Igiporisi c'u Burundi cerekanye abantu babiri kimenyesha ko baherutse gusubizwa inyuma bava i Dubai

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024

Комментарии • 30

  • @miburopelagie4116
    @miburopelagie4116 Год назад +1

    Ese Imana yohezagira ibikorwa vy'abarundi, tukaba how neza.

  • @MrTop-wj7no
    @MrTop-wj7no Год назад +4

    Ivyo yokora hariya naho biriho?? 😀😀😀 Ngaho mugihugu Hari ama Usines angahe? Imishahara ya 100.000Fbu - 150.000Fbu nahonyene ugakoreshwa utuzi dukwiye 1.000.000fbu nahonyene kugira ukaronke arintambara , Aho rero ukayarihamwo transport,gufungura, kwambara, kwivuza nibindi wumva arubuzima bumeze gut? Mubisanzwe Reta y'Uburundi niyo iriko ituma abenegihugu B'UBURUNDI bangara , amategeko afatigwa abenegihugu aza kubakandamiza ariko ntamusi hafatwa amategeko kubijanye nimishahara ihembwa mubisata bitandukanye kuburyo umunyagihugu yokwibeshaho nkuko ibindibihugu babigenza iyumvire vraiment 150.000fbu amahera adakwiye na 45$ pendant 30jrs??? Uyomuntu wumva abayeho gut?? Nimureke kuza muradufatira mugahogo Aho kugorora ibintu twese tubeho twumvako turi mugihugu cacu wumva ariryari boreka kugenda murivyobihugu mugihe bumva ko bahembwa plus de 500-700-1200$ ??? Torere umuti ibibazo vyubuzi n'imishahara murabe ko Hari uwuzorondera kuja mumahanga

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 Год назад +6

    Please mashaliki murakwiye gushiraho ibiganiro bihuza urwaruka ruri hanze yigihugu naba mugihugu birabaje amahera bonona nimeshi chane please turabisavye

    • @fabricemugisha4145
      @fabricemugisha4145 Год назад

      Caaaaneeee goseeeeee nukuri birakwiye kuko ndabona abantu bazoyingira hanze baza kugwira

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 Год назад

    Uburundi burakenye cane. Kandiburimwo ingorane kuburyo nuwurose umutahe ingingo nimikorere yaleta mumisi mike abayahomvye

  • @anicetdoto6526
    @anicetdoto6526 6 месяцев назад

    Nkizo 7 milles dollars iyo ushinga boutique ntiwari kubaho?

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 Год назад

    Nabandi bazogenda, muburundi ntakazikaboneka nakabonetse nukununurizwingufu ubusa umuntu agahembwa60000fbu. Ababizi nabapolisi nabasoda kukwezi umuntu agahembwa60.000fbu. Ayoyorihinzu, transport, kwivuza, kwigishumwana, ratio, etc. Umuti nukumurundi yoreka kwikunda, indongozi zireke kwigungirako vyose.

  • @christelle2465
    @christelle2465 Год назад

    Passport usaba mu kwa 1 ukaronka rendez vous yo mu 7. Hama ngo abenegihugu barabahenda namagendu. vyobura gute?????

  • @isufurajabu7237
    @isufurajabu7237 Год назад +3

    None abobantu batanga izompapuro ntibofatwa?

  • @gabindya13
    @gabindya13 Год назад +2

    Izina Uburundi ntiryandikwa « u Burundi », ico ni ikinyarwanda. Mu kirundi igihugu cacu citwa « Uburundi »

  • @meachsatos
    @meachsatos Год назад

    Birababaje gsa ibibazo vyose mwenivyo abana bigihugu bahurana,reta irabifisemwo uruhara,wibaza reta yokoroheteza abanyamiyahe Hama tugashinga ama campany nibindi,abana bakaronka ubuzi ugira bosubira kwiyumvira kuja gupfiranabi mumahanga,ibihugu vyishi vyateyimbere kuki reta yatanze liberte mubenegihugu umwewese agakora ivyiwe yisanzuye

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 Год назад

    Ico gisata c'ivy'ingenzi kirakwiye guhabwa umuntu ari sérieux. Benshi barakumbuye nyakubahwa Jimmy. Ngo yari sérieux

  • @nadian818
    @nadian818 Год назад

    None $9K kweri ntizoguha umutahe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😳😳😳😳😳
    Ahubwo mwarimwasaze.. mwibaza mumahanga niho heza

  • @camarandagiwenayo7086
    @camarandagiwenayo7086 Год назад +4

    Kuber'iki mutabifatira aho kuri aéroport y'iwanyu

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 6 месяцев назад

    Nimuz.mugenzabuhor twebw koturin mubarabu ayotugorewey ngotwarungits naret nofat amaherankay ndayafis noyagurumutah nkicar nkaronderer mugihug

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Год назад +3

    🤔 Uwo Mutahe mwishe yemwe!!!
    Passport n'Ikimenyetso c'Igihugu, ni ukumenja kuyiha Umunyamahanga adakwije Amategeko yokuyironka!canke kuyikoresha mu Manyanga.bituma ita Agaciro ku rwego rw'ama Passports kw'Isi yubashwe!

  • @نعيمهم-ك5ث
    @نعيمهم-ك5ث Год назад +2

    Ibaze 1100$ayomahera anganuko mufpishibisa arazi kugira uzukore usubire kuyaronka

    • @mulangilakabwarebenson5128
      @mulangilakabwarebenson5128 Год назад

      None ayo n'amahera?
      Woyakoziki ngaha ???

    • @jinamajody
      @jinamajody Год назад

      @@mulangilakabwarebenson5128 Nibaza ko ari inyigisho bashatse gutanga.
      Abo bantu uko ndababona 11000$ sinzi ko bayafise bopfa kuyatanga mwene ukwo.
      Kandi vyari kugira poids iyo uyo mu appolo aba ari ngaho.
      Reeo murakoze gutanga inyigisho ariko iyo nkuru y'abo bayabaga ni fiction kweli🤣🤣🤣 no kwivuga mwivuze kuko pasport mperuka ko ihabwa inayo apana umu commissionaire

  • @niyomugabojohn8329
    @niyomugabojohn8329 Год назад

    Ayo mamiriyoni yose barishye. Yari umutahe rwose

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 3 месяца назад

    Nonkayomaherayose mwasesaguy iyomurabimigambi mukoramwo mugihugu canyu cuburund ntimwarikubaho neza iyooo oyabamukoreshubweng ayomahericoyampa nomenyukondayakoresha

  • @nadineinamahoro2704
    @nadineinamahoro2704 Год назад

    11millions harimwo umutahe kabisa

  • @Rumaragishyika123
    @Rumaragishyika123 Год назад +1

    Mwanjiji mwe 9k dollars hano iwanyu muri Afrika nihe atabahindurira ubuzima? Nkubu koko when will be proud about Our countries!!! The Africans children plz let us wake-up, ntakiza kiri mu bazungu kitari iwacu.

    • @emechrisngzkugasaka3129
      @emechrisngzkugasaka3129 Год назад

      Reka kuvuga nabi nani erega bikunze ugashikayo ninyungu ku Burundi be no ku miryango yabo

  • @antoineniyirema-oh8cw
    @antoineniyirema-oh8cw Год назад

    Aaaaaa q

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 Год назад

    Bavandimwe nimureke kuza murakurupuka ngo hanze ibaze $11000

  • @antoineniyirema-oh8cw
    @antoineniyirema-oh8cw Год назад

    Qqqqqqq