Umwami Yesu yarakoze kukurokora Mukozi w'Imana, kandi kwarukugira tumenye ko dukwiye kuutanjanjwa ku gakiza twaronse Yesu aduhe inkomezi zo kuramiriza. Yesu abakomeze kandi abarinde uburyo bwose mukomere cane mu Mwami Yesu Umuco wera tv Imana ibakomeze kandi yagure igikorwa cayo muri mwe amen amen
Turamushimiye UMWAMI YESU KRISTO yatabaye uyu mwana wiwe amukura i kuzimu amuzana mu Gakiza . Nukuri iyi ntahe ituma twongera kwizera IMANA DATA wa twese gushasha!!! Murakoze umuco wera T.V.
Mwami nyen,amahoro abihererwe icubahiro ko watabawe nda dufise amashimwe.Ndakengurutse kandi ko Yesu yakuduhaye ngo ubohore ubwoko bwiwe dushimye ivyo Yesu amaze kugukoresha Banda nya akongerereze inkomeze zo guhangana n,umwansi.Yesu abandanye agushigikira.Ndazamuriye amashimwe Yesu.
Imana igukomeze gose mukozi w lmana iguhe inkomezi nyishi zo gusambura imitego yasatani wongegwe inkomezi uze ubohora beshi kuk haboshw besh muki gih ca none lmana ibahezagir
Ntaboba. Wuva kwivyo wakoze❤
Amen.nd aka nimeroyawe
😢😢Amen lmana ishimwe izoduhe iherezo dyiza
Imana ihabwe icubahiro
Ewe yesu mpakwama nesha imisi yose nunva nezerewe nitsinzi ya yesu
.yesu yaragutabaye,twagomba mudufashe kotubona aba pastori beshi basigaye bakora ibitangaza vyishi ,nabavuzi gakondo ugasanga bakiza cokimw none ubushobozî babukura hamwe
Yesu ashimwe ko adukunda yaje kuturokora
Mukoz mukoz I wImana muradutey integ nawe dufis Avanti batanzwe ikuzimu muduhinimero kugira mudufash kubabohoza
Yesu agushoboze ntuzasubireyo nihabi kandinatweturasavy ndiho atuzigamire mubuntubwiwe amene
Yoooooo nihatari imana ishimwe koyakurokoye kumbe uko Niko tubayeho kwiyisi turahanzwe n'a satani
Yesu uzumugumeho pe yagukuye habi
Mana yomwijuru urakomeye pe 💪muzodufash ikindi gice 3👏👏
Imana yagukuyekure p yesu akoribikomeye cn
Imana nishimwe stani ubu yambayubusa ivyaramanga yiw biriko bijahabona kweri dufash muduh nimero zuyumuntu yabohow na yesu
Yesu nashimwe cyane afite imbaraga ziruta izumubi
Murakoze gusa dushakako mudusengera
Umwana wacu wohererejwe imyuka mibi yo kumuyobya ubwenge.
Shalom shalom ,Yesu arakora ! Mwoduha inumero ziwe tuzeturayaga n'umukozi w'IMANA
Oh Yesu ni mwiza cane, murakoze kubw' iyo ntahe.
Ewe Yesu uratabaraaa,uragahezagirwa!!!
IMANA YACU Ishimagizwe Mw'Izina rya Yezu Kristo Amen AMEN Amen 🙏🙏
Izina ryawe ryubahwe YESU ibihe vyose 🙏🙏🙏🙏🙏
Mubisanzwe carakuvunye kweri bwira bamwebashaka kurya badakoze ngobagomba kuja ikuzimu
Yesu ni mwiza ntaco izokora itibiye akabanga abasavyi biwe
Hama uzodufashe utuzanire wamu dame Faustine yongere atubwire vyishi
Merci beaucoup frere
IMANA NI NZIZA Yarakubohoye ! Ndafashijwe !
Umwami Yesu yarakoze kukurokora Mukozi w'Imana, kandi kwarukugira tumenye ko dukwiye kuutanjanjwa ku gakiza twaronse Yesu aduhe inkomezi zo kuramiriza.
