PACIFIKE ABWIJUKURI NEVA,LEONIDAS HATUNGIMANA AMENYE AMABANGA ASANGIYE NA EVARISTE/LEONCE WEWE...

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news

Комментарии • 103

  • @yvetteAbayo
    @yvetteAbayo 3 месяца назад +4

    Hatungimana Léonidas yiphuza gutwara Igihugu kandi adakomeye,n'ikimuga hose mumutwe ,akaboko ! Bamugize igikoresho,n'akure induru asabe ikigongwe

    • @PontienBurarame
      @PontienBurarame 2 месяца назад

      😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊

  • @irakozeyves9201
    @irakozeyves9201 Год назад +6

    Président Ndayishimiye akingiwe n'Imana yomwijuru, Uwuzomugwanya wese azobona ibara.
    Abarundi Twese turamukunda kandi Turamusengera.

    • @julescesarngendakumana9986
      @julescesarngendakumana9986 4 месяца назад +2

      mwese nand?

    • @honestysuleiman3254
      @honestysuleiman3254 4 месяца назад

      None wewe kuvuga ngo abarindi twese, urikumwe naba nde? Twebwe kudushiramwo twakubwiye udushiremwo?? Urumwe wewe nyene ureke kudushiramwo 😢😢

    • @NsengimanaBlaise
      @NsengimanaBlaise 3 месяца назад

      Iconicasame shaa ninde yakubwiye ngwuvugire abarundi bose?

    • @NduwayezuJimmy
      @NduwayezuJimmy 3 месяца назад

      Urikirofa nkawe wewe urwaye mumutwe icogisuma ninde yogikunda ninde yokunda umukehabwenge

  • @MartinNiyukuri-n2t
    @MartinNiyukuri-n2t 4 месяца назад +8

    Ntagihugu kiriho kigowe nkuburundi ,ikibazo nuko gitwagwa numugwaye womumutwe ico mbona nukumuvuza pe knd mutavyitayeho ngo tumuvuze ndabona bigoye

    • @Ineza-n3r
      @Ineza-n3r 3 месяца назад

      Ntakintu arwaye Atari ubwicanyi cane cane bw’Abatutsi

  • @IssaNimbona-ym9ku
    @IssaNimbona-ym9ku Год назад +1

    Ndabaramukije benedata kandi ndabahaye na mwiriwe none ariwewe wyogenda gîte? Ariko twibuke twese turibamwe Murakoze kuntererano Gwangju.

  • @nshimirimanarenovat1938
    @nshimirimanarenovat1938 Год назад +4

    Nous n'avons pas à aller quémander à l'Union Européenne. Ce sont des individus intelligents nous aussi. Nous devrons nous débrouiller à nous développer sans quémander. Venez au Burundi la paix est totale et si Armel est innocent il l'est et il le restera même en prison. La justice s'est améliorée ces dernières années. Le seul objectif pour le pays est d'être émergent en 2040 et développé en 2060. S'il vous plait, venez et construisons ensemble et cessez de parlez n'importe quoi . Dire QUE LE umukuru w'igihugu ataco amaze " est vraiment une injure grave.

    • @georgesndizeye2948
      @georgesndizeye2948 4 месяца назад

      None Ninde yababujije gutaha? Nubu haguruke mutahe iwanyu

  • @Akimanajanuary
    @Akimanajanuary 2 месяца назад

    Muranka ndayishimiye nu mugabo turamukunda

  • @irakozeyves9201
    @irakozeyves9201 Год назад +1

    Murahumba Basha
    Evariste wacu n'Imana yamuduhaye,kandi uwuzomugwanya wese azopfa nkimbwa,
    Abarundi Twese Evariste wacu Tumurinyuma. Je ntabwo ntarinziko hakiriho abarundi bavuga bino bintu bavuga nabi Président wacu Ndayishimiye
    Muragowe mwaravumwe mwebwe muvuga nabi igihugu cabibarutse
    Imana yomwijuru Irababona

