UMWANA wa President S.E Evariste Ndayishimiye amateka adasanzwe kuri mutari muzi...
HTML-код
- Опубликовано: 17 сен 2022
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Muzemureka amatiku. None ko arumwana wa president atumariye iki?
Murahaze
Ewe mukama iyinzara iratugejeje ahantu habi kbs
Iyinzara yabamenyeshamakuru 😔😔😔wap Imana yugurure amateka bicemwo💰💰💰💰
😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣🤣
Inzara ihari nubukene bihari biratuma mucoresha nkuko 🤭🤭🤭
Nn isaac kojewe mutaravuga aho navukiye???? Nawe mbona ari bunene kbs ni DUBA 😂😂😂😂😂😂
Inzara nini kabisa😢
Ego numwana wa Président mais nagabanye ubwo bunini.
Niyubahwe
Numwana w'ingwe
Hhhhhhhhhhhhh ntan'ubwo kurahura mufise.
Oya namwe ba musega neza😅
Ayo namacarya murarevye kweri
hello
ndagukeje vane nanje niyotariki navukiyek
Iyonzara yanyu murahanzwe murya umunwa pe
Ngo sikintukitoroshe🤔non ntiyavutsenkabandi gabasha
Mbambarize ko yaciye Aho abandi baciye
Iyo ninzara iriko ituma mubivuga
😂😂😂
ruclips.net/video/MN2MWqs2-H4/видео.html
Murayavuga none nkibi bitumariyiki
🤣🤣🤣🤣🤣
Imana icinzira abarundi kubwenge dufise bwamasumiro kugiraturabe kumusi camwo mana cinzira kubarundi🤗🤗🤗muka tabara burundi wugurur imihora nanyarucari aronkenzira 😭😭
None igitangaza nikihe? Murazi gusaba kabisa yavutse nkabandi bose
Uyo ntansumba
Kkkkkkkkk IMANA itugwanire cene
Du n'importe quoi