Prezida Evariste NDAYISHIMIYE avuga iki ku kibazo c'ibiciro vy'ibifungurwa vyaduze ku masoko ?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 фев 2025
  • Umukuru w'igihugu yaremesheje ikiganiro ku bamenyeshamakuru n'abenegihugu ku bibazo bitandukanye. Kimwe mu bibazo bamutuye harimwo ic'uko ibiciro vy'ibifungurwa ku masoko vyaduze. Prezida Evariste Ndayishimiye yishuye uyu mwaka umwimbu utangenze neza ku mpeshi bivuye kw'icererwa ryifumbire. Ariko yibukije ko umuti urama aruko abarundi borwiza umwimbu w'ibifungurwa kandi n'ibibonetse bakabibungabunga, bakirinda kubishora mu bindi bihugu.

Комментарии • 37