Kellyna - Gotomera (Official music Video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • #kellyna #Gotomera #music #burundi #amapiano #rwandanmusic
    Performer: Kellyna
    Audio Producer: Bedi Best
    Video Director: Bani Toldo & Kevin Creator
    Song Writer: B3
    Follow me on:
    Facebook: / kellyna11
    Instagram:
    / kellyna_aah
    Lyrics
    V1)
    Nagiye mu rukundo birangira mbabaye
    Ndondez' inoti birangira zibuze
    Uwushaka umuce Nawe acika ijoro
    Mumiziki Naho ngo ndare ijoro
    Navuye ruguru nshikira mu muji Ngira biri easy Oya shenge
    Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje
    Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje
    Chorus
    fata agacupa gotomera
    Ntabibazo gotomera
    Nimba Ufise gotomera
    No wahala gotomera /2
    Gatambe maaaa*2
    Sebeya sebeya
    V2
    Gakate akaziki sikarate
    Gakegake nk'urwendengwe
    Shusha kiuno na ukate
    Ikibidi tulale tanalala
    Tunakusanya pesa madollar
    Wapinzani tunawaacha mbale
    Shida na stress tupa mbale eeehe
    Navuye ruguru nshikira mu muji Ngira biri easy Oya shenge
    Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje
    Aaaaaaaah uwabahaye niw'azompa nanje
    Chorus
    fata agacupa gotomera
    Ntabibazo gotomera
    Nimba Ufise gotomera
    No wahala gotomera /2
    Gatambe maaaa*2
    sebaya sebeya
    More Info : trustmedia257@gmail.com // 72 254 197 Irely Manager

Комментарии • 405

  • @BigirinteranyaSerges
    @BigirinteranyaSerges Месяц назад +38

    Murwanda turabemera cyane🇷🇼 mwampaye izo likes

  • @Alainprincengabirano
    @Alainprincengabirano Месяц назад +27

    Number 1 mumpe like 🎉🎉 Kellyna aya nayawe🥀🌹💐🌷

  • @lauria4541
    @lauria4541 Месяц назад +1

    J'adore ton côté de tjrs inclure la culture 😍.. uzogera Kure vrt.. courage❣️

  • @nouvellindustrie
    @nouvellindustrie Месяц назад +7

    Je ne comprend pas langue mais j’ai vraiment aimé cette musique ❤❤❤❤

  • @hittoptv
    @hittoptv Месяц назад +9

    Nice one kararyoshe courage cane🎉🎉🎉

  • @yvesngoga6177
    @yvesngoga6177 Месяц назад +17

    Fist to comment mwampaye like I'm from Rwanda 🇷🇼

  • @KhalifaNiyonzima
    @KhalifaNiyonzima Месяц назад

    I am proud of u Kellyna👊🏻👊🏻👊🏻👊🏻Go hard my favorite star

  • @PascalNDIMIRA-z1r
    @PascalNDIMIRA-z1r Месяц назад +4

    Kellyna ndagufana uri umurundikzazi mwiza kand uririmba neza.Nimuz tumuhunde likes uwu mwana w'i Bubanza.🥰🇧🇮🇧🇮

  • @alexbizimana4885
    @alexbizimana4885 Месяц назад +1

    Hit 2024 ❤️❤️

  • @LucdavySinkirima-cw9tp
    @LucdavySinkirima-cw9tp Месяц назад +10

    Mbaye uwambereeeee nukur Kellyna Uwambere mubambere nukur Imana Ibandany kubana namwe ugume uyoboye kuko urashoboy

  • @goldafricatv
    @goldafricatv Месяц назад

    Keep shinning, Love from GOLD AFRICA TV

  • @ndihokubwayoperes1655
    @ndihokubwayoperes1655 Месяц назад +4

    Mugira mutuboreze nama hit song 🎵 buja flevor yacu hejuru🇧🇮👌 nice song #kellyna😘

  • @buja_fleva
    @buja_fleva Месяц назад +6

    waouh 😍 indundi music ivanzemwo Amapiano 😍
    So Amazing

  • @JabirNtiyomungere
    @JabirNtiyomungere Месяц назад +1

    Kellyna abijemwo neza❤️❤️❤️❤️

  • @boy_jay_257
    @boy_jay_257 Месяц назад +3

    Song tamu 🔥🔥🔥🔥

  • @DonDiella
    @DonDiella Месяц назад +2

    ❤❤❤❤

  • @NickFrancisDUSHIME
    @NickFrancisDUSHIME Месяц назад +1

    🔥🔥🇧🇮🎶🚀🌍🔥🔥

  • @JijiJustin-g2x
    @JijiJustin-g2x Месяц назад

    song ninziza kbx💐🌻🥀

  • @Chadrackniyongabire
    @Chadrackniyongabire Месяц назад

    Gotomeraaaa🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @Tophersgigas12
    @Tophersgigas12 Месяц назад +20

