@@JanvierNkengurutse, Imana yabica siyo mana yabicwa. Imana yanyu ibemerera kwica, kunyaga no kubesha, natwe imana yacu itwemerera kurira no kwidodomba no kuvuga ko muduhohotera
Ikibaaaazo nyamukuru , Neva ashaka kwigira nzivyosi bigatuma ashiraho n'abahanuzi badatomoye. None nk'umuhungu wa Buyoya n'umu spécialiste mubiki abereyemwo umujenama wa Neva ?? None nka ministre des Finances,na président wa BRB bibananira gute kwumvisha Neva ko ifaranga ry'uburundi rigomba kuba dévaluée kugirango par exemple nk'utwo dullars abo basirikare bari hanze baronswa batuvunjigwe ko kurugero rwegereye iduga ry'ibiciro vy'ibintu ?? Kandi n'ibintu umuntu wesi atahura yuko dévaluation igomba gukurikizwa n'ingamba zikaze cane zo kugabanya amafaranga BRB isohora bidafise ishingiro kugirango ifaranga risubire ku giciro kibereye. Kandi ayo mafaranga menshi asohorwa aja mu ma sociétés publiques adasobanutse kandi atanazigera yishura, ayandi nayo agasesagurwa na leta nyene harimwo na présidence... !!!! Umuntu akunda kandi ashikira Neva lero yomuhanura ashimimitse yuko agomba ku restaura vya vuba na bwango l'autorité de l'état et la force de la loi, ahandiho azorangiza bamuteye amazira**nka NTIBA... Que Dieu nous en garde.🙈🙈🙈🙈
@@ndabaniweperusi9546 , Buyoya nimba yari intwari yanyu ko tutababonye kumaziko yiwe? Hanyuma Neva yishe Nkurunziza kubera yamaze no gutsinda amatora? Yamwica ngo asubire muri mandat yari isigaje ameze abiri gusa? Sha nimba ndi umunyakinyoma, nawe ari UMWATIZI wibinyoma pe
Ariko Vanessa uravanga ibintu nukuri. None abo basuma Président avuga ntabakure ugira n'abo bahima uvuga babimwosha ngo ntabakure. Ubwo busuma uvuga nibaza ko atarabo bahima babibatuma. Ahubwo baje kubutegetsi bafise mumutwe ko abatway imbere babimaz ari ukwi rattrapa bakibagira ko aribo batwara kandi atawuriko arabakura. Gusa akica système cank ubutegetsi kayivamwo. Il faut parler des faits zigaragara mais pas des suppositions ngo boba bahendwa n'abandi bantu bataboneka kuko ivyo nta preuves bifise. Par contre les cerveaux enregistrent ce qu'ils veulent selon la tendance émotionnelle yumwumwe wese. Bituma abantu bahengamika ivyiyumviro n'aho boba babona ukuri cank bari bipfuza kuvuga ukuri. Par contre les faits zigaragara ziratuma abantu badeveloppa objectivité mumutwe bakabona ukuri par rapport à ces faits. Ariko urantunga kuko nzi bike murivyo pe
Vanessa,numva ndagukunze,komeza udutohoreza ukuri abumva bumve abahima ntibakunda uburundi,nanje ndabibona pe! 1:37:50
Ndagushimiye @Vanessa kuri iyo mpanuro ku ba youtubeurs b'irda bashakira amafranga kubigorewe 👍👍😍😍😍
Janyatirahiyo nindafisububasha vugishukuri mbegabahima kontakintu nakimwe barongoye babikoragute amashirahamwe yosemwayahaye abasoda ntamusivire agirijambo
Mwahongoye vyinshi Basha ubuho umuti wabafashe nibitarivyo muzobivuga,urya uwawe ukinovora intuntu...Kandi imana yindushi ntisinzira izoduhorera.
Uyo mukobwa mbe arafise umugabo? Imana zirazi kurema ndakurahiye!!
URWANKO RW’UMUTUTSI RUZOGUSAZA UFATE UMUHANDA UBE UMUSAZI VYENYWE.
Uteye ibuye mu kirwi, uwukomye induru niwe riba rigemye.
@@imandwamwaratsinze8823 Ahubwo ni wewe uzoba umusazi.
Urakoze maaaaa! Ndatahuye ko wahora mu mahugurwa kuko ibyo uvuze birimo hakili saaaana.
