INTAHE IKOMEYE YA PASTEUR RUZOVIYO FABIEN
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu wa Gatandatu 13.07.2024 - NYAKABIGA
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane mon Pasteur
Amen 🙏💓
"Q: Ngo wagize ng'iki? R: Niho bari ariko nta n'umwe avamwo! Barahari, ariko ntabapfa bari hano." Imana se wa Yesu kristo Umwami wacu ihabwe icubahiro!
Amen 🙏💓
Nyakabiga iyindwi yariyumugisha.yesu aguhezagire mukozi wa kristo yesu
Amen 🙏💓
Yesu kristo ashimwe
Amen 🙏💓
Keep up,you inspire us so much.God bless you.
Amen. God bless you too for watching and your comment 🙏💓
Imana idufashe
Amen 🙏💓
Icubahiro kibicimana
Amen
Amen 🙏💓
Iman ihezagir umukozi wayo
Amen 🙏💓
WE keep stand your ward our super Hello at not bé desappoint your taget😊
Amen 🙏💓
Hallelujah
Amen 🙏💓
IMANA ninziza
Amen 🙏💓
Amen
Amen 🙏💓