Yesu abakomeze kandi abarinde uburyo bwose mukomere cane mu Mwami Yesu
Umuco wera tv Imana ibakomeze kandi yagure igikorwa cayo muri mwe amen amen
Imana ishimwe cyane
imana yabikoze ihimbazwe kandi igushigikire igukomeze ukomeze ukore umurimo wimana
Aiiiiiii ! Urimwiza YESU shimwa kowabarokoye icubahiro ni ca NDIHO ibihe vyose Amen UWITEKA akomeze abaheke kumugongo we
Haa.
Nimwabishobozwa muzoduhe ikindi gice gikurikira vuba.
Imana ibakomeze
Imana ishimwe cn.amen amen.
Imana ishimwe kubayakuye umwana wayo ikuzimu.mukomeze kudusengera. Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
😊Ew3awe
Imana yacu ihabwe icubahiro muraduha ikindi gice
Imana niyo yonyene yokudutabara nukuri kwose👏
Imana ibahezagire caaane Umuco wera TV, tubasavye kuzosubira kumutumira aze atubwire vyose
Yesu weeeee Ugira neza ❤❤🤝👋
IMANA yarakoze koyakugarukany mubana bayo
Ntiwigeze wishure Désiré
Yesu nahabwe icubaĥir
Amen Yesu adutabare vyukuri
Imani shimwe🙏🙏🙏
Gloire et honneur à notre Dieu et Seigneur Jésus Christ qui continue de sauver les ames précieuses.
amen
Imana nishimw kuntah nziza muduha
IMANA nihabwe icubahiro 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Yesu kristo ahabwicubahiro.
To God be the GLORY 🙏🙏
Turamushimiye UMWAMI YESU KRISTO yatabaye uyu mwana wiwe amukura i kuzimu amuzana mu Gakiza . Nukuri iyi ntahe ituma twongera kwizera IMANA DATA wa twese gushasha!!! Murakoze umuco wera T.V.
Mwami nyen,amahoro abihererwe icubahiro ko watabawe nda dufise amashimwe.Ndakengurutse kandi ko Yesu yakuduhaye ngo ubohore ubwoko bwiwe dushimye ivyo Yesu amaze kugukoresha Banda nya akongerereze inkomeze zo guhangana n,umwansi.Yesu abandanye agushigikira.Ndazamuriye amashimwe Yesu.
@@UMUCOWERATV2021 please murashobora kuduha Number y'uyucmukozi w'Imana ?
Oho Yesu numwami agira neza,Imana yarakoze kuguhindurira ikagutabara ikakurokora Ihabwicubahiro none inimero zanyu twababona gute twebwe tuba kure twomuhamagaye tukamubaza vyinshi murakoze mudusabire inimero 🙏🙏🙏
Vyukuri Imana Sinzi uko noyivuga. Ni NZIZA CN. Nibaduhe number yiwe nimba bikunda
Nagirambaze'igihe'imyigishozibandaniriza'nzozendazikurikirana
Iy'intahe iranyigishije uko umuntu akwiriye gusenga
Mana udutabare udukize imigozi satani yatuboshe mana sanga ahondi umbohore
Yooooo IMANA ibahezagire
Imana idutabare
Amen imana idutabare
Nanjengomba gutabagwa
Uri mwiz Mana 😭
My
Mana dufasheee
Ni hatari kweri.
Wirinde cane knd ube maso,urondere kusubiza muburyo ivyo wononye.
Hanyuma utubwire ivyizi ncanco,utubwire nurwanda nimba abanse kuziterwa,kobari mukuri cnk oya?
Amen amen amen
Mahoro ya Christu mwese abakozi bamuco wera TV ndagomba numéro zuwu mukozi wimana.
Imana ibandanye ibagura.
Murakoz can gose
Nturabiheba urabizi nezako uzoshana n'a shobuja satani Ayo mavuta mashasha wahawe aguheremwo mwizina rya yesu kristo
Mine maso ibihe abo bantu bararwiriye cane bavugako babihevye kimbe bahawe iprte rikomeye ryo kuzimiza abana Imana mu buryo biteye ubwoba
Aracakorana n'a satani désire we hari imbaraga zImana uzorya wongere uhende abanse gukizwa neza
Kumbe nachetani baramukorerabakaruha nihatari imana iduhanganze
Ubwo butumwa sindabwemera🤫 Hérésies!!!
None imiduga yose niyo iva?cank nibamwe mushaka inzira zoroshee
Iman'ibahumugisha inomero yuwomukozi noyironka gute?
