IBANGA RY'IBICANIRO part 2 By Apostle Kevin SIBOMANA / COMPAGNIE DE DEBORA
HTML-код
- Опубликовано: 18 окт 2024
- Guhishurirwa amajambo y'Imana bizana umuco. Igituma abana b'Imana bagendera mu mwijima ubuzima bwabo bukama mu bibazo, ntihagire aho bava naho bashika, ntibabone ivyo basezeraniwe n'Imana n'uko hari ukutamenya kuvyerekeye ibanga ry'ibicaniro.
Kurikirana izi nyigisho ubone kugendera mu bikomeye Imana yaguteguriye kera muri Kristo Yesu.
Amen🙏🙏🙏
Amen
Ndafashijwe
Ndafashijwe😭😭😭Yesuuuu we dutabare
Amen amen .Abantu benshi ntibazi iribanga rihishijwe kubicaniro .Imana ibandanye ikwagura mumahishurirwa mashasha .Apôtre Kévin
Ooohh pastor, warabony ingene bikora bagahinduka uduhume,
Yeees ndakwumva Apostle
Amen god bless you
Amen go ahead apostle
Mbega igicaniro ukora iki?kugirango ucane igicaniro
Ndaguza kuyaga nuwo ukoz w'imana sinzuburyo nzoronka numero yiwe