UKABA UFISE IGIKORWA ICARICO COSE MWISHENGERO WUMVIRIZE INO NTAHE//NJE GUTERA INTEGE ABAKORERA IMANA
HTML-код
- Опубликовано: 19 окт 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Ijuru mwasiguye nyakwubahwa pastor, si iry'abera. Iryo mwiyubakira ni nka ka kazu kawe, sinkarijemwo mw'izina rya Yesu Kristo, je nzoja mu ryubatswe na Yesu!
Murakoze
Yesu christo ashimwe, murazonsobonurira iri jambo Yohana14:2,ico Yesu christo yarashatse kuvuga!!Kuko jewe mpora numva abakozi b,lmana benshi bavugako ibikorwa dukora ngaha mw,isi bitwubakira inzu tuzobamwo,bikaca bincanga 😢
Ico jewe nemera nuko iyi mirimo dukora izovamwo amakamba tuzokwambikwa, ubwo uwutagize ico akora nawe akazisanga ataryo afise.Rwose ivyo vy,amazu mubinsobanurire
muhezagirwe
Imana abahezagire cane
Muri make mumenye ko umuntu azobabwira ibinyuranye n'ijambo ry'Imana muze mumenye ko abikuye mu ndoto( burya benshi barota ivyo birirwa barumva kuko idini ryigisha cane ibirizanira inyungu y'ibifadika) ahandi naho umwe yigira malayika w'umuco akajana abantu mw'ijuru rya kabiri akabereka ibishaka kumera nk'ijambo ry'Imana nka kumwe yahenda Eva na Adam
Murakoze cane mukozi w'Imana mi
amen
1)yohana 8:32 muzomenya ukuri kandi ukuri kuzobaha kwidegemvya.
2) Abaroma 10:2-3 Ndabashingira intahe yuko bafise ishaka ry'Imana, ariko si mu buryo bg'ubgenge. 3 b Ko batari bazi ukugororoka kuva ku Mana bakarondera kwishingira ukugororoka kwabo ubgabo, ntibaganjwe n'ukuva ku Mana
3)1 Yohana 4:1
a Abo nkunda, ntimwemere impwemu zose, ariko mugerageze impwemu ko zavuye ku Mana: kukw abigira abavugishwa n'Imana benshi badutse mw isi.
4)Yohana 8:31 Nuko Yesu abgira Abayuda bari bamwemeye, ati Ni mwaguma mw ijambo ryanje, mur' abigishwa banje vy'ukuri;
5) Abagalatiya 1:8
urakoze cane
Amen, Yesu aguhezagire. Ijuru tujamwo si iryo twiyubakira ryubatswe na Yesu
Hoseya 6:4 haravuga ngo abantu banje bishwe no kutamenya!
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Urakoze kudukebura gukorerimana
amen
Mukomere ntimunyiganyige mumwami
mwoduha numero za telefone zuwo mu pasitori?
Mwalimu ntiyasiguye neza ibikorwa bihinduka impuzu n'ibihinduka inzu. Ivyo yadiguye ntibisobanutse.
eka mugenzi ntimurondere vyinshi kuri uwo mugabo ariko asigura indoto yagize zijanye nivyo yigishijwe nawe kandi yirigwa arigisha.Ijuru yagiyemwo si iry'Imana yacu yaremye ijuru n'isi.Urasoma ivyahish 21:22-23 urabe ingene rimeze : umuco ubayo ni igitangaza! uva ku bwiza bw'uhoraho
ariko uwo mugabo wewe yagiye mwijuru ngo yabonyemwo amazi mabi adasakaye aho abantu baryama ku mbaho! ibintu biteye isoni! uwo yagiye mwijuru rya kabiri kuko niho bama berekerwa ibinyuranye n'ijambo ry'Imana
abana b'imana bavutse ubwa kabiri nibo bazokumva inzamba bakajanwa mw'ijuru.Abo nkuko abanyefeso 2:8-10 hatubwira bakijijwe n'ubuntu bw'Imana kubwo kwizera.Ntivyavuye ku bikorwa kugira ngo ntihazogire uwirata kandi ngo Data basanga yarabaremeye ibikorwa vyiza vyo kugenderamwo.Rero abahamagawe vyukuri nkuko Data yabigabiye ntibishoboka ko bagira ukwizera gupfuye.ivyo bishika ku banyedini binjiye mwidini bazanywe n'izindi nyungu batakiriye agakiza vyukuri( abaroma 10:14-17)
IKIGIRACUMI n'itegeko ry'Imana. Har'abantu benshi bavuga ko ikigiracumi ar'ubusuma bw'abiyita abakozi b'Imana, ariko sivyo. Ikimbabaza n'uko harimwo n'abiyita abavugishwa. Iconzi co n'uko na satani aracanka ikigiracumi ko gitangwa. Quiconque prétend être citoyen du Ciel, donner la dîme est un ordre comme une taxe donnée à l'Etat du monde est un ordre.
ukwo nikwo kuri
amategeko ntagarukira ku cacumi gusa! wewe ushaka kuyoborwa n'amabwirizwa ya Mose kwakwanya uyakore yose utishemwo na rimwe! Yakobo 2:10 hatubwira ko niwaramuka utsitaye kuri rimwe yose uzoba uyishe! kandi mwebwe muriko umuvumo nkuko abagalatiya 3:10 hatubwira.Ese n'iyaba nico cacumi muvuga mwagikora nkuko mose yakibwiye abisirayeli ntimwishakire uburyo bwanyu!
1)Yohana 1:17 ivyagezwe vyazanywe na Mose,ubuntu n'ukuri bizanwa na Yesu. Amategeko canke ivyagezwe vyabaye umushorera n'umurezi vyo kutugeza kuri Yesu biba birarangije umurimo wavyo.Ubu mw'isezerano risha ubuherezi bwarahindutse mugenzi.En fait kugira muvyumve neza ni nkaho wobona umugore yarongowe n'abagabo babiri( bigereranywa no kuyoborwa n'amategeko ukongera ukayoborwa no kwizera Yesu )! ni mwumve ico mpwemu abwira amashengero amadini yoyo ntiyobasha kuvyemera
Circoncision ni itegeko kimwe n'icacumi, none icacumi gisumba isabato n'amasabato? Nimba mushaka gukurikiza amategeko yagarukane yose ariko muzoba mwihakanye Kristo
@@ArielIreraAmen, Yesu Kristo aguhezagire