Ikikugaragarako nubwenge buke wifitiye nugwanko wanka abandi bantu nta mvo igaragara yotuma ubanka
None ndakubaze amatati ashingiye kugusahura igihugu umututsi ajemwo gute murizo affair za muka evariste na prime hamwe numugore wiwe?
Cank nivyo bagupakiyemwo mumutwe wawe bihaye bikuzengereza !
Iyo bibananiye hereza abandi babishoboye yaba umuhutu canke umututsi apfe Kuba abishoboye gushira ibintu kumurongo
Reka nkubwire niyo umututsi yoba akibaho kubutaka bw'uburundi ntaterambere rishingiye kuri wamaziki,kuri shirira,...nkibindi bipfuye nabi
Kera mwitwaza ngo nigisoda c'ubwoko bumwe,munzego zigihugu ngo nubwoko bumwe
Abatutsi bakitwa ibinywamaraso
Harya Adolph,kararuza,bikomagu,...nabandi ntiriwe ndavuga bishwe nabatutsi?
Bunyoni affunzwe nabatutsi?
Ikibazo co mu Burundi subwoko kanaka ahubwo nubukene bwinshi Kandi amikoro Ari make ibisahiranda akaba arivyo vyinshi none abajejwe gufata ingingo zibereye mugihugu bakananirwa kumenya nkunde nde ndeke nde kuko Bose nugusahura nkinsiha gusa!
Ikikugaragarako nugwanko wanka abatutsi nayo kwiyita umukozi wimana ,umuvugishwa ariko uri umunyapolitike wuzuye ugwanko gusa
Nta niciyimviro woterera muguteza imbere igihugu!
Mbega Vanessa aremera KO Abahima nagira subscrib?
@@AnnickDuhumugisha ubajije nimba nemera ko abahima bakora Subscribe?
Imana irakubona, izomvugo zawe niwab uzivugana ubwenge ntizizotuma utera uja imbere. None ijambo ry'Imana riti:"impembo yabo baramaze kuyironka"
@@JanvierNkengurutse, Imana yabica siyo mana yabicwa. Imana yanyu ibemerera kwica, kunyaga no kubesha, natwe imana yacu itwemerera kurira no kwidodomba no kuvuga ko muduhohotera
Erega ijambo Neva niwe agomba kuryiha .Ataryihaye none yokwibwira ko arinde azorimuha.
Imana idutabare nduva ivyahanuwe vyoba bigire bishike. Gusa, ikiremwa muntu c'ibagira vuba! Bagire bongere basubize igihungu mw'icura burindi kweri?!
URI PRESIDENT USHOBORA GUHAGARIKA UBWICANYI MUMWANYA MUTO AKARORERO AKIJA KUBUTEGETSI YAVUZE KO ATAMBONERAKURE ASHAKA GUSUBIRA KUBONA CANKE KUNVA KWIRONDO VYAHAGAZE VYACIYE BIHAGARARA UBWONYENE
Mureke Amacakubiri ntabwo umuntu usenga azana amacakubiri wowe urumunyakinyoma ntabyo weretswe urigasenyamiryango
Genda ubibwire nyoko. Uhoraho yabwiye abisirayeli ko nibifatanya nabandi batari abisilayeli ko azobata. None genda umubwire ko agira amacakubiri
Murihana wa muvyeyi we ubundi uragowe amacakubiri n'a Yesu arayanka mwihane umuceri uduze hatwara abahutu tuzohaga canke hatwara abatutsi bazoca bahaga ihane kuko uragowe
Urabibwira nyoko
Nkurunziza yagandaguwe nuwahomba kumusubirira abataryibyibwe nibande uwutita imbwakazi wentiyiba niweyibarero nambamuvukana
@@ndabaniweperusi9546 Uyo yashaka kumusubirira yari inde?. Yashaka amezi abiri yarasigaye
Ushaka umuhutu amuha uwundi
Iyo wamuka waraboze mu mutimaaa! Mbega aho uvuga ngo waroteye Président uca urasenga Imana wasenze ni iyihe? Ufise urwabako n'amacakubiri nkayo yokwumva? Yamba ari sekibi shetani yokwumva! Waranyegewe basi!
