Fun&facts:Birateye agahinda/Gushurashuza abakobwa bakiri bato/Beny Ati tutabivuze bizohitana abacu

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 окт 2024

Комментарии • 60

  • @mdl5268
    @mdl5268 Год назад +1

    Murakoze cane kuriki kiganiro kije gikenewe. Je ico nosaba nabavyeyi nibige kumva abana baganire nabana kko haribintu biba kumwana agatinya kubwira abavyeyi kubera bategeranye neza. Hanyuma ibintu vyokubana naba tonton vraiment biveho kko benshi barahemukiye abana kd umwana agatinya kuvuga tonton.

  • @samanthainarukundo
    @samanthainarukundo Год назад +2

    Murakoze cane kuriki kiganiro.
    Biratera inzigo, giheze umutima wanje utuntuye, mugabo nibintu bikenewe kuvugira hejuru.
    Dacia, ntiwihebure akazi ukora karakenewe naho kagoya cane.
    ❤❤❤❤❤❤❤ kuri mwese.

  • @irakozeliliane7548
    @irakozeliliane7548 Год назад +1

    Murakoze cane kuriyo sujet
    Birateye isoni kandi ni vyinshi cane. Mubivuge mubisubire!!!!

  • @aldandayikeje6035
    @aldandayikeje6035 Год назад +1

    Toute vérité vrm murakoze courage

  • @annedeborah5926
    @annedeborah5926 Год назад +4

    Maman wanje (Commander Christine Sabiyumva) niwe yatwara icog’ipolice kijejwe amabi akorerwa abakenyezi. She did a good job to serve/fight for the women in Burundi and I can only hope that her replacement will continue on with the fight!!!
    As always,thank you for a great show!!

  • @ndayiragijegloria9177
    @ndayiragijegloria9177 Год назад +3

    Le 8mars tukaca twambara ibitenge😢...kuberik itoba jrnee Ya sensibilisation sur ICO kintu.... franchement les cas deviennent nombreux et compliqués. Et j suis d l'avis de Dacia...focus on aba victimes

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 Год назад

      Vyarivyiza kubashigikira, Arizona ivyo binaural bisiga hammer nizonzara umengo nizinkukuma bishirako, biratuma Ubuntu aba degoute Kandi si vyiza. Umukobwa mwiza alumina umubiri wiwe naturel. Ivyo bisiga kuminwa nibindi. Jewelry nkaho sindaba

  • @nduwimanapacifique3038
    @nduwimanapacifique3038 Год назад +1

    Muratesa cane kandi murashoboye Sisters! Nashaka nshigikire Beny ivyavuze, contribution yanyu muri changement de comportement & mentalités iragaragara muri communauté. Hama ikiruta vyose, muratanga akanyamuneza : le bien-être mental yuzuye, funandfucts hejuru gose. Kuri jew ico kiganiro n'umuti gosei, sport yo mu mutwe🥰😍😘🔥🔥

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 Год назад +1

    Merci beaucoup. Mwavuga ni uko mutavura. Gusa corruption ikihari bizogora guhana ico caha.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Год назад +1

    Yoooo basha😂😂😂😂😂nukur muri mweeese mur Siren Trick ntanumw yabitoye kiretse Dacia vrm niw yagerageje basi gus ndabakuuuuunda vrm❤❤❤❤

  • @bellampundu1640
    @bellampundu1640 Год назад +3

    Thank you so much guys kuri iyi emission....ndashigikiye Beni ,Mme Dacia please garukana irya page !!🙏🏿🙏🏿 as always merci kuba mwagize emission nziza yigisha

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Год назад +2

    Jewe dabikudira cane gose❤❤❤❤ imana ibampere umugisha

  • @user-bg7yp9ne1s
    @user-bg7yp9ne1s Год назад +1

    😂😂Furaha rwose, bravoooo
    De Cadeau

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect Год назад +1

    Nice one 👍, very interesting and informative, and thanks again Siren 🚨 👍

  • @Nfred-o
    @Nfred-o Год назад +3

    Mesdames les présentatrices, merci pour la thématique si sensible.
    Ariko musubire kwa mutama Beny mumukosore gato. Iyo so masochisme ni SADISME. Le masochisme consiste à trouver du plaisir en provoquant une situation susceptible de te faire du mal.