    • @NduwayezuJimmy
      @NduwayezuJimmy 3 месяца назад

      Uwaroze uburundi arakomey kabis yoroganye nabarundi nn abarindi nibijuju wamuhawe nimwna wenyene niwe ubibona

  • @EmmmaTembo
    @EmmmaTembo Год назад +3

    Mugifise akatima ko gusabiriza ntagishasha mwozana mu Burundi komeza mwikatira amazero iwabo habandi

    • @NduwayezuJimmy
      @NduwayezuJimmy 3 месяца назад

      Muburundi dutunzemwo ibijuju nimpumyi gusa ntkizoreka kuyangara

  • @violettentawuyankira602
    @violettentawuyankira602 Год назад +2

    Hatungimana nakur urwamo arirana intore yubugari muntoke ! Niko yishuy aba étudiant .

  • @habimanahodal2864
    @habimanahodal2864 Год назад +1

    Mujane gusabira hamwe imfashanyo muri UE !!! N'ukuvavanura n'ugusegerereza.

  • @yvetteAbayo
    @yvetteAbayo 3 месяца назад +1

    Mbe hatungimana woza wozana iki? N'umukuru w'Igihugu piter nkurunziza yarakwizeye,uramuhinduka! Twebwe abarundi ntitukwifuza turazi KO uri igihemu! Isukari irahari,n'ivyo vyose udedemba ,n'ugukoreshwa! Twebwe ngaha mu Burundi dufatanye munda, Pacifique Nawe uraziko yasavye ikigongwe kuvyo yadukoreye muburundi,abenegihugu bakangara,abandi akabica agaca yigira! Vyose n'ukubera urumogi pacifique anwa.

  • @erichakizimana6024
    @erichakizimana6024 Год назад +1

    Ngo abatahukane mujane gusaba imfashanyo iburaya
    Muracari muribimwe vyakera
    Izomfashanyo zokuva 1960
    Twarigeze duterimbere
    Reonidasi vyaragucanze mwe na Pacific muzogwa mugahinga

  • @Makakulaya
    @Makakulaya Год назад

    Président wuburundi ni ikirogoryi.avuga nkababoyi mengo afise ibijumbu mukanwa,akominduru, wagirango numuboyi bahaye igihugu ataravyiteze.Nakagore ke gasa ninkende

  • @AlainmarcelBigirimana
    @AlainmarcelBigirimana 3 месяца назад

    Ntawutokwemeza ko muborewe mbe izo ncabwenge ni Pacifique Niyombare na Armel? Nukuri niba atar'inzara kwishikana ndabona vyatanguye

  • @erastenzabahimana
    @erastenzabahimana 3 месяца назад

    Ndayishimiye afite faiblease ikomeye muri politique

  • @NduwimanaLevis-o3x
    @NduwimanaLevis-o3x 2 месяца назад

    Mwibuke ko Atakuganza Kutava Ku Mana Ahubwo NIMWISHIKANE musab'Ikigongwe. 1

  • @JanuaryNicogihe
    @JanuaryNicogihe Год назад +3

    Mwebwe mucibwamwo nkumwana agwaye ibire ariko umwana acibwamwo munyo mwebwe iminwa yanyu yabaye inyo mucibwamwo mukanwa zibire iminwa mukoreshe inyo

    • @NduwayezuJimmy
      @NduwayezuJimmy 3 месяца назад

      Indero yoyo ntugiranamba wakuze urimpfuvyi

  • @fulgencendayiziga7683
    @fulgencendayiziga7683 Год назад +2

    Murakoze kukiganiro.yamara ivy'iburundi vyarayangaye ntawoba akibivugako

  • @ThierryNiyongabo-u5t
    @ThierryNiyongabo-u5t Год назад

    Pacifique reka kwigira umunyabwenge Uburyarya bwawe turabuzi ngokuja gusega muri union européenne nivyo vyoduteza umbere ?komeza usege wowe twe twibereye kukivi kandi WE ARE aproud of Out président Evariste Ndayishimiye