@@tharcissenzisabira1536 Nzissbira Tharcise, jewe nsenga UHORAHO UMUREMYI yaremye vyose. Ntabwo nsenga zamana zanyu muha ibiturire kugira zibemere. Nicogituma ubona ushobora kuza kurubuga rwanje ukahavugira ico ushatse. Hanyuma birazwi ko abicanyi iyo bumvise umuntu yatura akavuga ububi bwabo, barajingitwa
None ga Vanessa uwokugira umuhuza canke umuhanuzi kuneza y,abarundi bahanzwe nibibazo vy ,ubukene kandi batabona sortie wofasha iki kuneza y,abarundi je dis bien kuneza y,abarundi
Wakaguguwe Neva cg mukiwe bopfa bashikiriye ubwenge bwa Nkurunziza na Denise
Thomas Sankara ngo: wumvise ubufransa bugushimiye, ca wibaza ikibazo: ni ubuhe bujuju nagize?
None niba nkuru azi ubwenge we vyamugendeye gute?
Mana we tabara uburundi bwacu satanarakobeje MM Urakoze cane Ariko tube maso
Abahutu nibo bigambanira
@@BestChoice-eg6yd Niko bimeze wagirango ntibafise ubwenge
MBEGA VANESSA WWE UWOKUGIRA UMUKURI W IGIUGU HARI UMUTWGETSI MUGISIRIKARE YOKWICA ABANTU UKAMUREKA? NUKO WOBA UDASHOBOYE GUTWARA NTAKINDI CANKE UBA UBISHIGIKIYE
VRAIMENT URAPFUYE MUMUTIMA WAWE CANKE USHOBORA KUBA URWAYE MUMUTWE MBEGA UMUKOBWA CANKE UMUGORE WIGIPFAMITIMA WEEE KURA AMACAKUBIRI NGAHO UMUKURU WIGIHUGU CACU YAMA YIYAMIRIZA ABANTU BAKOKEZA AMACAKUBIRI IVYO UVUGA NTAMURUNDI NUMWE NUMWE AGUSHIGIKIYE KURAYO MAJAMBO YAWE ABOZE NUKURI KWIMANA URABOSE MUMUTIMA
Ikibaaaazo nyamukuru , Neva ashaka kwigira nzivyosi bigatuma ashiraho n'abahanuzi badatomoye. None nk'umuhungu wa Buyoya n'umu spécialiste mubiki abereyemwo umujenama wa Neva ?? None nka ministre des Finances,na président wa BRB bibananira gute kwumvisha Neva ko ifaranga ry'uburundi rigomba kuba dévaluée kugirango par exemple nk'utwo dullars abo basirikare bari hanze baronswa batuvunjigwe ko kurugero rwegereye iduga ry'ibiciro vy'ibintu ?? Kandi n'ibintu umuntu wesi atahura yuko dévaluation igomba gukurikizwa n'ingamba zikaze cane zo kugabanya amafaranga BRB isohora bidafise ishingiro kugirango ifaranga risubire ku giciro kibereye. Kandi ayo mafaranga menshi asohorwa aja mu ma sociétés publiques adasobanutse kandi atanazigera yishura, ayandi nayo agasesagurwa na leta nyene harimwo na présidence... !!!!
Umuntu akunda kandi ashikira Neva lero yomuhanura ashimimitse yuko agomba ku restaura vya vuba na bwango l'autorité de l'état et la force de la loi, ahandiho azorangiza bamuteye amazira**nka NTIBA... Que Dieu nous en garde.🙈🙈🙈🙈
😂
Izo nama ugiriye diaspora nyarwanda ni zo
Yesu aguhezagire
Swera nyoko muzopfa muyerera nkagahini
😅😅😅😅😅❤
Amacakubiri yarakwishe wallahi😢
@@Binegu wabonye angana nkamwe nyoko yakwigisha🤔🤔🤔🤔🤔
Arko warasaze ivyamoko vyarakokamye none ubona Neva amariye icyi abanyagihugu nigihugu Bose nabasuma
Sivyo.Gusa ingero ugereramwo abandi niyo nawe ugererwa.Twese twari dukwiriye kurwanira ukuri atawe turenganije kugirango tube ku ruhande rw'Imana.None umwe wese yibaze ati:"Burya Imana yonzigama kuko namaze iki?"Imana itubabarire nimba bigishoboka!Impfuvyi ziracarenganywa, akarenganyo karacuzuye,abantu baracanyarwa, abantu baracicwa, baracapfungirwa ubusa, baracibwa!,.....Turagowe ahubwo kuko ntaco tumariye Imana nabantu.
Uryama uganya ukarota usara.
