Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana ibajimbere ndaziko Imana ikunda Uburundi kandi bitebe bitebuke bizogenda neza Imana imbere💪💪🙏🙏💜💛❤🧡💚
Kabisa 🔥🔥🔥🔥🔥
Turamukeje cane, uwo muha ikiraka agasubiramwo amakaritiye amwamwe akaya connaiserant nkuko!👍
Bonne idée muta surtout muri mukaza
Fablice akira amashurwe yawe🎉 🌺 Ivyo uvuga vyose nivyo💯
Uyumuhungu kwazumbwenge cane mbega mwumvise ijambo yavuze??? ❤❤❤❤
Imana ibahezagire cane 👏👏👏💒💒💒💒
Uyumutama arakaze we na olegue ntawubavuga mwizina ❤❤❤
Imigambi nkiyi yo guhindura ishusho y,igihugu cacu ikwiye gushigikirwaaaa😊
Nukuri wa muvyeyi we wubahwe uwiteka akomeze agushoboze mumigambi yawe. Kandi bari banakwiye kuguha ukazotwubakir isoko ya bujumbura❤❤
Go go go our Fabrice,you represent well people in Australia.Proud of you baba.
😢😢😢 ngukunda cane Fabrii kiretse icokunyereka nkaguhoberaaaa❤
Aha mu burundi hariho abantu bakangana gutimba ubwo buntu butumye medita bref uyu mu ministre ndamwemera cane gusumba ari tres visionnaire
Imana ibandanye ikurinda
Courage mon frère 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Bamureka kwonona amazina y'abantu, ngo Fablice!!!! ni FABRICE
Wew nibaguhe marché utwubakure isoko yabujumbura kuko ubikora neza
Uvuze neza cane
Irya mburakimazi tuzisanga kuri RPA namakuru bita ngo nayizewe ngo bayakura mumasoko 😂😂😂😂😂😂
Mana we ntakuntu yoza akubaka no muri ville.ville harashaje cane.courage Brother
Mwubahwe kbx🙏
Courage bana buburundi!!!uravuze ukuri haruburozi bwitwa amoko na politique bimugaje uburundi
Kabisa tumuri inyuma courage
Fab homes ❤
06:42 Aha uvuze ukuri🙂👍
❤❤
Bravo Fablice, Impundu
Uri umurundi wumutima
❤❤❤❤
❤❤❤
Izonzu ninziz can
Impanuro nizo
Vyiza Cane
Komera Fabric mugabo ubake inyubako ndende kuja hejulu cane inki ibindi bihugu nka New York America
Ufise vision mbi none New York niyo yubatse ama etage maremare gusa ?
None umupingiy iki Kweli k arico ciyumviro ciwe naw vyari kuba vyiza utanze iciyumviro cawe
Ntidushobora kurengera ibidutandukanya canecane nkabakuze kuko baramaze guturubura nibihuramutwe ninabo batuma igihugu kivurugika😂 twebwe aba jeune turi peace kuko ataruko iterambere ntirishoboka
Ntanguye ntumva amajwi
kosora aho mwaditse Fablice ni Fabrice
Yitwa Fablice avec L, urumviriza témoignage yiwe asigura aho riva
Noe yatangaje abantu bande canke yatangaje wewe 😂
Politics niyo mbi muburundi ibisigay igihugu coba nk,iparadizo.
None politique mbi uyibonyehe? None politique ihari siyo imufashije. Mureke umutima wa Caïni. Amabi mumaze gukorera afrika arahagije. Muhinduke
Ok
Titre iri très pauvre ntihuye nibirimwo

Bravo Fablice,
Impundu