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад +3

    Ntihari mukugera ahubwo hararebgeranye ko bagihenura

  • @violettentawuyankira602
    @violettentawuyankira602 Год назад +2

    Pacifiq kebura reta wibuka neza KO atagihugu nakimw gitezwimber nimfashanyo zikindi gihugu; Hama muram muzirikana KO ubwoburundi mwandagaza aho musigaj kuvuga ivyo umudam wumukuruwigihugu atets KO arinyifato yabana bato kandi mukuz nukuri ! Urupfasoni yemw rwamy ruranga abarundi,!

  • @dejuniorthierry7074
    @dejuniorthierry7074 Год назад +2

    muribibwa niba mwanka Neva kandii nimba ari ukubweja muzokomeza kubweja nkumuntu yubahuka ngo Neva ngo ntacamaz muribibwa vrt..🤣 mb aho ibintu vyoroshe nihehe? ko abarundi dutembera muri Afrique mbwira igihugu umuntu abayeho uko yipfuza??? komez mubweja abarundii turamwemera

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 3 месяца назад

    Abatutsi muragowe..

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад +2

    Evariste nikigugu ntazivyarimwo nikigwarudubi

  • @Akimanajanuary
    @Akimanajanuary 2 месяца назад

    Muravuga ubusa gusa ndayshimiye nu ntacyozomutwara turamushigikiye

  • @Joselyne_257
    @Joselyne_257 Год назад

    Mugisha Daniel nigute ?

  • @NduwimanaLevis-o3x
    @NduwimanaLevis-o3x 2 месяца назад

    Mwibuke ko Atakuganza Kutava Ku Mana Ahubwo NIMWISHIKANE musab'Ikigongwe.

  • @jean.marieniyonkuru5563
    @jean.marieniyonkuru5563 Год назад

    Mbega hoho ubwo bukwavu buzoronka Bose ? Iyo cantine scolaire ironka Bose ??? Mana tabara UBURUNDI

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana 3 месяца назад

    Pacifique akwiye kunuma kuko ivyo turimwo niwe yabiduteye mukugwanya mandant yanyakwigendera Nkurunziza

  • @manassengendabanka5229
    @manassengendabanka5229 Год назад +1

    N'ukuri ndababwire mwabagabo MWe muri hanze..kubwakanwa kwanyu kamaze kwononekara mwitegurire gupfa nk'imbwa
    Ntimwasumba Buyoya.

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض Год назад +2

    👂👂👂👂🙌

  • @JoselyneKwizerimana-mz9or
    @JoselyneKwizerimana-mz9or 4 месяца назад

    Murakoz cn mwebwe mutumenyesha amakuru yigihugu cacu c'Uburundi!Ark rero uwomuntu yambarira 20million/jr uburundi turiko turarira igitoro ivyonivyo kl!!! Nibahagabire!

  • @NduwimanaLevis-o3x
    @NduwimanaLevis-o3x 2 месяца назад

    Mwabagabo Mwebwe Nimwe Mufis'Ubwoba.Ninyishu Muriko Mutangw Mukwishura Ibibazo Mwabajijwe Harimwo Ubwobwa Bibagora Kwishura Aho Ico Nicerekana ko Muri Mu Binyoma.

