Vichou & peace&love big up Ndagukunda what's wrong with that journalist? umuntu yarapfuye vyaraheze , what's the point to talk about his death again? RIP Bosco.
nih nkibona ko abanya Rwanda bagerageza gutanga msg mbi kuburudi bwacu. ako kajamaa ko kabaza ivyurupf cane. ur mumuryang wwe. ran ivyany na kagome wanyu
Vichou Ndagushimiye sana nkumu journaliste akorera kubutaka bw'Iburundi mugisata c'umuziki vichou numunyamakuru mwavyufashemwo neza sana Muterimbere sana
Olaaa … iyo song kur 10è min .. ❤
vichou forever my favorite east africa live singer
Vichou ndagukunda sana
komera vichou ndagukunda cne knd nivyiz cne kuja mujabuka mugihugu kibanyi merci bcp Mon Grand frère
Mukaliiii wa live music. Uruwambere mukarere!!!
Proud of you Vichou best solist
Thx yago 🔥❤️ muraryohe disi🇧🇮🇧🇮
eheeee uyu mutama araturyohereje bwana... ewana haba harimo abantu bazi kuryoshya .. ankumbuje Bujumbura ... wana ... thanks Mr Vichou... Freedom peace and Love
Vichou ndagukunze vrmt ukuntu wishuye iyo njavyi ngo numujournaliste yari yaguteze imitego yokubiba urwanko no guteranya ariko ndagushimye ukuntu uhabereye Umugabo vrmt . Vichou waramize akabuye kabagabo kandi urincabwenge vrmt
He is great I appreciate 😅😮😮
Uyu numuhinga cane muburundi turamwemera cane!
Waouh vichou bravoooo waraberebetse ico abarundi bashoboye gukora! Komeza ingabirano wahawe n,Imana! Courage no mu biri imbere!
Vichou Wacu ntakundi buhinga🥰🥰🇧🇮🇧🇮
From Burundi yago ndagukurikirana %urakoze kunzanira vichou ndamwikundira Imana imuhezagire
Ana big talent
Yago urukundo ukunda abarundi imana ize iruguhembere
Mkaaaliiii wa live shoowww vichu loveeee peace and love yeees iiiiiiiiii duza idarapoooo ry igihuguuu mutaaama
Waouww love ❤️ my prefer singer
I like the way he does
vichou komeza usohora kuko ufise talan,knd abavuga ubarek bavuge
Much respect for the brother
I just like his joy agumana sourire
Peace and love n ihangame,kandi ndashimye ukuntu ushoboye gusimba uwo mutego w umunyamakuru,komera vichou
Abahanzi babarundi barakomey cyan vichou love big up san my brother❤❤❤
Wawoooo !!!
Vichou kbsa an akili nyingi kwa Mziki
Uyu journaliste ni mbuzi sana. Ufite iyih prbm avec urupfu rwa bosco
Kubaza bitera kumenya ,ico yashaka ni umuco, niko kazi kiwe kandi ba mugira urupfasoni !
Big Up sana
history irarenze
Vichou yubawe
be blessed my bro you have plenty more ideas
Good
VICHOU LOVE NI NUMBER ONE IN LIVE MUSIC
Wow nice vichou
Vichou & peace&love big up
Ndagukunda
what's wrong with that journalist?
umuntu yarapfuye vyaraheze , what's the point to talk about his death again?
RIP Bosco.
kabisa ararenze uyo Mutama vichou arayinyiganza buja yose
mukari wa choooooooooooooooooooo
Journaliste lofaaa
Courage
Nic vichou uruwamatek vraiment pig up san
Ikimbabaje nikimwe nuko inshuti yagiyeee nukuri barababajeee ntakundi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥❤❤❤
Uyu mugabo nkr ndamwera kubi kwr
Mkari sana VICHOU
Amashi menshi kur vichou na Tv10
Ahhh nindimbati kbs
Mukali wa live music
#So_Great!!!!!!
vichou ndagufana
vichou n, Umuhatari birazwi
Vichou love umurundi wacu
respect vichou👌👌👌👌
Kumuziki vrt Iyo ni uwa1 muri afrika
top sana
Uwo niwe wacu❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kbsa king Vichou 😂😂😂😂😂😂 turagukunda cane disiii
Amashi menshi kuri mwebwe👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
Our legend of live music
hot artiste i loke that
i like that one
So sweet
Vichu, Komera
VICHOU LOVE, TERIMBERE NKUMUZINGA MUSAZA
gusa journaliste washatse kuvyonga ukuntu no kumusubiza mugahinda sivyiza birya bibazo sivyo
💃💃💃
Respect
🇧🇮🇧🇮❤❤
vyiz ncan mukomez
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Vichou n'umuhinga mumuziki
Turacakurikira iyi video kuri uyu mu star wacu w'umurundi
Komera
🇧🇮
Uyu mu journalist vipi ??? Umusaza yaritahiye i bukama yaco umu curira ufise ikibazo ikihe??
Ikibaju
Ndabashimiye
Vichou , ndabigusabe undondere kuri email yanje : Adamusalvator@yahoo.com
nih nkibona ko abanya Rwanda bagerageza gutanga msg mbi kuburudi bwacu. ako kajamaa ko kabaza ivyurupf cane. ur mumuryang wwe. ran ivyany na kagome wanyu
man urikirof ndaq noe ivy wibajj biba arivyo me I don't give a fuck about the person u are
Journaliste w uli lofaa urabaza ngumuntu amenya indirimbo zamahanga gute? W nkindirimbo za diamond uzi wazimenye gute?ubona kwaribitangaza kumenya indirimbo zahandi? Stupid