MBEGA INTAHE//UMUMALAYIKA YAJE KUNTABARA UMUGABO YASHAKA AMFATE KUNGUVU/ABIGEME NABAGORE VYOBAFASHA
HTML-код
- Опубликовано: 19 окт 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Murakoze. Imana ibahe umugisha.
Amina cane,
Imana Data wa twese Ntitetereza abayo
Ibatwongerere umugisha.
Intahe yuyumumama irakomeye 😢😢😢😢😢😢😢
Uwo mumama yanteye ikigongwe warzenze murivyishi muvyeyi
Yesu warakoze wamugiriye neza
Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Intahe yawe niyukuri muvyeyi tuzinanye nukuri Imana ntangarira ubushobozi bwayo❤❤❤❤❤❤❤
Urakoze cane muntu w'Imana niyo ikora ivyo abantu bataziga igatera iteka abayumiyeko abantu zaze baratinya umuntu yavuganye n'Imana
cane
Alleluiaaa Imana irafis uko ibigenza atawe igishije inama hahirwa uwufis ico yavuganye n'Uhoraho
amen
Komera muvyeyi
Imana nishimwe,ikora ibitangaje,kandi ni urukundo,ijya iterura uyiringiye.Ndanezerewe cyaneeeee ku bwanyu.Ibongerere umugisha.shalom
Ntawizigiye Umwami Yesu Kristo yigera amaramara!
Imana Iratabara uzoyubahe
Nkri IMANA imez neza
Urampezagiye muvyeyi❤nanje Nuko kwawe bumvisengo haruwo dukundanye bavuga ngoyashimiye amahera nabodusengana ngonomukurahe ariko ico Imana yavuze ntikizosiba
Urantumira ndabwitahire