Lion Story Genda

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 12 янв 2025

Комментарии • 30

  • @bou_to_the_lest
    @bou_to_the_lest Год назад +1

    I was there. Vuvuzela/Bambula however you call it... History in the making!!! A classic!! Fun fact baciy bakata music after this song the police got angry baca barazimya haha!! It was insane!!! Also Paci was freestyling some of it...

  • @AntohBuju
    @AntohBuju 4 месяца назад

    Murakumbuwe ariko imvura izohita mutahe✌️

  • @ndeganiyefelix4844
    @ndeganiyefelix4844 7 лет назад +5

    Igikuru ni msg respect to lion story Kure ya maso hafi yumuti knd tuzoteba dutaha

  • @FaustinMulla
    @FaustinMulla 4 месяца назад +1

    Yea Man🦁

  • @joellaniciteretse6453
    @joellaniciteretse6453 5 лет назад

    Ni nkuko indirimbo isohotse ejo
    Fond iri riche sana
    Gusa Imana ibabe hafi

  • @girafomm
    @girafomm 9 лет назад +4

    Bloody hell! What a tune! Komera bene mama!

  • @eddyvaleurnshimirimana5968
    @eddyvaleurnshimirimana5968 6 лет назад +2

    Bisintare ihunzishamba bisintare ifatimbuga genda ugifise utugara twoguhunga

  • @davyfrancis1090
    @davyfrancis1090 9 лет назад +5

    bibwigwa benshi bikumva bene vyo!!

  • @manirakizafulgence9240
    @manirakizafulgence9240 Год назад

    Vyikur mwagiy heh kwatagishash cany mperuk MWe muzobandany mudukorera umut murab muduh akw kwa neva ndak

  • @nsengiyumvaeric4924
    @nsengiyumvaeric4924 Год назад

    Uwutwenga neza ni uwutwenga ubwanyuma. Biblia nayo ngo uwimba ikinogo akigwamo.

  • @JeanMarieNdayiragije-p8q
    @JeanMarieNdayiragije-p8q Год назад

    Mwari mwarengeje vrt kuko ntamuntu mubi atokwigisha nkuko atanumuntu mwiza atokuyovya

  • @cesarevora2465
    @cesarevora2465 6 лет назад +2

    good band excellent drummer sweet bass so JAH BLESSINGS TO LION STORY GENDA... Greetings from Switzerland

    • @kelvinpatrick8435
      @kelvinpatrick8435 3 года назад

      Sorry to be offtopic but does someone know a trick to log back into an Instagram account??
      I was stupid lost the login password. I would love any assistance you can give me

    • @rayeugene8139
      @rayeugene8139 3 года назад

      @Kelvin Patrick instablaster :)

  • @mukerandangaalfred7521
    @mukerandangaalfred7521 5 лет назад +1

    Courage mes frères.

  • @kirezisanta1656
    @kirezisanta1656 8 лет назад +5

    kuva kera ikigihugu cari icantare nivyo nagende agifise akaryo koguguhunga

    • @nsengiyumvaeric4924
      @nsengiyumvaeric4924 4 года назад

      Ubona hahunze bande? Uvuze Ntare uba ushaka kuvuga nde? Wibagiye ko Ntare mu kunga Uburundi Ruhinda yamugwanije ? Ruhinda aranahasiga ubuzima. abandi bashaka Uburundi butekanye baravyemeye batarinze gutera igere.

    • @nsengiyumvaeric4924
      @nsengiyumvaeric4924 Год назад

      Nticigeze kiba ica Ruhinda. Bene Ruhinda bashoboye gucurika ibendera (ngo intare iragaramye) bibagira ko Uburundi bwapfunywe butapfuye

  • @ZephilinSahokwasama
    @ZephilinSahokwasama Год назад

    Mwagiyehe❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jahson460
    @jahson460 7 лет назад

    Spéciale dédicace à un certain Nkurunziza... Powerful words, Lion Story got it right.

  • @sadiasmansadiasman1062
    @sadiasmansadiasman1062 6 лет назад +1

    Iyushigikiye umugabo adakomeye mukubitirwa hamwe nimwihangane mwashigikiye mujeri none muriko mwangarana nazo
    nimwihangane muzotaha mushikira geto

  • @mukerandangaalfred7521
    @mukerandangaalfred7521 5 лет назад

    Guhunga umuntu abona bimushikira ntaba abishaka.Bandanya umuziki neza.Hama abakindaga abahunze ni ukuri ntibibereye.

    • @nsengiyumvaeric4924
      @nsengiyumvaeric4924 4 года назад

      Bagisabira abandi akaryo ko guhunga basanze aribo bakisabira. Urucira mukaso rugatwara nyoko.

    • @nsengiyumvaeric4924
      @nsengiyumvaeric4924 Год назад

      Hari uwuhunga yomowe n'uwuhunga yiyomoye.

  • @emmanuelrivuzimana8779
    @emmanuelrivuzimana8779 9 лет назад +5

    Nivyo

  • @sadiasmansadiasman1062
    @sadiasmansadiasman1062 6 лет назад +1

    Iyushigikiye umugabo adakomeye mukubitirwa hamwe nimwihangane mwashigikiye mujeri none muriko mwangarana nazo

    • @nsengiyumvaeric4924
      @nsengiyumvaeric4924 4 года назад

      Wavuga! bibaza ko umukoloni azokibaha nabo bakamumanyurira. Uburundi buri mu minwe y'abarundi.

  • @Jb-zc4kv
    @Jb-zc4kv 6 лет назад

    Hhhhaa..Yes kaca for life don t know

  • @managererenestgitega5504
    @managererenestgitega5504 3 года назад

    mwari mushoboye

  • @kasimuamurush9521
    @kasimuamurush9521 2 года назад

    Good