En kirundi on dit"umwenge w'inzu umenyawa na nyeneyo"nukuri baze bareka kujajinga ng abagore basohoka kbr haba hari un hoe derriére elle.ntubuzi ingen yarondeye amahera.abagore barakor caaane kndi elles sont capable yokwi offra nkuko abagabo babigira
This is a fine conversion

Ikiganiro ciza guys❤❤❤
Yooo why vidéo ziba ziri flue this days
Cyakoze nikobimeze ❤🇧🇮❤💯✅🥰🥰🥰🥰💞💞💞👌
Thank you,
Ariko umugabo adakora nawe wapi kabisa kandi kenshi usanga numugore wiwe acamusuzugura
Umugab ntivyokunda kwangana n'umugabo oyaaa kuk vrm kuberik ko Imana yaturemye idukuye murubavu gwaba gabo so rer ntitungana nabagabo
Bonjour Bantu banjye
Iyo mentalité mubuza yitwa sexisme kandi feminisme yaje kugira irwanye sexisme
Ikiri okay pour igitsina kimwe ntikibe okay pour igitsina kindi =sexisme
Kandi tous les êtres humains naissent EGAUX
Nihatar
Eh oya naje yaba atamugabo abaho nta mugore yohaba anyway!! Jewe nemera ko umugabo atangana numugore sinemerana naba féministes
Mwubahw cyan .❤❤