Where is Dada, its be long time. When she come back to the show. We really miss her 😢 so much. 3 other 4 girls 👧 being Dada back please 🙏🏿 let see Burundi 🇧🇮 Bujumbura on the top🫵🏿👊🏿🇧🇮
Intahe yanje ni ya groupe "Parlons Cuisine" irimwo aba dames gusaaa ariko nta nduru ndumvamwo, barigishanya, ntibaruhisha abandi... J nibaza ko bivana nintumbero nico abariyo bagomba kuzoshikako. N'ukuri barubahana kandi barakundana batanazinanye, je les aime kabisaaaa
Where is Dada, its be long time. When she come back to the show. We really miss her 😢 so much. 3 other 4 girls 👧 being Dada back please 🙏🏿 let see Burundi 🇧🇮 Bujumbura on the top🫵🏿👊🏿🇧🇮
Jewe sije mbona vendredi iragez ngo ndabumviriz,mur'iki kiganiro habamwo ubwenge bwinshi Big up les dames
Là c est troooppp , Dada twamukumbuyee trooopp😢😢
Jew nimba atakiri muri fun and facts .
Mwisize neeeeeza kuminwa vrm murasosa vrm murabwinta.❤❤❤❤
😊fun fact turayikund cane.
Gasekebuye iri muri Zone Musaga bandugu 🤣🤣🤣 Zone Gasekebuye ntibahoooo.
✋ko mubidusavye reka tubikore 😅ndagikurikirana chque vendredi from 🇺🇸
Ndumukunzi wa siren vibes tv but fun&fact niyo favorite yanje buri Friday mba ndayirindiriye. Love from 🇿🇦
Nanje mvuga yanyweye 😂
Jewe nsi ncomenta mais ni tous les jours ndabaraba ,muranteramisha from Belgique.murabagenzi banje.ndabakunda caane
Dacia, Nikita na Hosy nkunda ukuntu muri transparentes mu biganiro vyanyu.Fun&fact ndayikunda but ndayiraba yaheze. Love you girls❤😂,from Canada.
Murakoze. Ama sujet aryosh naho ntakor muri Siren vibes. Nkuko atumyeko Darlène akatubwir ivyo akora muri lenox.
sha jewe ndabakunda birenze pe❤️🙏🏾🙏🏾
Turakumbuye Darlene
Sha nimba har abantu bambara neza vrm Bagigi arimwo pe yam yajanishije saaaaan pe
Intahe yanje ni ya groupe "Parlons Cuisine" irimwo aba dames gusaaa ariko nta nduru ndumvamwo, barigishanya, ntibaruhisha abandi... J nibaza ko bivana nintumbero nico abariyo bagomba kuzoshikako. N'ukuri barubahana kandi barakundana batanazinanye, je les aime kabisaaaa
Singeza kuyisiba kuyiraba vrm ukuntu nyen ndabakunda sinz❤❤arik basha uwund mwan arih vrm yagiyehe????
Hahahhhh ndabakunda...Gasekebuye iri muri Zone Musaga
Bisous bzu à tous …❤from Rda 🇷🇼
Nanje mvuga yanyweye from muyinga 😂😂😂😂😂
Jewe ndihano....ndabakurikira 5/5😊
Muri beza ncuti zanje ❤️
Unomusi ndacommenc basi mafuuuuu si no nama mpari 🙌💋❤️
✋nama ndahari
Commune muha zone musaga quartier gasekebuye
Umukunzi wa fun&facts w'ibihe vyoose 🙌💯
By the way objectif mu kirundi ni Ihangiro
Nanjye ndahari, greetings from downtown, Kigali, Rwanda.
Yambiiii vrt Nanj fan and fact hejuru cne ntamuns incik 🤍🤍🤎🤎
Yewe basha basi muzandamukirize dada ndamuhaye yambuu cane
Twanyweye kiriho mu🇧🇮 🤣 kera twavyunva mubantu b'Isororezo. Erega i🇧🇮 hari ama accents menshi cane
Je nama mpari imisi yose 🇧🇮🇮🇳
Yambu yambu Murakenuye my Hosy
Tjrs la les belles dammes
Ariko Dacia vrm uranyica!!nukur ndatwenz nduma ngo.umuntu yakoz amata mumazi akanye
Maze iminsi ntarab "fun and fact" ariko Uno munsi ndayihjj Kuko ivug ivyerek fone nyene turabiramwo.
