Yesu ashimwe cane,ndafashijw canee, ndigishijwe peeeee.....nifurij umukristo wese ari murugendo ruja mw'ijuru ko ubutumwa bwa Béatrice yobwunviriza bwoseeeee.....nukuri ndahagijwe... Muze bene Data,dusengeranire ko urugendo turimwo ntigworoshe mugabo Yesu Kristo ari muruhande gwacu tuzonesha.......
Hum, ubwose batse amafaranga ahwanye nayo umuntu adafite? Arabihanirwa! Ko umuntu atanga uko afite Kandi ko Imana Itabihanira...hum, I doubt some words in some how from this message....let's pray and seek God on this message.
Imana n'ibahe umugisha,hm nagomb ndababaze ayo masengero ijuru ritazi ayariyo,mwob mukoze.
Abana iyo bageze mw'ijuru nibakura.
Mana nzima mw ijuru nigikorwa kizogora benshi Imana izomfashe impe iherezo ryiza
Amen.imana.ikongere.amavuta.meshi.mugume.mutuburira.imana.idutabarecan❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Amen amen' de iyintahe. Twoyitahura tukayigendera yodufasha yezu tuj imbere
Béatrice we Imaniguhe umugisha urakoze gushikana ic'Imana yagutumye nkwifurije kugira iherezo ryiza Mwami Yesu uzewibuke iherezo ryanje rize rimere nkiryabagororotsi kubwisinzi ryimbabazi zawe
Imana izadufashe 👏👏👏👏
Murakoze kukuntu muguma muturonse amakuru yisiyoni Imana izobibahembere
Turashimira Imana cane ukuntu yama ituburira mu buryo bwose.Nsavye Imana Data ngo izongirire Imbabazi nzoje mu bwami bwayo
Yesu aguhezagire Natwe dushire ku mutima iyo mburi
Imana ishimwe murampaye ivyizigiro peeee
Uhoraho abandanye kukwiyereka kandi uzoshike mwijuru ewe yesu uratwenza urafasha yesu nanje nze ndahagere
Mbegintahe ibabaje
😢😢😢😢😢😢😢😢
IMANA ihabwe icubahiro kubwububutumwa
Muzoze mudufasha nimero zabobantu ivyo tuta tahuye tuje tubaza kugira natwe dukomere muri Kristoyesu amen
Mbegintahe nziza 36:09 ❤
😢😢😢😢😢😢😢❤ 36:00
Imana idufashe. Tuyisavye kugira iherezo ryiza. Amen
Uhoraho abandanye kukwiyereka kandi uzoshike mwijuru ewe yesu uratwenza urafasha yesu nanje nze ndahagere numva arumunyenga udasanzwe gutemberezwa mubwami bwo mwijuru oooooooh ese icompa nanje nkahagera kubona yesu vyonyene numva binyuzuye beatrice nukuri lmana iramukunda caaaaneee kubona ivyiza nkivyo👏 amashimwe nayawe mwami ibihe bidashira
Amen Amen Mana
Mana Beatrice uzumuhe iherezo ryiza nukuri murakoze can
Tttttumuco wera tv
Nubatswe n'ubutumwa bwa pasteur désire ndashaka mubunyongere kuri yutibe canke mumb,ire oho nca ndaburondere yesu abahezagire
Aroni Ndayisenga
Imana iguhe umugisha jewe ndakunda kwumviriza intahe kandi ziranyubaka bihatuma nsubizwamwo intege
🙏 Yesu nadufashe cane
Imana ishimwe cane. Icompa nanje nkajayo mw'ijuru ni heza caaaane kandi munsengere ndageramiwe kuko mbona ko bigoye kabisa.
Ubu buhamya business umumaro mwinshi i kw'Itorero rwose🎉🎉🎉
HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAANEEE GOOOOOSEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!
Amen
Amen
Yesu ashimwe cane,ndafashijw canee, ndigishijwe peeeee.....nifurij umukristo wese ari murugendo ruja mw'ijuru ko ubutumwa bwa Béatrice yobwunviriza bwoseeeee.....nukuri ndahagijwe...
Muze bene Data,dusengeranire ko urugendo turimwo ntigworoshe mugabo Yesu Kristo ari muruhande gwacu tuzonesha.......