  • @NkurunzizaEric-n2q
    @NkurunzizaEric-n2q 8 месяцев назад

    Ntaco ndumva mushima kuri l'état. Guerre médiatique murayirembeje. Muraja muratubwira ibigenda neza navyo

  • @FelixNduwimana-x8k
    @FelixNduwimana-x8k 4 месяца назад

    Ndabaramukije mwese,mbanje kunamira umuhisi président Buyoya,WE atakindi ça muraza ishinga atari ukunywanisha abarundi,gushika Aho yemera kuganira n,abamurwanya;mbere agahava abaja igihugu,rero nyakubahwa ndayishimiye n,arekure,yemera ikiganiro,impuni zitahe ,Hama twese dungure ibiganiro vy,umuntu twokubaka igihugu cacu twese atanumwe akumiriwe,Hama tuje bindi bibazo bikomakomeye birabaje uburundi n, abarundi.muhezagirwe mwese barundi bene wacu

  • @Ntiwihendecuma
    @Ntiwihendecuma Год назад

    Twarabamenye mwihangane ivyomwakoze 2015 turabizi kabisa mwihangane abo mwashutse murabizi ? Rr ihangane mukumbuye guturira amapine?

  • @cfagburundi3823
    @cfagburundi3823 Год назад +1

    Ivyo paske avuga womenga avugukuri ariko ntaco araha nikiro cibiharage mumuryango wiwe,
    Turamaze kumenya ko arigikorosho cabanyamerika,
    Iyo abarundi batarikobarafa Bobo idiriryabo umenga rirafuye

  • @MichelMisago-vp8ed
    @MichelMisago-vp8ed 3 месяца назад

    Nahomurevuta muzomfpamwangara nkivyomuvuga harigihuzobisubiramwo abarundi turiyamirije rewonnidansi napasifike iyomiyuka

  • @ndayiragijeaudace-g9z
    @ndayiragijeaudace-g9z Год назад

    Arega mwebwe ntimuri ncabwenge muribtabwenge capt trailer numugabo yirukanye abazungu namwebwe ntahomutaniye nababazungu

  • @FabriceNiyonsenga
    @FabriceNiyonsenga 2 месяца назад

    😂😂😂😂😂😂
    Ati kuja gusaba imfashanyo,
    Tugume duteze amaboko kubazungu kuba (occidental):
    - baduciyemwo ibice hagati mu burundi, bituma turyana.
    - batwiciye abasogokuru bacu,
    -bakanatwiba ivyagaciro ,
    Namwe muraciyumvira kuguma mubasega, mubakomera amashi,
    _Ni muze dukore mukuri
    _Ni muze duteze imbere ubundi bwacu.
    _

  • @DavidBahati-k7k
    @DavidBahati-k7k Год назад

    Nyiye warundi wa kusemasema plus moims uyu Neva muangariye wagirani yenu ni vip? Tafazari mwende polepole ata mweye amtatengeneza vyote muyiba kumushinda.

    • @patrickBilly-bl3nq
      @patrickBilly-bl3nq 3 месяца назад

      Kiaz ww ndo unazungmz Vitu gan? Hatukuelew!!kwamba;???

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Год назад

    Ati hageze ko abarundi bikangura !!!! Ukuntu yokwemera ko mwifuza kwubaka biragoye

  • @JanuaryNicogihe
    @JanuaryNicogihe Год назад +1

    Mumenya ivya never gut mwebwe mugomba gutwarira igihugu mubiganza vyabanyaburaya murimburabwenge nimwinjire mugihugu mutey nkabuyoya yarimbwa yigihugu

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 7 месяцев назад

    Hh Imfashanyo??
    Wamugabow uratey Isoni.

  • @IssaNimbona-ym9ku
    @IssaNimbona-ym9ku Год назад

    Murarakoze kubiganiro mutanga none benetata umukuru wigihugu yanbaye neza nicokibazo gihanze UBUBURUNDi na AFRIC....?

  • @NitungaIsaac-df3nf
    @NitungaIsaac-df3nf Год назад +1

    Mwbw Basha

  • @trezorirakoze9912
    @trezorirakoze9912 3 месяца назад

    goo

  • @violettentawuyankira602
    @violettentawuyankira602 Год назад +2

    Njanyw na Léonce yabagez inkokora non nka Léonidas ivyavugango jomanfu KO yava Congo aja cankuzo namag , uwuborew nagahengw acana inkizo nukuri!