Nukuraba Dada akagaruka turamukumbuyee!
Gasekebuye iri mur zone musaga mure kutubesha nta zone gasekebuye ihari
Darlene ko twamubuze?
Kuja muma groupe arafise ikimazi jewe ndi mu ma groupe menshi......inyigisho, impanuro,intahe ziradufasha
Jewe nama ndabakurikirana ama émission yanya aranteramishs
Yambiiii yambiiii mwese toujours 👆❤🥰
Hahahahahah whyyy Nikita usheta umuntu gutyo je bose ndababwira ko uri umu amie d'enfance c'est tout!!!😂😂😂😂
Nikita afise inda kwer
Nanj ndumuntu atazi kwandik mum groupe n kwandika am commentaire arik unomusi nunv nokwandika fun yanyu irankiza umubabaro vrt😂😂😂
Dacia ishati yingabire
Jewe twama turikumwe sindeka kukiraba
Yampayinka Hosy !! Uti shut up Niko utubwiye Walahi nabo baraza bagire rwabo hahahahhaahaha
Dada yagiye hh?
Jew.wewe.dabakurikirana.cane.kubera.harintahe.zama.zicangaha..zirampa.ugukomera.mumutima❤❤❤.nuko.murakoze
56:32 Dacia 😂😂😂😂
Basha sinkunda gushirako ibintu kuri statut ya whatsapp kare narabigira hama ndabiheba. Uti gute?!!! Uzi yuko hari abantu bashirako ibintu kuma statut hanyuma utabigizeko commentaires umenga ukoze ikosa OU iyo ushizeko akantu kajanye par exemple na événement kanaka ntushireko abantu bamwe bamwe usanga babigize birebire sana.Brief, ico nico catumye ndabireka complètement, ubu ndi en paix ,ndaraba ayabandi gusa. Abameze nkanje bampe likes😅😅
Ubikora mu mwanya uri libre
Mbega iyo inbox bayikurahe waratwimye ba num.
Ndabakunda cane , nkunda ibiganiro vyose bica kuri siren vibe. from UK. ndipfuza kuzo bonana na Rosie tugakora ikiganiro ninaza Iburundi ❤
😍🥰🥰🥰
Iyi niyo show tub dufse vndrd🤣🤣
je nyayoncik mba nahishokiy
😂😂😂😂.mwiramber.uwubanta.abadureko.❤❤❤❤
Hama mubakunda fun and fact nah ntogir commentaire en tout cas kuva mugitangur sindarek kukiraba
👆🏾👆🏾👆🏾
☝
Basha ndabakurikirana naho fatigwa fuma ndakiraba ndi kuburiri
Tous les jours 5/5 ndabakurikirana
❤❤❤
🤚
☝️☝️☝️☝️
Bakobwa bacu, mwamutwenze HOSY ngo avuze INTEGO. Reka nanje nkosore NIKITA mwese mwumvireho, ntibavuga KUVYARA bavuga KWIBARUKA havyara INKA, IMPENE, INTAMA, INDOGOBA, IFARASI. Hanyuma kuvuga indimi zamahanga sibibi ntacobitwaye ahubwo bifise akamaro kogushobora kumvikana.
❤
Dacia naramwandikiye nubu ntiyigeze anyishura
☝️😂
Toujours ku mutima
Where’s Dada?
☝️
✌️
👍
👆
Gasekebuye ni zone musaga😅
☝️murakunzwe muzokwame uko ndabakurikirana imisi yose
☝️☝️every day
☝️☝️
Turabakunda mwe ntamunsi numw mutamba mwurorera
Turakumbuye Darlene
❤❤❤❤❤❤❤
❤
✌️
☝️
👆
☝️☝️😂
👆
❤️
☝️
👆
❤
☝️
👆
☝️
Turabakunda cane knd twama tubakurikirana
☝️