Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Machallah murasa na Arvella pee🥰🥰🇧🇮🇸🇦💪👌💯❤❤
Arivella ndabakunda cn muribeza cn Imana ibazigame
Str boy babwire badushiremwo dukorane nanje ivyobikogwa nkivyo ndabikunda nkabura abonokoran nabo babizigirwa 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Urahaw ikaze Mwene data
@AlexisThingsaregod noshima nukuri ninjiye mumuryango wagutse kbs j nimu ndose link y grp
Murazoshiramwo nanje ndabikunda nkabura uko njamwo
Nanje ndavyipfuza Arik nkabura uwo tuvyumva kumwe babizigirwa
Yoooo narisanzwe nkunda cya alvella none nawe ndavukunz kwl muterimber ban beza ndabakund cyan❤❤
Barasa na mukuruwe peee Kandi bavuga kimwe
Bavuga kumwe mwijwi Courage turabakunda cneeeee
Yooo mana arasa na Mukuru wiwe hahiriwe inda zabibarutse❤❤❤mukomeze muterimbere cane imana yivange mubuzima bwanyu
Ahubwo menga muramahesa kwer❤❤❤🎉🎉🎉
Ew uri bien san kwer murasa na Alivella ❤❤❤🎉
ASA neza umuryango mwiza❤❤
rka shaaaaaa namubny today kamenge kurya1 ndatiny kuj kumuramuts ningn ndamukund 😢😢😢😢gx sh mervique nae uratesaaa
Ndakuze uno mwana arasa na sa sœur Alvera. Urabona ko baciye ubwenge🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Mubandany muterimber banyakinyiny bacu❤
Mugize neza cane ndabakurikirana ngaha muri Malawi aho ndi kwisumamwo
❤❤❤ barashusha kweli
Barashusha ariko aravuga
Ouah murasa sha arik uri keza cane kumurusha❤
Nogutwenga batwenga kimwe baranasa pe yooo🎉🎉🎉
Basa kumunwa avera afise amaso matomato uyo nimanini gusa barasa bukebuk ❤
Barasa ndabakunda
Barashaka gusa p
iy conseil kubakobw rr😂😂merc shn nae uraciyubweng❤❤❤
Mr fasha warafashijwe Mr nosentiment❤❤❤
Ndagukunze p
Mervique diii❤
Barasa kweli 🙏🙏
Basa kumunwa nijwi ark aka nikeza cane naga chr vrmt❤
Nuko akiri muto cane nayahandi barasa
Courage mwana
Uwomuryango,urimwabakobwa beza kbx
Avugana udufyeri twishi yaya yaya yaya nimvug imez ukuntu yikirasta so barasa na alvella
Ndumuhererezi 😂😂😂😂
Big CONGRATULATIONS Angel 😍😂😂🙏🏼
Uri keza shaaa
Barasa kbx
Imbere heza mbere,intambwe kuyindi
Mervique BENIMANA Sha akaba arikujije
Ni muto cane
😅😅😅
Asa na alvella canee❤
Barasa kabisa❤❤❤
Doriane ut yambuu ham nkab shak numeroo
Nisawa vraiment imana ibakomeze
Barasa Cane
BENIMANA 🥰💋
Nugutwenga, mutwenga kimwee
Asa nezaaa caan
Intambw kuyind Benimana hejuru cne nih nkwifurij
Nibezap😂😂😂❤❤❤🎉🎉🎉
Munkumbuje inyama Zaho 😭😭😭
Wishura neza
Barasa vrmt namaso
Umenga ni alvella yigendera
BENIMANA wacu shyaaa
Murasa kwel
Numuhererezi 😂😂😂😂😂
Nciy mukunda pe buriya barasa kandi bavuga kumwe disi urikeza bebe
Nn nkabatazi ma change baca bamenya karigiki jemuravuga nkirimi beshi bumva kk harabatize
Urantwengj😂😂😂😂❤
Basa atwenze
Mervique ❤❤❤
Bakanura kimwe muga aramusuvya ubwiza akokana nikeza
Jew nahora nja gukorera mu Kinyinya façon ari coin iri très reculé sinarinzi ko hova utwana twiza nk'utwo
Nukur baras ntanivy mbon batandukaniyek nijw kwl birimw nez
Bafitaniye agashusho ariko aravuga, uca wumvako bavukana na Alvila
Alvella yiyumviriye kubasangwabutaka ba Bugendana kuko Ruyigi ntanahamwe ndumva bavuga ngo kariya gace nakabasangwabutaka 😮😮😮icoyakoze niciza bareke kuvuga ngo abanya Ruyigi ntidukunda iwacu turahakunda cane kandi duhakorera vyinshi bizima singombwa ngo twame tubishira kuma réseaux sociaux
Ubwo wewe urazi muruyigi kwel😮Abasangwabutaka barahari,ahubwo nyene umutima wamurongoye ibugendana kndi ni good
Inyuma yiwe hicaye uwundi muvukana
Waoooooo ❤❤❤❤❤❤
Abanyaruyigi ntibakunda iwabo nabategetsi bikundira ahandi
Barabe bakosore ,ntawanka kwonka nyina ngo.....
Waooo nkunda igikogwa cogufasha burya nisanze ntampano yukuririmba cank izindi mfise arik nisanga mfise impano yurukundo❤ arik itaraguka can nkunda kwiyumvira kumfuvyi nabagwayi arik nzineza yuko bizaguka IshaAllah👏🤮
Courage Sha Imana ikuje imbere
Ni keza
Uzotwereke abandi bavukana babiri basigaye.
Murasakweri nijwimushaka kuvugacokimwe
Ark muratesa pe
Bavuga kimwe kbs nikeza
Ariko twese turabana twavuga ma change nuguteka indya muriko murakina
Photocopie kbx kwl
Nivy Melville arasa nez na alvera
Mpa kanime kiwe kawatsapp ndamuramutse
Karatesa
Nimwubahwe murasa
Bavuga kimwe
Nn Borek gx nez kand barimbr ham mubirimw bien kbx
❤❤❤❤❤❤
Ka sebaaaaa😅
Ego koko urasa nez
❤❤🎉
🔥🔥🔥🔥
Nikeza vrmt
Hhh buk buk uzomenyera mwana
Mubo bivukan uwo ntawo narinz
Bibonek kobasa amwenyuye
💜💜💜
Nugutamba urabizi uzoje gutamba ubigirumwuga nawe
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Nibeza abobana
Ego urabaza
Uretse nogusa nijwi niryarindi
N'uko mwishima naho ubundi mwariko murakora neza urumva ukuntu umenga urashishwa no kuvug'ikirundi?
Abantu twarabuze ihero ry'imiti! Aho muvyo ariko aravuga wasomyemwo ubwishime gusa gushika Aho aribwo ushira Imbere?😏😏😏😏😏😏😏😏
Nice
Vugigi faransa gusa basi baraza baradusigurira basi
😂😂😂
Araciye ubwenge Kure cane
Kinyinya dufise utumanzi kabisa
❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉

Mr fasha warafashijwe
Mr nosentiment❤❤❤