Uravye ivyiyumviro ufise nta yindi ndoto wogira.
Uraciriritse mu mutwe.
@@harerimanafelix3078 @HARERIMANA FELIX, reka ngushimire cane ko ufata akanya unyumviriza, ukungera ugatanga iciyumviro cawe, ivyo ukabikora kurubuga rw'uwuciriritse. Ndagaciririka kuruta maze abenshi bameze nkawe mungane💜
None ukubora kw ibigori vyatewe n ububegito bw abarundi bamwe bamwe.Kumwe bahora bavanga ababuye n ibiharage.
CNDD isigaye arakagwi kibisuma igihugu carabananiye ntabanazi no gukingiranubutegetsi bwabo barajagaraye umusumwe bazisama basanzaye
NTA EXSCUSE NIMWE AFISE SOIT NTASHOBOY GUTWARA OU BIEN ARASHIGIKIYE UBWICANYI
Urakoze mugabo abobose vugayaba neva yaba pirime ntimurahura ngubatahure ababazi turabazi none muhima nindeharya koyapfuye nindeyatwaye ivyoyasize nubu nubakimarira nahoyubasta kazubagurisha nabahima barehehe
Mwiyakishindaro butarira muronderiki nivyuvuga numvaru bubeshi vyinshimurivyo abazivyabobarabizi utabizibibaze ntamuhima yatumaze nuyomi himbiri isuburanamwo bandazuhu rume
Icokinyoma wagikuyehehe kombocane hagandagugwa ibizigavya vyabatusti wibazakwaba ndibatabona nafashwe cane nabatusti kandi ntamurundi atababaza apfuye
Ahowagiruvugeneneza abahutu nibantahagirandura buyoya weyarumugabo iyomihimbiri yokorankivyo buyoya yakoze bwamaburyana nkimbwa budahaga rekakubabeshera nevanyene siweyamwishe ngahasubire abahima nibobarahiriye kukizigaciwe nonuwuvuga sumuhima ubonarinde
@@ndabaniweperusi9546 , Buyoya nimba yari intwari yanyu ko tutababonye kumaziko yiwe? Hanyuma Neva yishe Nkurunziza kubera yamaze no gutsinda amatora? Yamwica ngo asubire muri mandat yari isigaje ameze abiri gusa? Sha nimba ndi umunyakinyoma, nawe ari UMWATIZI wibinyoma pe
Ndumiwe urumwicanyi wamacakubiri noguyeranya
Nambarisowanyu canke nyokorome nuwo ninyokwanyu ntaciza kirimuribo none muganga sahabu yagambaniwe nande nabazungu bajekumubangamira bemureka kwiyakishindaro butarira mborimugenziwabo
Komera mushiki wanje , abarundi b’umutima turagushigikiye , ivyo wavuze n’ukuri . Imana igume ikuzigama.
@@florentntabundi8772 murakoze cane
Kumbe no gusenga urasenga n, ingene wama utuka abatutsi,
Empire hima uvuga ntibaho
Nkwibarize : iyo empire hima iba yari mumugambi kuki Mubutu akuwe kuubutegetsi habayeho umuyobozi w, ingabo w, umunyagwanda kuki batari guca bafatiraho ngo bace bafata congo gutyo ngo bayomeke ku Rwanda n, uburundi??
Kira mukobwa canke mugore ayo macakubiri twese turi umwe ! Uzoje Muri Google ubaze uti " hamitic people" uzosanga harimwo twese twirabura
Ayo moko ntabaho abirabure ni bamwe bava kuri Ham
Nonabahima bagwiriye mugisagara cabujumbura sabanyarwanda nonubu nabacongomani ngobaruzuye none banyamahanga bagabuyigihugu hasigayiki kumurundi atakironka haba hakuzura banyamahanga birababaje
Mbegahuvuga ngo ntabishaka nindeya guzamazu idubayi akarungikayo abanabiwe uburibobandandaza nyanzahabu ninde kutamuvuga kumupfuka mumaso unyegeza isurayiwe
Nyumva iyi ndirimbo ikiganiro ndakirangiza (ndacyumviriza cyose nkakora nibisabwa) urakoze VANESSA
Twizere ko atakizoba , Sinon hagize ikiba ikosa rizoba riri kuri Evariste nyene .Imyaka amaze ku butegetsi kandi nawe ari umusirikare kari akaryo keza ko guhindura ibintu, ivyo vyo kwama mu rwikekwe rw'ama coup d'état bikavaho burundu. Niba adashoboye lero niwe ariko arahenda twebwe abarundi tukibaza ngo dufise umuntu hejuru yacu kandi ata kintu atumariye. Ariko nawe Vanessa ntuvuze ingoma ngo uyice umurya ; uvuga gute ko abantu bashobora guhatira président muzima umujanama atamushaka akavyemera??? Uwo yoba ari président bwoko ki ???. Karabaye ingani noneho ngo présidence ya neva ibe nk'iyigihe ca ntibantunganya atari afise isaganirizo na ritoya.??? Ah'ubwo ivyo ntanguye kwemera , n'ivyo abantu bavuga ngo n'ubwo neva akunda gukoresha imvugo yagisirikare, ngo n'umunyabwoba cane...
