Nay Chris Official - Bon Accueil (Official Music Video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 8 фев 2025
  • / @naychris257
    Lyrics ;
    Yeeh Put put
    Nay Chris another bang this yeeh yeeh
    Couple 1:
    Baby ii
    When I see you . Me I loose my mind ooh
    Honey ii
    nkund’ukuntu ukora mugitondo
    Ura Makinga Makinga ata gufosinga fosinga
    Tuga chillinga chillinga
    Eh Wallh babe
    (Iyawe iratera Appetit je naho mbigira ngo sibitaki
    Iwawe je mpinduka nkaga petit babe jewe nkaga petit *2)
    Beiby you’r so preety nzokurw’inyuma
    Muri wewe niho nasanz uburuhukiro
    Refre:
    Kuk ufise BON ACCUEIL bae
    Ufise BON ACCUEIL oohh know know know
    Iyawe iri bon Accuiel bae
    Iri bon accueil ohh know know know
    [Bon bon bon accueil
    Bon bon bon accueil*2]
    Couple2:
    Je namaze kwinjira muma office menshi
    But iyawe irabasumba bose yeeh
    Iyawe iri International
    Sinzi ukuno navyisanzemwo
    Yandutiye aba Ex iyawe iri Deep
    Deep bebe yeeh is different yah yah
    Nabamwe nakocola ah yeeh
    [Iyawe iratera appetit
    Je naho mbigirango sibitaki
    Iwawe je mpinduka nk aga petit bebe
    Jewe nk’aga petit iih *2]
    Baby ih you’r so pretty nzokurw’inyuma
    Muri wewe niho nasanze uburuhukiro
    Refre:
    Kuk’ufiae Bon accueil bae
    Ufise bon accueil ohh know know know
    Iyawe iri bon accuiel bae iri bon accueil
    Oohh know know know
    [Bon bon bon accueil
    Bon bon bon accueil*2]
    .
    .
    .
    1. DIRECTOR : BEDI BEST
    2.PRODUCER:JOELHOUGHTON
    3.STUDIO:KUZA MUSIC
    4.LABEL :FREE WAY ENTERTAINMENT
    5.SPONSOR:FELIX SENEGALAIS

Комментарии • 280