@@UMUCOWERATV2021 c'est noté
Amen Murakoze Cane Neza. Ndanezerewe kwubona nagiriwe Ubuntu Kwunva IYi ntumwa! Nzoyisangiza nabandi! MURAKOZE! UHORAHO AZADUHE IHEREZO RYIZA TWESE MW'IZINA RYA Yezu Kristu Amen Amen Amen 🙏🙏🥰🥳
Ewe yesu urazompa iherezo ryiza mana nuyu ntibizoherere aha
Turashimiye UMUCO WERA TV Komwadushiriyeko iyintahe yose!
Yesu n'ashimwe cane yes on a chimie
Umwami yesu aguhezagire ku ntahe udushikirije
Yesuuuweee uhabwicubahiro
AMEN AMEN!
#Béatrice, Urakoze ku ntahe yawe. Imana Ikomeze Ikwiyereke.🙏
Ndafashijwe cyane!!
Hallelujah Hallelujah!
Imana iguhe umugishape kandi ishimue cane udufasha kudtakambira kumana.
Debora Furaha Yesu numutabazi uwurikwikimenyetso camarasoyiwe azotabarwa
Imana ihabwe Icubahiro kumajambo yagutumye nawe iguhezagire kuba ushikirije ivyo watumwe.ndagushimiye kuko nanje harico nsigaranye
Ce temoignage de beatrice est construisante.
Yesu aguhazagire
Ewe Yesu uri mwiza cane. Shirwa hejuru Mwami Mwiza
Imana imbabarire ariko ivyo bintu vy'amahera muvanga n'ijambo ry'Imana biteye amakenga gose
Urakoze cane nkuntahe yawe jewe yamfashije cane
Sharom lmana ishimweko igenda itwibira amabanga yokwihana nukuri lmana izaduhe inkomezi zokwezwa nukwihana mukozi wi mana lmana iguhimbaraga zokubandanya muhishurirwa vyinshi mwarahezagiwe
Amen 🙏
Imana idufashe cane
lmana iguhezagire cyane urakoze ndafashijwe 🙏🏾🙏🏾Amen amen
Imana Ibahezagire cane lbakomereze amaboko nibikorwa Amen!
Hari iconkwisabira uko usanga uransengera nanje kuko umutima wanje ueipfuza kuzobana na yesu
Mugawarikutubwirayomasengero kugiraabantubarekekuzimira nonebarakubujije abobamarayika?
Hum, ubwose batse amafaranga ahwanye nayo umuntu adafite? Arabihanirwa! Ko umuntu atanga uko afite Kandi ko Imana Itabihanira...hum, I doubt some words in some how from this message....let's pray and seek God on this message.
Ariko avuze ko iyo uri inyuma yabandi ntacyo ufite, utanga ircyo ufite kdi Imana ikabiha agaciro
urakoze udufashij vyinshi
Yezu uramp iherezo ryiza umpe gukor ibikunezereza
Ikindi naco aramfashije kweri. Numvise utunada twanje ari ntatwo cnk turiko??? Imana imbabarire
👏👏👏😁 iyo ndirimbo nsanze nari ndayizi twahora tuyiririmba turikiri bato narimfis nkimyaka 10....biranryoheye kubona nsanz narindayizi déjà 😁😁😁😁
Mfise ibibazo vyinshi cane vyo kubaza Beatrice
Urampa iherezo ryiza mana
Icomp nanj nkazogeray
Kuri 1:06:03, naravyunvise muku damu umwe wumunyarwandakazi umenga yitwa Umwari Rebecca yatanze ubuhamya igihe yakorana na shetani, bivuye kubuzima yakuriyemwo......nukuri murazomuraba mumwumvirize.
Duhe numéro ya Béatrice yemwe. Ndamwibarize amazina yayo mashengero.
Kuko nukuri haraho izontahe zidukura naho zidushikana
Ayo mashengero ijuru ritemera mwoshobora kuyatubwira?
Ikimenyetso kikwerekako umusi uheze canke utanguye carikimezegute?
Ariko jew sintahuy YESU yamubaza ko aruwo yabambiwe? None ntiyaramuzi?yagiyeyo giturumbuka?
Mana uraduha iherezo ryiza