Cane gose
Iyaburimuburundi ntabyowavuga nkibiii😅😅none kuki mugera munahanga mugatangira kuruka mwajyiye mwifata mukagura utunini mugafubika ibigambo byurwango koko😅😅😅😅amahanga simwijuru mwajyiye bizavaranjyirana dabiiii😅abanzibigihugu injyegera gusa ntabyiza bibamo uwabaha kuyobora uburundi mwakora jenoside nkiya 92😅😅😅
@@MporanimanaDonacien Gashino kanyoko wewe urazi igihe nashikiye hanze. Wamutindiwe mwabicanyi mwe.
NONNE NINDE YISHE NKURUNZIZA ?
Ntimubeshere ngonabahima mbonarigukuranamwo bimwishe sibisazwe wentiyishe nkurunziza agatwara nivyoyakoreye vyose ntiyobgiye kurabaho yashizabandi
Murakoze cyane guhugura Abanyapolitike b, Abanyarwanda bari muri opposition bakwiriye gukora nk, Abanyabwenge barengera Abaturage aho gufana kandi bazi uburyo bahunze n, amategeko yo gukinyiza Abanyarwanda turagukurikiye kandi turagukunda cyaneee!
Muzonyisigurako ngonabahima muvugishukuri nkimanizi vyose haryaharimwo umutagatifu sabicanyigusa harimwumugororosti inde ninkozizibibigusa
Niyoyisenyuye ntimubabeshere ntabahima nibihutu bisubiranamwo vyibavyica
@@ndabaniweperusi9546 ntaco uzobabera icabona
Ok,turakwumviriza5/5.
None abarundi bose bapfuye rumwe?
kuki kwica abaperezida bitorewe n'abenegihugu babigize agahigo?
Kuki abatware bose bakora nk'abasahura bahita?gushika naho umukuru wigihugu abidogera!
Namba perezida atagira ijambo ryambere mubihangange,nukuvugako akokagwi k'ibihangange,bisaba bicare barabe aho bageze n'aho bagejeje igihugu n'abeneco.
Burya umugambwe CNDD-FDD kumara imyaka 20 k'ubutegetsi batarakomera,bazokomera ryari?
Jewe nariko ndaraba comments mbonako abarundi batekewe n'ubwoba,ntibaribuvuge ivyiza canke ibibi,nikuki?
Kuko vanessa bakufata nk'umwihevyi.
1.Igihugu ko cuzuye abagabo bize,vanessa uzofate akanya utwibutse insiguro y'ijambo"UMUGABO" munsiguro yaryo bwa kirundi,
2.wongere utwibutse insiguro rihabwa mururirimbo BURUNDI BWACU (uhagurukana ubugabo),
3.wongere utwibutse ukwo FNL na CNDD mbere na CNDD-FDD barisigura.
4.ikindi naco ndagusabe uzofate ururirimbo rw'umugambwe uri k'ubutegetsi urudusigurire,wongere ururungikire bajenerare bose wibazako bahambaye mugihugu,usanga harivyo bibagiye,baheze bavyibuke.
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Umuntu uwariwe wese acamiza amoko mukanwa aracarumwana,ntacarabona.
