Slt yves harinamakuru avugako iran yoba yarasavy Assade ko boja gukomeza harya igorani bahakomeze ibirindiro.banamusaba ko mur syria bojanayo inganda zintwaro aranka rero bivurwako mur ligue Arab ariho bagumy bamubesha bamwizeza ko bamurihafi mur vyose can can turkie na quatar
Turkey na Israel barahemutse (Bigize indakoreka nabagambanyi muri Middle East),sinon nitabatanguranwa barayisenyagura nka Lybia, Syria, Irak. Ayatollah niyirwaneho nka Vladimir Putin kuri Ukraine umwambari wa USA & Occidents
Yves mugerageze mujye mwakira nubanenga? Kuko kuba usoma nibivuze ko umenya byose kandi umuntu ukunenze ataguhutaje sinzi impamvu utabyakira
Jean Dédié asoma neza kabx. Akwiye agatuti
Turikumwe 5/5
Mbanje kubasuhuza gsa mbona isi imaze kujyira inkuba nyinshi america Ishaka yakwiyacyira bakabana
Bibiriya iba itubeshya sha! Ahubwo ubutware bushyirwaho na Satan
yves maze igihe nkukurikira ariko ubirimo neza
Slt yves harinamakuru avugako iran yoba yarasavy Assade ko boja gukomeza harya igorani bahakomeze ibirindiro.banamusaba ko mur syria bojanayo inganda zintwaro aranka rero bivurwako mur ligue Arab ariho bagumy bamubesha bamwizeza ko bamurihafi mur vyose can can turkie na quatar
Ndakwemera urabizi
Wizuse uwahaze aba yitabye Imana.
Nibisanzwe ntabwo abacommando bapfa kuyamanika gutyo gusa bazarurwana mpaka
Ariko ikawa yange uzayisoma ryari uziko irimo guhora
Yves uburaba amajambo uvuga urashobora kugaya president ngo neva murwanda!! Ntasoni bugira kubaha
Yves nawe ubu koko ibi nivyo uvuga? Uri ikigali niwe atanga amakuru mbere ya banyen'Igihugu oya,oya sivyo 😮
Wangozi100/100🙏🙏🙏
Iran nikore akazi, ice amazimwe!
Hahhh! Iran nukwikura mukimwaro!! Íran yibizamo Israel na USA barikuyishyira hasi
Nonese uwo mutwe siwo warusanzwe ari igisirikare cya bashar ?
Turkey na Israel barahemutse (Bigize indakoreka nabagambanyi muri Middle East),sinon nitabatanguranwa barayisenyagura nka Lybia, Syria, Irak. Ayatollah niyirwaneho nka Vladimir Putin kuri Ukraine umwambari wa USA & Occidents
Urakazaneza muvundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲
Romain 13:1-4.
Wibukeko na bible Ari propaganda mubundi buryo