  • @CharlesBukuru-u2e
    @CharlesBukuru-u2e 4 месяца назад

    Nibindi muzobivuga mubweje Never arakundwa nabenegihugu

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 Год назад +1

    Ndayishimiye ni ikirogorogo ntagutwara kwiwe afise

  • @MichelMisago-vp8ed
    @MichelMisago-vp8ed 3 месяца назад

    Nahomurevuta muzomfpamwangara nkivyomuvuga harigihuzobisubiramwo abarundi turiyamirije rewonnidansi napasifike iyomugabwe ntazawuzane muburundi turazi umukeba ntakuvugiraneza kandi izovyimvyi zapasifike narehonidasi izo nimpehesa mwenabo abarumdi ntitukibunviruza

  • @mariushakizimana8822
    @mariushakizimana8822 Год назад

    Léonidas wewe wapi kweli.ibarabara nisawa Ubu nahamwe iwanyu harahita.Abo bahima ntibaguhende

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 3 месяца назад

    Mwariravye musanga mutari mu Burundi,abarundi ntiboshobora kubaho ?Murihenda cane.Mumaze imyaka cumi mwaragiye,ariko abarundi bariho kandi bazamaho.Nagira ubu mwaramaze kuronka ubwenegihugu iyo muri.Ndumva mugifise amanyama,niyo mwogaruka ntivyokworoha

  • @onesimemanirafasha1560
    @onesimemanirafasha1560 Год назад

    Mwa mbandimwe ngo muza muvuga.
    mwaba sagasimwe

  • @juvenalhavyarimana1418
    @juvenalhavyarimana1418 Год назад

    Mbe uwo Pacifique yaba uwakangahe mw'ishure? We wari mu ba gihende kabisa, canke ngira wamenya ku giturire.
    Uravye abana b'igihugu yishe, yononye n'urumogi, yataye mu buhungiro.
    Urahenda nde? Uwokwumviriza ni uwutakuzi kabisa. Ariko kugira ntiwiyahure ba uhiga ama vues hano uronke ibirayi.

  • @claudeyamuremye1562
    @claudeyamuremye1562 Год назад

    Harimukugerako twikanguragute? Ingo mubivugire mugihugu none nobafata no ba Tora sha

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Ahubwo abemera jo ari umukuru wigihugu sindabumva jewe uwo sinemera ko ari umukuru w igihugu ntavyo nemera jewe

  • @BigirimanaGerald-q4k
    @BigirimanaGerald-q4k 8 месяцев назад

    Ubukenebwo buranura abantu tu idorar 1 imwe ni 5000Fbu

  • @mwabantumwe
    @mwabantumwe Год назад

    Komeza guduha ibikorwa vya politique

  • @pascasienyanfwi966
    @pascasienyanfwi966 Год назад +1

    😅😅😅
    ndagunsetse.

  • @aloysdegonzagueniyoyita1974
    @aloysdegonzagueniyoyita1974 5 месяцев назад

    Abandi batanga inka, twe dutanga ubu kwavu!?

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Reke gutumwanya kurico kigwarudubi

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Год назад

    Haaaaa. Ntaco mvuze

  • @ibrahimrwasa6345
    @ibrahimrwasa6345 Год назад +1

    IVYO MUVUGA AYAMUHE TWEBWE NTAVYO TWUMVIRIZA MURI ESHA, IVYO MUBONA MUTARI MU GIHUGU, MWIRIRWA MU BUNAMA BWA MISI YOSE KUGIRA MUDUCAFURIZE IGIHUGU N'UMUKURU W'IGUHUGU UMUVYEYI WACU. UBWO MWEBWE IVYO AMAZE GUKORA UWOHABASHIRA MWOBIKORA? MURI GUTA UMWANYA MUZOSAZIRA MU GAHINGA ATACO MWIMARIYE AHO GUTAHA MUKUBAKA IGIHUGU. ABAZUNGU BARABABESHA UBU NTACO BAZOBAFASHA. MBE MWE MUVUGIRA BANDE? MU BURUNDI TUMEZE NEZA TURARYA TUKARYAMA AHUBWO MWEBWE NTAWOBIZERA.

