Nkeshimana Emmanuel - Umugore INAMIHUNGO

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • Umuduri wa Nkeshimana Emmanuel

Комментарии • 27

  • @nzeyimanasaidi6489
    @nzeyimanasaidi6489 4 года назад +3

    Umucuraranzi wibihe vyose

  • @MbonwanimanaDaniel
    @MbonwanimanaDaniel Месяц назад

    Instruments z'iburundi ❤abazungu bataraturusha

  • @user-mw3mu1tc9m
    @user-mw3mu1tc9m 2 месяца назад +2

    Utu niwomuziki pe

  • @mbarushimanaplacide8097
    @mbarushimanaplacide8097 6 лет назад +5

    Nukuri nanje indirimbo ziwe ndazikunda , afise inkuru zikomeye

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 7 лет назад +8

    Shireko zose za Nkeshimana Emmanuel muzoba mukoze, uyu mutama yarafise impano, gushika ubu nta muntu n umwe aramushikira

  • @cestjolie5574
    @cestjolie5574 4 года назад +3

    This is so sad😢😢😢😢😢😩😩😩😩😩. Like I'm CRYIN right now😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @luckychrisantendayiziga7724
    @luckychrisantendayiziga7724 5 лет назад +3

    Juin 2019. Emmanuel Nkeshimana n’umwigisha mwiza, arigisha Kandi cane yigisha mu migani ariko umurundi w’ukuri arabitahura

  • @leonardnduwayo238
    @leonardnduwayo238 Год назад +1

    Forever. I was born in Burundi Cankuzo

    • @mwananyamalaz4427
      @mwananyamalaz4427 Год назад

      Arachariho none ndakunda inanga ziwe nukuri 😭🥺

  • @EMChantalG
    @EMChantalG 2 года назад +2

    Ce Monsieur était un grand artiste

  • @agasobanuyeontop8976
    @agasobanuyeontop8976 4 года назад +2

    Murumvako abagore barotoshe baguhinduka nkinzoka yomunda

  • @alinenduwizukanubuzima1513
    @alinenduwizukanubuzima1513 7 лет назад +5

    erega nibo batuma tuguma twibuka akaranga k'igihugu cacu!

    • @Lil-man.magneto
      @Lil-man.magneto 3 года назад

      ruclips.net/video/tgF34HkzrM8/видео.html

  • @davidjohn2535
    @davidjohn2535 6 лет назад +3

    kweri uyumutama
    tuzomwibuka imyaka yose

    • @lampandyezechiel9323
      @lampandyezechiel9323 6 лет назад +1

      Nkeshimana iyo numvise umuduri wiwe ndanezerwa cane gooooosenzohora ndamwibuka cane gose numukambwe

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 4 года назад +1

      @@lampandyezechiel9323 kubantu babizi neza iyi ndirimbo yayiririmbye ryari se?

  • @juvenalndayishimiye4662
    @juvenalndayishimiye4662 Год назад

    Umuntu azi kubika yoronka ifoto ya nkeshimana yoba akoze

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 Год назад

    Inanga yiwacu R.l.P😢😢

  • @bricendayisenga40
    @bricendayisenga40 7 лет назад +4

    uno mutama ikirundi ciwe kabisa ndacemera! lol ni original ahubwo akwiye Doctorat muri Litterature Burundaise

    • @davidjohn2535
      @davidjohn2535 6 лет назад +1

      Brice Ndayisenga
      Nanje ndamwemera pe!

    • @Lil-man.magneto
      @Lil-man.magneto 3 года назад

      ruclips.net/video/tgF34HkzrM8/видео.html

  • @tgdeemoney1375
    @tgdeemoney1375 Год назад

    KING VON from BURUNDI crazy story

  • @user-ny7dm1qb7r
    @user-ny7dm1qb7r 10 месяцев назад

    Uyu niw muziki w burundi

  • @niyongereniyongere4647
    @niyongereniyongere4647 4 года назад +1

    🇧🇮🙏🎶🎤🎼