    X banyarwanda turi mu biki x ko abarundi barakaye?
    Much love from Rwanda 🇷🇼, Kellyna🌷🌷

  • @behumbletalker
    @behumbletalker Месяц назад

    Congratulations keke 🎉🎉🎉🎉

  • @GeniLord-e9h
    @GeniLord-e9h 18 дней назад +1

    Irambire mukobwa wacu n,Imana ikujimbere mubikogwa vyawe❤🎉🎉🎉🎉❤

  • @fernandnganji6774
    @fernandnganji6774 Месяц назад +1

    Sebeyaa sebeyaa wow courage Kellyna❤🎉 We love you 🇧🇮🔥

  • @PacificBineza-ty5mz
    @PacificBineza-ty5mz Месяц назад

    🔥🔥 Gotomera 🔥💗

  • @AimeFranckIsengwe
    @AimeFranckIsengwe Месяц назад +2

    Great work we love you Kellyna 😊

  • @Alphajayworldwide
    @Alphajayworldwide Месяц назад +2

    Kelynaaa na naah music n anti stress video n umuti donc never disappoint nzoguma hano kuva kuri cinema mpaka ubihevye i love @kellyna❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl Месяц назад +4

    Yewe gayewe muntu wacu dukunda duhe ikindi gisasu kirimbuzi❤❤❤

  • @Rowhen-hp7vo
    @Rowhen-hp7vo Месяц назад

    Nice song❤
    I encourage you!

  • @Burundi866
    @Burundi866 Месяц назад +11

    Number one kbx mumpe like nigendere

  • @ascensionmg-xi6us
    @ascensionmg-xi6us Месяц назад +5

    Nubwo ntumva ikirundi iyi nayo menga ni 🔥 ama like meshi rr

  • @JoselyneNiyomfise
    @JoselyneNiyomfise Месяц назад +3

    Big up saan kellyna ego kl abarundi dusigaye dukaze uwuvyemera amp like

  • @TuombeeliphaseFabrice-we9mn
    @TuombeeliphaseFabrice-we9mn Месяц назад +3

    Wamukobwa we urashoboyee nkwipfurije guterimbere ugere kure cyane Heza

  • @CharmentDc
    @CharmentDc Месяц назад +16

    Hit song vrt abayikunz nkanj mpizo like

  • @Nestor800
    @Nestor800 Месяц назад +2

    Gotomera wallah ❤️ ❤️ 🔥🔥🔥

  • @David-yw7id
    @David-yw7id Месяц назад +8

    Gotomera hit song mumpe izo Like kubemerako kellyna kabizi❤🎉

  • @AlexomeBikorimana
    @AlexomeBikorimana Месяц назад

    Courage kellyna

  • @elysengabo6399
    @elysengabo6399 Месяц назад +1

    okay wabikoze neza kandi kuva utangura nturangwisha narimweee👏👏just enjoyed

  • @Armel_Josselin
    @Armel_Josselin Месяц назад +2

    Courage mukobwa w’iwacu 🇧🇮🔥

  • @AmosNguilla-wf5bu
    @AmosNguilla-wf5bu Месяц назад

    Sinoreka kugukwirikirana uruwiwacu courage

  • @EliascanetteNdagijimana
    @EliascanetteNdagijimana Месяц назад +1

    Uradukomye mama we❤❤ uratwumije Nice song Kéké hejuru cane

  • @NduwayezuMarc
    @NduwayezuMarc Месяц назад +3

    Narambiwe nukurindira vrt🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥

  • @AnicetDabsterAlsonWriter
    @AnicetDabsterAlsonWriter Месяц назад +1

    Good work from kellyna

  • @Biladi-s3v
    @Biladi-s3v Месяц назад +4

    Nice 👍 song tugukurikiye turi murwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @casoartv257
    @casoartv257 Месяц назад +2