Ndagukunda vanessa birababqje cane jewe narumiwe 😢kubona abasirikare biche abattu bafungiye mu mpmba bakoresha ibiterane kuri ZOOM abandi bahunze bakagenda na passeport diplomatiques abarabarimu barahebwa amafaranga barahunze uwaroze nkurunziza n umugore waturutse belgique
@@EdmondePhilippe-e9b Nanje ndagukunda 💜
None ikorwanabande sabahute umuhutu nukoreshukuri nibandeba baduhekereja mabuye twariduheste ibibondo baragastindwa
IKIBAZO co mu Burundi ni ubwenge buke
Uco ukoze wuziyemwo amacakubiri menshi abo bahima wama uriko uravuga naho mubanka murabatinya vyose muvuga ko ibitagenda vyose biva kuribo nubuhe bushobozi bagifise batakiri kubutegetsi muri ubujuju mifise sinzi aho buzobageza.
@@leonmidonzi4960, urakoze gufata akanya ugatanga iciyumviro cawe. Aha kuri TUYAGIRE VANESSA CH twakira ivyiyumviro vyose. Uzogende ubaze so canke nyoko uti:" Hagati yanyu na VANESSA ninde munyamacakubiri". Inyushu bazoguha uzogaruke umbwire
Neva niwe musuma Mukuru niwe abahagarariye
Komera madame Vanessa , turi inyuma yawe , ivyo uvuga vyose nivyo . Evaliste jewe turazinanye kuva kera ariko ico ndamuziko nuko afise umutima mwiza cane .
@@florentntabundi8772 Ninacogituma adahuza nabariya basuma bo m7mugambwe iwe😰😰😰
Nukubera uraeuhaze. Sinzinkabaguha sabon
None kumengo amacakubiri yarakwishe usenga gute ko wavuze ingene waroteye Evaliste ukaca usenga burya hariho Imana yamacakubiri?
Amacakubiri afise nyoko naso bo babigisha kwiba,kwica no kunyaga
Komera Ombe .Iyi titre ko iteye ubwoba ! Coup d'Etat se ?
Kura insaku ngaho wewe wama wateranije uvuga ibinyoma gusa..
@@lievinrupande9107 Insaku ni wewe uzivuga. Nateranije bangahe? Zana abo uzi baryanye bakankana kubera jewe. Niwewe munyarushaku
Vanessa none kweli wewe usenga Imana iyihe idashoboye kukubohora amacakubiri?
@@nimubonaeric8074 Nsenga UHORAHO RUREMA, si nssenga imana. Wewe niwe usenga imana
Mugabo biragoye nonekotwabuze twese ahomuvugiki bagomba kuryozwa barikuryozwa bosikukoboso baricanye none umwicanyininde utarumwicanyi ninde kobirigwa barasubiranamwo atabahima mbonamwo iyongoma igombanisenyuke ntacimaze
Muvuge bimene kwibuye abicanyi nkawe bivuge kuvugu kuri ntikubuza kuvumba bivuge
None ikosa n'iryande ? Niba Neva adashoboye kwikingira ubwo ntashoboye nyene bazomurangiza ntagisivya; kuko ntawundi yomukingira.
Niki cyemeza ko iyo audio ariiyukuri? Nabahima bashaka guteranya abasirikari babahutu. Niko vyagenze muri 2015
Iyi Titre ra inteye ubwoba igandagurwa???niyirinde Ndayishimiye rero naho ubundi ndumva amaraso agiye kumeneka Imana irinde Abarundi
😂😂😅 Vanessa emwe wew uwoguha igihugu wocugiturira kabisa erega abarundi naho bavuga ko ari ubwoko butatu turi bamwe erega ntaho tuzoshirana ko atabwoko buhonya ubundi ahubwo iyo ucinyije bamwe apres X temp nabo barakuja hejuru rero nibaza wew ko uvuga ivyutazi naho ukunda kuvuga wew ntabumenyi nabukey ufise nkivyobintu uba uvuga ntasoni
@@jeannedarckantore Nshimye wabonye ko atabwenge ngira ariko ukumva ko ari NGOMBWA ngo wishure kubintu bivurwa nimburabwenge. Kaze cane kuri TUYAGIRE VANESSA
Yogitongora kabisa kuko sinovuga ngo mumaraso yiwe hatembera kwanka ubwoko ahubwo hatembera ububeshi n'urwanko gusa
Vanessa ndumvako uzi yuko Nyakubawa Evaliste abangamiwe none uri nku muhanuzi wiwe womuhanura iki?
