorera! Burya ngo “ibikara vyinshi ntivyimba!” Uravye uko umubare w’abahutu ungana ariko ntubuze abahutu kwamiza akarago k’umutwe bahunga ingegera z’abatutsi ziri k’urushi. Biteye isoni.

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 3 дня назад

      Biratandukanye cane ariko kuko imbogo nta nguvu kamere zo kurwanya intare ifise. Ikibazo c'abahutu n'abatutsi kiragoye gutahura.

  • @NTAHOMBAYEDonatien
    @NTAHOMBAYEDonatien 12 часов назад +1

    VANESSA,nsanzwe nkuruikira uwundi mugore yitwa NATHALIE Yamb umufricaniste,avuga neza nawe,uwundi mugore agira kabiri ngiye guhora numviriza,ni Vanessa kuko uri umu activiste uvuga vyo kandi ntamutima mubi ubivugana,uzoze werekana nicokorwa,hama uzokuremwo agashavu uzokoreshe imvugo mbabarira matwi nkumurundikazi wumuhutukazi koko,kuko abahutukazi muzwiko musanzwe mwiyubaha.analysese zawe 100%correctes!!!ndagukunze kuko urafise ubwenge,kandi urazi gu convaincre.

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  11 часов назад

      @@NTAHOMBAYEDonatien Murakoze cane. Ariko ivyo naje guca ni ikiziriko caziritsweko abahutukazi. Bivanye nakarengane kenshi, agacinyizo, ihohoyerwa abahutukazi dukorerwa kuva mubwana kugera no mungo, agahinda, intuntu no gutinya nivyo muhindura mukwita "indero yabahutukazi". Ariko icemeza ko ivyo mwita indero atarivyo nuko mwama mwadutaye mugahurumbira abandi( ayandi moko). Nicogituma ntashobora gukurikiza "ligne ngenderwako", abahutu bashaka ko abahutukazi babako. Nzokora uko ndavyumva, uko ndavyemera uko mbikunze. Guko naho notabura isi, ntanarimwe abahutu bazobura ico banenga. Kandi ivyo nahagurutse ndabizi.