Imanifitamaboko
Ese abaguhaga abadayimoni ngo ubadugane hejuru ni bande?
Mwotuybwira uko yagiye mur Pentecôte koyarasanzwe ari umu catholique
😢
Kuba warabonye Satani n'amaso yawe mu nyuma ugacika kubwa Yesu ni kimwe, kugumya akaramata uwo Yesu udakebaguzwa n'ikindi. Wirinde cane rwose kuko hamwe wosamara uzokubitwa inkoni nyinshi cane. Ndakwibutse ko igihe Satani yagerageza Yesu mu bugararwa, abonye amunaniye, Bibiriya Yera ivuga ngo "Amara igihe amuretse" (Luka 4:13). Vyumvikana ko yaguma arondera kandi arindiriye akaryo keza (igihe Yesu yoja mu ntege nke) ngo asubire atege umutego Yesu yamara vyaranse kuko Yesu yagumye yuzuye ubushobozi bwa Mpwemu Yera. Ibuka kandi ko Satani yasubije inyuma Salomo mu gihe c'ubutama; Samusoni yasubijwe inyuma n'igitsina n'aho yari umunaziri, Dawidi yasubijwe inyuma n'igitsina naho yari umwami. Bivuga ko udakwiye kurya ngo uryame ngo hari amahoro. Umuririmvyi wo mu Nyakabiga muri Mairie yaririmvye ati Umwansi wacu Satani akora ijoro n'umurango kandi ntaruhuka. Wiyubare cane!
Ndasha numéro yuwo mukozi w'Imana
Umuntu agukeney yokuronka gt?
Hari umuco ntararonka kukibazo ca covid19,non uru rucanco gt, ubuvugako iki Désiré ??
Muduhe numéro yiwe
Murakoze twasabinimero za téléphone zuyuntashintahe muzishire ahagaragara.
Ep3 please 🙏❤️
Uradihenimeroyawemukoziwimanaturabigusavye
Non muburundi ukorera hehe adres yawe niyihe ndashaka nzoze unsengere
Ep 3 turayiceneye akavuga nandi mabanga satani akoresha agusha amakristu, azanavuge ku mwambarire, make up, no ku madini amenshi ayobya benshi
Nonese iyo mitwe 84 bagushize ku gahanga washoboye kuyiharura gute muri ako kanya kagufi??
Biratangaje
Muraduha contact za Désiré IRAMBONA adufashe
Muzodufashe tuzoyironke iyi ntahe mu ma détails yose kuko ni intahe nziza ituma tumenya vyinshi
@@UMUCOWERATV2021 Murakoze cane ndipfuza kuzohaba Imana inshoboje
Muduhe Link y igice cyambere
Hemwe muratubariza uyo muntu ingene satani asa!ni umwirabure canke ni umuzungu
Ancile nanje ndakeneye kumenya uko satani asa
@@francoisndaje3377 basha mubaza ibibazo nkivyabana nukuri.narinzi kongaha turabantu bakuze. None ndabona harabivangamwo
Nanj ndakeney kumenya uko satani amez bamw ngo arabosh abandi ngoyicay kunteb isayangana urunva tumeny umuco nivyiza mutubarize
Oya nukuri ntibikenewe ko tumenya uko satani asa ahubbwo dukeneye kumenya amastratégies canke amayeri akoresha kuturwanya kuko satani we nubwo wovuga ngo asa uku canke kuriya ejo wosanga yihinduye kuko yari umumalayika w'umuco kandi afise ububasha!
Célestin woduha numéro z'uyu mukozi w'Imana svp
Mwoshobora kuduha Numero ya Telefone y’uwo mukozi w’Imana.
None Tubisengeye ivyo bintu bigenda gute se???
Muduhe numero tumuganirize tumubaze
Uwo twarakundanye imbonsnkubone numunyskuzimu akwiye amategeko
Twarabonsnye urabizi ntiwandiye
none ko mwakundanye duhe numero
Non ayo mavuta ava ikuzimu canke impuzu ubiguze ukabisengera ntihumanuka??
Birahumanuka ibintu vyose nukubisemgera
Muraduha ya episode ya 3 mwoba mukoze!
Ntawe wakuzemwo mwabo badayimoni?