  • @RoseMucaba
    @RoseMucaba Год назад +1

    Iki kiganiro nisawa rwose 👍👍🙌🙌. Mubalikiwe sana🙏!!
    Ingorane nkizi ziragwiriye mri societe yacu. Birakwiriye k tuja tubiganirako en publique nkuku mwabikoze kri iyi chaine yanyu online, mukaja mubi discuta tres souvent, ndabishigikiye nanje (o moins une fois le mois).
    Na online TV zindi, bobikora babishoboye nkuku kwanyu. Tugashigikirana mri uru rugamba twese kuko ikibazo ni cacu twese mu gihugu: Nta bandi, bobidukorera. Ni uguhora tubiganirako kenshi, vyofasha. Tres bonne initiative!!! Courage, turabashigikiye!!! God bless our nation 🙏

  • @naomitatiana7659
    @naomitatiana7659 Год назад +4

    Beny siwe yabonye Ikiganiro gitanguye 🤣🤣🤣

  • @Burundianproud
    @Burundianproud Год назад

    ntushobora kuraba iyo emission utimyoje nka 3 ... you guys u deserve a crown 👏👑👑nukuri .. challenge kubabona commentaire bose RUNGIKA INO EMISSION MURI YAMA GROUPE YA FAMILLE , YA PRIERE , Y'INZOGA ZA WEEKEND, YABA COLLEGUE BO KUKAZI , YA COMITEE YA MARRIGE , YA BABY SHOWER .. turarushe nabantu bigira sindabibazwa kubintu biteye akaranda kuva kera .

  • @bezaarlencyirahoza233
    @bezaarlencyirahoza233 Год назад +1

    Luv u from Rwanda🇷🇼

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl Год назад +1

    Nukuri mwagerageje ariko igihugu cacu biracagoranye gusa ndabashimiye

  • @IninahazweAdeline
    @IninahazweAdeline Год назад +3

    Murafash cneee k'nd ibiganir vyanyu nivyiza gusa bamuhanahan ijambo murek kuvugira rimwe

  • @LifeGoesOn481
    @LifeGoesOn481 Год назад +1

    Muburundi nta Justice ihari

  • @greggmpendi5808
    @greggmpendi5808 Год назад +2

    Beni...sorry ni sadisme.
    Masochisme ni plaisir dans la douleur...urabicuritse🙉😩
    Gregg - Geneve

  • @sandrakaneza539
    @sandrakaneza539 Год назад +2

    Ndabashigikiye cane gose kuriyo campagne kuko Aho bigeze birakenewe kabisa KO twese duhaguruka.jw ndemeye kubafasha muri campaye

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад +1

    Barabure ibintu biraza nabi nkomeza kumirwa 🤔🤔❤🇧🇮❤

  • @rg4631
    @rg4631 Год назад +1

    good job , mukomere👍

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 Год назад +1

    Mubarabu tuba kurikirana gos kandi❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 Год назад +1

    Ndakunda Ben gamana😊😊😊avuga ukuri kbsa😊😊😊

  • @evelynejonsson8231
    @evelynejonsson8231 Год назад +1

    😂😂😂😂 erega nabo bari muburätungane harimwo ababikora

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 Год назад +1

    I feel your ishavu😒

  • @kabuturachupi1389
    @kabuturachupi1389 Год назад +3

    Nikita, sandales zirakubereye

  • @nisuperman
    @nisuperman Год назад +3

    Ni *Masochiste* mutama Beny, apana masochique. Mwakoze kubishira ahabona!

  • @tuyizereclaude8546
    @tuyizereclaude8546 Год назад +1

    Toujour ❤

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Год назад +1

    Nukuri emissions nkizi zirakenewe pee kuk nakamaramaza kubona abana bacu bononwa hama bikaba akamizwe ningoma nukuri la justice irakwiy guhagurukira amabi nkayo et surtout tudafatira cane ko bikorerwa abakobwa mais aussi nabahungu ubu birababako donc nkuko Nikita abivuze vers la fin tuyage nabana tuvuy kubuzi tumenye ibibarimwo niho tuzomenya nuko tubafasha.hama comme témoignage mfise ndi mûri bamwe batway inda ikihakanwa nukuri birababaje umuntu wari wizey agukorey ikintu nkico mais uyo wihakanye arakura kndi ugasanga uje kumurondera kubra wabony yavuyemwo umuntu birababaje mais ntakundi..Bref la justice ihaguruke😮😮turabe ko twotuza ububisha nkubwo.Siren vibes hejuru cane❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад +1

    Kera harumupolisi yitwa Kanyoni ntamwana yamurengana agufashe après 18 h urumwana yacagushikiriza abavyeyi ariko ubu ngira ntabikibaho ivyubu biteye ubwoba.