    Courage

  • @PopStein
    @PopStein Месяц назад +3

    🎉💪💪💪courage

  • @ChrisMan-wi3mg
    @ChrisMan-wi3mg Месяц назад +1

    You can our sister❤🎉

  • @VikoAbdi
    @VikoAbdi Месяц назад

    I like the song 4 really😪❤👊🏽🇧🇮

  • @Chaddy257
    @Chaddy257 Месяц назад +1

    Aho Shaa sister wacu🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯🇧🇮

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi Месяц назад +2

    🥰🥰🔥🔥🔥

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. Месяц назад +3

    Mubakobwa 5 mu🇧🇮 baririmba twemerany uyumwana arimwo❤🔥🔥💣

  • @TheD-One-p7h
    @TheD-One-p7h Месяц назад +3

    Umeua mwana❤

  • @BlaiseIradukunda-je1xf
    @BlaiseIradukunda-je1xf Месяц назад +5

    Kellyna nana❤🎉🇧🇮🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮

  • @lionneljospintuyisabe
    @lionneljospintuyisabe Месяц назад +1

    Ok

  • @PasteurNkurunziza
    @PasteurNkurunziza Месяц назад +1

    Ndakwikundira kellyna kundirimbo nziza waduhaye❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @shinebwoywalid6932
    @shinebwoywalid6932 Месяц назад

    🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦🌏🌏🌏ugumizeko caaane ntucik intege kandi ntuz wigere wiyumva ko wamenyekany vyotuma usubira inyuma..kora nkuko utarashika aho ushaka kandi uzokwam ubona ko utarashika bizotuma ugumana inguvu mugukora.i like u

  • @StevenJewel
    @StevenJewel Месяц назад +1

    At least now we have got 3 girls whom can sing.nice song

  • @JustinNgendakumana-lh8rr
    @JustinNgendakumana-lh8rr Месяц назад +1

    Nice girl❤ nice song❤

  • @beckernaam1833
    @beckernaam1833 Месяц назад +1

    Nice one kellyna ✅

  • @r-flowtheraincoat3350
    @r-flowtheraincoat3350 Месяц назад +1

    Bravo 🎉🥰🔥🇧🇮🔥

  • @dignedelicia6640
    @dignedelicia6640 Месяц назад +1

    Basi mbaye oblige gutamba sebeya 😂😂😂😂😂mi girl 💃🔥🔥🔥😊

  • @ortismartofficial
    @ortismartofficial Месяц назад +1

    Am waiting mpaka
    Uyu niwe wanje nimba atamakuru mufise rero

  • @lanezdonfleury
    @lanezdonfleury Месяц назад +1

    Good Song 🎵 👌🏾

  • @venusteNiyonkuru-y8t
    @venusteNiyonkuru-y8t Месяц назад +3

    Nkund voice yaw kk bakumper amashurw yaw 🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹like nyishi Kubo twakumvis kumw

  • @starproburundi
    @starproburundi Месяц назад +2

    Komeza uduze idarapo mwana wigihugu Cool m'y Sister Tora amashugw yawe🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹

  • @TijoTiger
    @TijoTiger Месяц назад

    Eeeh usikubali kushindwa 👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 Месяц назад +2

    Haturire

  • @jeandedieunsabiyumva440
    @jeandedieunsabiyumva440 Месяц назад +1

    Beautiful song Gotomera by Kellyna❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @EllianeElliane-x4h
    @EllianeElliane-x4h Месяц назад

    Eeeeeee Kellyna urashoboy kbx Hit song vrt courage urashoboye kwl nigisasu kbx wahatwits vrt Respect!