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 Год назад

    Ivyo birabaraba

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад +1

    Ntamukuru w igihugu ahari harikirofa numusazi

  • @MahirweJonas-wj7dz
    @MahirweJonas-wj7dz 3 месяца назад

    uyu munyamakuru abaza pee ndakwemera

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Ntamugambwe uriho n amavyi bgo numugambwe

  • @musoniandre8934
    @musoniandre8934 11 месяцев назад

    Alikokweli.urukwa.niki?vyibura ntabahaye.ingurube.itangafumbire.igatanga.inyama.urukwavu ruzamaliki?

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 Год назад

    Yemwe muzosaza murushe

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Nimuvuge ibindi mureke kuvuga ivyuwo musazi yiyita umukuru wigihugu wikijuju ikirofa

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Urazamazu arikwarubaka igitega murabaza

  • @claudeyamuremye1562
    @claudeyamuremye1562 Год назад

    Ntakukurwumwa caratu vunye ntitubaha

  • @Tuyisabe64erick
    @Tuyisabe64erick 3 месяца назад

    Ego kweri

  • @changerevolution8062
    @changerevolution8062 Год назад

    Abakozi ba Kagame, muzotsindwa !!!!!!!

  • @josuestanus3581
    @josuestanus3581 Год назад

    Mutarahunga ntamahoro twari dufise uyumusi namahoro imana idufashe ntimugaruke muheriyo mwabijujumwe

  • @MichelMisago-vp8ed
    @MichelMisago-vp8ed 3 месяца назад

    Abarumdi ntamitimamugira kuvakera ibintu vyansubu murabakajagarigua imdazanyu erega nimwemwiyomora nimuvugemake uwoguhigihuguwewe wokoriki akananiyumugabo kananiranuyumdi ntamuperezida agirubwoba ubwoba bugiruwrihanze kanduwurihanze ntiyovuganeza wewezomukura

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Reka kurekure amatama

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Dutwagwa numugwayi mumutwe

  • @MelchiadeNtunzwe
    @MelchiadeNtunzwe Год назад

    Abobagabo ntibabaho bavugira mumahanga gusa nimutahe neva numugabo basha azobatwara mwese

  • @JanuaryNicogihe
    @JanuaryNicogihe Год назад +1

    Mwashaka gutigihugu mumanga ntabwenge mufise

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 Год назад

    Nabamushizeho nabo ni cokimwe ntibabona ko bahashize ikigugu nibamukure bagitembagaze

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض Год назад

    Akakantu nininahazwe avuze kimyambaro madam nev yambara kankoze ahantu nakubwenge

  • @veronicandizeye4817
    @veronicandizeye4817 Год назад

    Muribeshya CNDD ihagaze bwuma na Evariste ahagaze bw uma

    • @JanuaryNicogihe
      @JanuaryNicogihe Год назад +1

      Utwo nitwatubwa nyakwigendera yavuga twimujeri uwukankama ari mugwiwe niwe nyenijambo iyobahungiy bivanye nubugugu bwabo ntabenegihugu bazobakunds nimuceceke murindir muhunguke muhanwe mwa bubwa bwimujeri

    • @Makakulaya
      @Makakulaya Год назад

      ​@@JanuaryNicogiheabahutu muzi guhiga nokurima gutegeka sivyanyu niyompamvu abazungu babagize abaja

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana Год назад

    Ikibazo nubu bukene buteye ubwoba gushika nabagenda hanze munkino Baca bagiramwo aho kubaruka kubera ubukene buba burembeje abantu iki nico botorera inyishu