  • @ChachaChany
    @ChachaChany Год назад +3

    Bénit yumiwe yabaretse muravuga uk mushatse oya vrt Nikita kunanirwa na 10commendements je ndayazi ku mutwe

  • @naomitatiana7659
    @naomitatiana7659 Год назад +1

    Ikiganiro ciza kandi. Aba diaspora bahagarike kubesha abana b’abandi, barazi ko bihanwa cane.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Год назад

    😊😊

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад +2

    Hahaha oya nta ADN i Burundi mwosanga twese tuvukana 😂

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Год назад +1

      Ahubwo banyarukane igipimo

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Год назад +1

      Hari umuntu shaka kuzokwishurira ico gipimo nukuri ikiba kibe😂😂😂😂

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl Год назад +1

    Nikita abisigura neza nubu sérieux bwinshi,Dacia nawenenyen arakurikira umutumire ww nivyiw ashiramwo nama émotions menshi hosi ww aragerageza ariko akomeza kumigwa cao

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl Год назад +1

    Nukuri ibiganiro nkibi birakenewe caane ariko birasaba ko mubanza kwicara mukabitegura kuko bisaba kumenyo uko umuntu abisigura neza

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад +1

    Aba Diaspora nabo ntibitibagize ko iyo bavuye ingene kizira ino muri canada baragufunga umuravye gusa kirazira 😂

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 Год назад

    Ikiganiro ciza ariko kibabaje caane

  • @carinenahishakiye2872
    @carinenahishakiye2872 Год назад

    Bamuhan amajambo muvugira rimwe ntibiryoshe

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 Год назад +1

    Kimwe nugusega vyonye kwer

  • @lindakaka1754
    @lindakaka1754 Год назад

    Iyonnzira ya suisse alllemagne se??
    Mudusobanurire neza.

  • @ndayiragijegloria9177
    @ndayiragijegloria9177 Год назад

    😢😢😢😢

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Год назад +1

    Abantu nkabo batihanye nta Juru bazobona kndi bazoja mumuriro nukuri

  • @shumaattt5140
    @shumaattt5140 Год назад

    Nikitta zurambara kola musi yi kanzu pls muvyeyi

  • @freetalk8569
    @freetalk8569 Год назад

    Uwo mu sexologue ntakigenda , ahubwo mbona ari umu comédien 😂

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 Год назад +1

    Reka bana bacu ndababwire. GOVERNMENT mubikogwa itegerezwa gukora harimwo gukingira abana bigihugu. Abo ba DIASPORA nibo ahubwo bari bakwiye kwigisha igihugu guhagarika ubwo bunyamaswa kuko iyo baba ivyontavyo bokora barabizi!!!!!! Murarekera ngonaba DIASPORA bakaza konona IGIHUGU ahokuboha ABABISHA nkabo!!! BEN nababwire icaho nkico hano ukogihanwa naho hiba haciye imyaka ija. Kuba civilized nyavyo nukubanza kumenya kubaha IKIREMWA muntu nkawe. Mwiyumvire rero ABABISHA nkabo bubwenge buke baza konona iwabo!!!! Itegeko ntanumwe rikwiye gutinya iyo baba barabizi BEN nababwire. Umu DIASPORA witeka ninka BEN aza azanye ivyiyumviro vyokubaka igihugu cacu. Nayo izombura kimazi ziza guteza COMMOTION mubure kuziyama ntimozombaze!!!!!!!!!

  • @jilu1095
    @jilu1095 Год назад

    18yea reka reka kuberiki atakoma induru murako kabare 😂😂

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 Год назад +1

    DACY ntibavuga gutera INDA bavuga GUTWAZA IMBANYI. Ntibavuga ngo afise inda, bavugoko YIBUNGENZE.

  • @NEWSWEEK-v2w
    @NEWSWEEK-v2w Год назад

    None nakamaro akahe muronka iyo mutoboye amazuru nkuko abantu akenshi batonora amazuru kubaka ingo biragorana murabihagarika.

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад

    Muduhe WhatsApp number zanyu we can help 🙏please