  • @IradukundaDandavy
    @IradukundaDandavy Месяц назад

    🇧🇮hit song

  • @simonndikuyera-sy3un
    @simonndikuyera-sy3un Месяц назад +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ vib 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @jeanorlymugabo3090
    @jeanorlymugabo3090 Месяц назад

    🔥🔥🔥🔥🔥ze micanwa ze miriroo🔥🔥🔥🔥💐💐💐❤️nowara gotomera🎊🎊 congratulations 🍾

  • @Kikinit01-kc
    @Kikinit01-kc Месяц назад +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥 hit kabisa,proud of u Kellyna

  • @KabyBoy
    @KabyBoy Месяц назад +1

    Kaby Boy kellyna impa like ynj plz

  • @ngkidzdancers
    @ngkidzdancers Месяц назад +3

    Kellyna na na ❤

  • @SteveKwizera-er2cn
    @SteveKwizera-er2cn Месяц назад +2

    Nice song ❤❤❤❤❤

  • @AudrycarnaudIzere
    @AudrycarnaudIzere Месяц назад

    Urshoboy courage❤✌️✌️👍👍💥💥💥

  • @You-dibetGuetta-t6j
    @You-dibetGuetta-t6j Месяц назад

    Hit song shn kellyna wacu kutoka Bbnz 🌹🌹🌹♥️☝️

  • @CorneilleNgendabanka
    @CorneilleNgendabanka Месяц назад

    Très bien sha Kellyna wabikoze neza
    Akira amashurwe yawe rro❤❤❤❤

  • @BdiDangote
    @BdiDangote Месяц назад

    Waooo my fov artist congrats karanduhuy

  • @niyonkuruleonidas6248
    @niyonkuruleonidas6248 Месяц назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥💪
    Vyiza cane gwose Ingoma imeze neza....

  • @FélixKira
    @FélixKira Месяц назад

    Talent yokuririmba urayifiise vy'ukuri
    #URASHOBOYE.Pe❤❤❤❤❤❤❤

  • @rukundowilly3228
    @rukundowilly3228 Месяц назад

    Ikigali turakwemera rata #Kellyna wacy
    #keep it up ❣

  • @igiranezahygin
    @igiranezahygin Месяц назад +2

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @Enopiii
    @Enopiii Месяц назад

    🔥🔥🔥twagiye kukagotomera mugisagara

  • @gervaisiradukunda47
    @gervaisiradukunda47 Месяц назад +2

    Nyarutsa nigotomerere

  • @johnmaryndayisaba4652
    @johnmaryndayisaba4652 Месяц назад

    Indirimbo nziza cane ndakwipfurije guterimbere kumpano yawe ❤👌

  • @THE.BEST.MUZIKA
    @THE.BEST.MUZIKA Месяц назад +1

    We are The best muzika good job 🔥🚀

  • @ErnestNgendahayo-fu5zr
    @ErnestNgendahayo-fu5zr Месяц назад

    Kellyna ayo 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏 nayaweee uratwejemej san tur💗💗💗💗💗

  • @nzeyimanapatrick
    @nzeyimanapatrick Месяц назад

    La force qui force toutes les forces qui n'est sont pas Forcées💪🏾💪🏾💪🏾🔥💐

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 Месяц назад

    Kelleyna hejuru iyi song ndakurahiye izokwiza millions of views ❤❤🇧🇮🔥🔥🔥

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial Месяц назад

    Courage mukobwa.imbere niheza cane

  • @edryuwera-hk7xt
    @edryuwera-hk7xt Месяц назад

    Chorus iratesa!!! Nimba ufise Champagne 🍾 gotomera

  • @kellykizzytheboss3891
    @kellykizzytheboss3891 Месяц назад +1

    Great job my Kellyna 🌹🎉💝

  • @I-rax
    @I-rax Месяц назад +2

    Nihamwe abantu tutabona ibintu kumwe ariko kubwanje iyi ni hit song 🔥

  • @admin-b2x
    @admin-b2x Месяц назад

    Ndagufana birenze my sister uranyemeza saana

  • @Mr-igo666
    @Mr-igo666 Месяц назад +1

    Burundi on the map🗺️🗺️🗺️🔥🔥

  • @arabgandaempire
    @arabgandaempire Месяц назад

    *Let us all express ourselves through the power of Love peace and Music.*

  • @bobberge
    @bobberge Месяц назад

    This girl is very talented from her beginning of career song, her songs are extremely beautiful and good to hear, keep shining sis and go far away, love 😍from 🇧🇮

  • @NkurunzizaJustin-on9wg
    @NkurunzizaJustin-on9wg Месяц назад

    Iyi niyo ndirimbo yumwaka❤❤❤❤

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh Месяц назад +1

    Nice song u deserve ur flowers🎉🎉🎉