Nambakundawewe ivyiwe birazwi nambari musazawe nicogituma uvugivyo vugivyuzi ntuteranyabantu
@@ndabaniweperusi9546 ndagutumiye uzoze kumugaragaro dukore debat. Kuvugira musi nk'ifuku vyerekana ko ari ubukozi bwikibi mwitwaje gusa
Ariko Vanessa uravanga ibintu nukuri. None abo basuma Président avuga ntabakure ugira n'abo bahima uvuga babimwosha ngo ntabakure. Ubwo busuma uvuga nibaza ko atarabo bahima babibatuma. Ahubwo baje kubutegetsi bafise mumutwe ko abatway imbere babimaz ari ukwi rattrapa bakibagira ko aribo batwara kandi atawuriko arabakura. Gusa akica système cank ubutegetsi kayivamwo. Il faut parler des faits zigaragara mais pas des suppositions ngo boba bahendwa n'abandi bantu bataboneka kuko ivyo nta preuves bifise. Par contre les cerveaux enregistrent ce qu'ils veulent selon la tendance émotionnelle yumwumwe wese. Bituma abantu bahengamika ivyiyumviro n'aho boba babona ukuri cank bari bipfuza kuvuga ukuri. Par contre les faits zigaragara ziratuma abantu badeveloppa objectivité mumutwe bakabona ukuri par rapport à ces faits. Ariko urantunga kuko nzi bike murivyo pe
Umwawabuyoya nahakorere arimenge yibuke bwaburozi bwabacndd fdd nawe bazomwivugana birazwi kwarabarozi
Urabivuga kandihari nababitanga namahera yabo ntibayabahe hanyungo numutagatifu njanyenawe nayuwomugorewe nihatari
Vanessa ibintu uvuga biravanze kuko simbona uruhara gwabahima muribi bintu.amacakubiri niyo yakwishe
Ubuko atabahima batwara bimezegute ntimusubire kuvuga bahima jesindumuhima arikomvu gishukuri ntabutegesti bwabahutu niweyabikoze gosekurinkurunziza
Noni vyovyo ubivugiyiki nonufatanije ninkozizibibi habahasigayiki nitembe yarimaziki nitembe nawe yishabandi abariya birigwa batorai muvyimba bicisha nande
Igihugu nticageze ahokigeze ntanzara nkiyo yariho nubwicanyi ntibwangana nkuburiho ubu ikindi ntawuzi urabazabamuzi bazomukubwira uwariwe ntabahima janyagurirahiyo
Ushimirwe uvuzukuri ayamazumu wagirango niyosuka babonye nukuvugirahobicaye bagasumbwa nibimuga umva wubahwe ubwijabantukuri nakagame yamazekubiga nukuvugira kumazumu
Babwire ukuri kuko ukuri ntikuvuna kuravura.o
Nabahima bo kwa Agathon nabo muzobaganireho
Frederic Nzeyimana aramaze kumenyekana ko afise deal y'abatutsi yo guhenura système hutu. Uwushaka umuhutu amutuma uyundi. Ni umuhutu atumika neza.
@@nsengiyumvaeric4924 Ariririwe, Frederick niwe akorana nabahima bakanka gusinya genocide yakorewe abahutu? Akorana nabahima akandikira UN ngo niyemeze genocide yakorewe abahutu, mugihe abahutu baba DD barahiye kuyemeza! Sha ufise ubwonko bw'umuhutu yarongoranye numuhimakazi.
Muzokwama mumubona ngaho murware Estomac.
Izo mana zanyu muragapfana nazo
@@JuvenalNiyomungere ndagushimire ko warose aho users userurira ivyiyumviro vyawe. Kaze kuri TUYAGIRE VANESSA
Emwe wa lwana wabakobwa uravuga nuko utavura. Abumva nibumve
Kwari hatari
Ese Vanisa ko tutakikureba wabijyejute!
Bari bakwiye gushinga undi mugabwe
Nkurunziza ntiyishe nabahima vugishukuri neva niweyamwishe anamurahirirako atarana shingurwa amuhamurirako ivyashaka ngorye ivyasize abahima nibobarahiriye kukiziga ciwe atarashingurwa sneva
Nahoyogenda siweyishe nkurunziza ngoyidegemvye ninde komuvugivyomutazi numuhima yamwitamvye hejuru mukuryivyoya koze suwonyene urata urumunya vyaha kumunwa urarengeje nibihutu vyicana yomwambiki bara bantu
Nambarisowanyu canke nyokorome nuwo ninyokwanyu ntaciza kirimuribo none muganga sahabu yagambaniwe nande nabazungu bajekumubangamira bemureka kwiyakishindaro butarira mborimugenziwabo