- Видео 1 243
- Просмотров 5 914 976
Star TV257
Франция
Добавлен 24 июл 2021
The Best Exclusive News
Ntivyoroshe GASTON SINDIMWO Atanze Ubutumwa Bukomeye Kuri MKOMBOZI/Gasopo Kuri PACIFIQUE ININAHAZWE
#startv257 , #starboythesheep
Просмотров: 6 923
Видео
NELLY NAT Ivyiwe Vyose Bapfa Bishizwe Hanze na DJ FANNY Acururuka Indege✈️Kuri Aeroport/Ubunaho Ngo.
Просмотров 2,9 тыс.9 часов назад
#nellynatt , #djfanny
Naho DOUBLE JAY Atabonetse KIRIKOU AKİLİ Araye Akoreye Amayobera Abantu Baraye Muri ARENA/Uyu Musore
Просмотров 6 тыс.12 часов назад
#arenaclub
SAT-B inyuma Yo Kuvana na BELLE NICE Biramwanse Amuhamagaye Kuri Stage Ya ARENA Umuriro Urahakira🔥..
Просмотров 13 тыс.12 часов назад
#bujamusic
B-FACE Ateye Ubwoba Kuri Stage Ahagurukije ARENA Yose Yatsa Amatara🔥Muri Anniversaire Ya ARENA……
Просмотров 4,6 тыс.12 часов назад
#bujafleva
NELLY NAT Akoreye Surprise LINOG Amuhaye Amafranga Menshi Cane Kuri Stage Muri Anniversaire Ya ARENA
Просмотров 4,5 тыс.12 часов назад
#Arenaclub
Mucumba Kwa Sandra KANYANGE na MUCO Ngibi Ibihabereye/LIONEL Wewe Ahava Yahukana Ivyo Ari Gukora🙆😭✍🏻
Просмотров 58816 часов назад
#bujamovie
SIMBIZI Ntaco Asigarije DRAMA-T ngo Yasubiye Inyuma Kubera Ubusambanyi/DJ FERNANDO na MELANIN BOY…….
Просмотров 3,8 тыс.19 часов назад
#bujafleva
DJ FERNANDO na Melanin Ibara Rirasubiriye Kurwa Bariko Bambikwa Ibara na LEE CHARON Umukunzi Wabo😭🙆
Просмотров 5 тыс.21 час назад
#bujafleva
DRAMA-T na MKOMBOZI Ivyo Baraye Bakorewe Nabafana Kurukino Batsinze VITAL’O ABASANI Bo Mu Burundi🇧🇮
Просмотров 62321 час назад
#bujafleva
Tabara DJ FERNANDO Ariko Yerekwa Urwanko Rurenze n’abaririmvyi Bagenziwe/Nguru Urutonde Rwabo Ico…..
Просмотров 2 тыс.День назад
#bujafleva
VICTORIOUS TEAM Ivyo Bakoreye Abanya KINAMA/Bose Bakoroye Amasozi Izina Riva Amateka Arangiza 2024🔥
Просмотров 481День назад
#victoriousteam
DRAMA-T Raba Uko Yakiriwe Kukibuga C’indege✈️Avuye Kwandika Amateka Adasanzwe Mugihugu Ca UGANDA🇺🇬
Просмотров 5 тыс.14 дней назад
#Bujafleva
Uwafungishije KIRIKOU na MANAGER Wiwe I NYANZA-LAC Ashize Hanze Ukuntu Bagira Bibwe Amafaranga Nabo🙆
Просмотров 3,4 тыс.14 дней назад
#bujafleva
Alvella MUHIMBARE Gufasha Abasangwabutaka Akabishira Kuri CAMERA Sivyo Jewe Nkora/Fanny Lavine nawe.
Просмотров 4,9 тыс.14 дней назад
#bujamovie
Uguhomba Kwa SHOW Ya DJ PAULIN na INNOSS’B Ngibi Ivyahabereye/KIRIKOU AKİLİ Gukubitwa i MAKAMBA🙆
Просмотров 2,2 тыс.14 дней назад
Uguhomba Kwa SHOW Ya DJ PAULIN na INNOSS’B Ngibi Ivyahabereye/KIRIKOU AKİLİ Gukubitwa i MAKAMBA🙆
NELLY NAT Nimba Ashaje Yaraciye Imvyaro Igihe Ciwe Cararenganye /ANGI Ntaco Asigarije Aba DIASPORA🙆😭
Просмотров 2,9 тыс.14 дней назад
NELLY NAT Nimba Ashaje Yaraciye Imvyaro Igihe Ciwe Cararenganye /ANGI Ntaco Asigarije Aba DIASPORA🙆😭
FULL PERFORMANCE INNOSS’B(Bujumbura-Burundi)Depuis qu'il était en vie,cela ne lui était pas arrivé
Просмотров 30 тыс.21 день назад
FULL PERFORMANCE INNOSS’B(Bujumbura-Burundi)Depuis qu'il était en vie,cela ne lui était pas arrivé
MISTA CHAMPAGNE Imbere Ya INNOSS’B🇨🇩Akoze Amateka Atanze SHOW Y’igitangaza Yamwemereye na Collabo.
Просмотров 6 тыс.21 день назад
MISTA CHAMPAGNE Imbere Ya INNOSS’B🇨🇩Akoze Amateka Atanze SHOW Y’igitangaza Yamwemereye na Collabo.
MAMAN KANYANA Twakunze Muri FILM Ivyo Yaraye Akoreye ALVELLA MUHIMBARE i BUGENGANA Mubasangwabutaka🤶
Просмотров 84121 день назад
MAMAN KANYANA Twakunze Muri FILM Ivyo Yaraye Akoreye ALVELLA MUHIMBARE i BUGENGANA Mubasangwabutaka🤶
MUTOYI Wa ALVELLA MUHIMBARE Ntaco Asigarije ALVELLA/PAPA Wabo Ataritaba IMANA Umviriza Ivyo Yabako..
Просмотров 37 тыс.21 день назад
MUTOYI Wa ALVELLA MUHIMBARE Ntaco Asigarije ALVELLA/PAPA Wabo Ataritaba IMANA Umviriza Ivyo Yabako..
ALVELLA MUHIMBARE Ahaye AMATONI y’Imiceri,Ibiharage,Amasuka,Impuzu ABASANGWABUTAKA(Abatwa)iBUGENDANA
Просмотров 18 тыс.21 день назад
ALVELLA MUHIMBARE Ahaye AMATONI y’Imiceri,Ibiharage,Amasuka,Impuzu ABASANGWABUTAKA(Abatwa)iBUGENDANA
MELANIN BOY nawe Ivyo Araye Akoreye Abanya KINAMA/Uyumuhungu Ivyo Arimwo Biratangaje Ukuvana na ……
Просмотров 26 тыс.21 день назад
MELANIN BOY nawe Ivyo Araye Akoreye Abanya KINAMA/Uyumuhungu Ivyo Arimwo Biratangaje Ukuvana na ……
KELLYNA🇧🇮Wamwigeme Adasanzwe Yenuriye ba Mona Walda,Monia Fleur n’abandi Muri Zone Ya KINAMA…….
Просмотров 4 тыс.21 день назад
KELLYNA🇧🇮Wamwigeme Adasanzwe Yenuriye ba Mona Walda,Monia Fleur n’abandi Muri Zone Ya KINAMA…….
NATACHA LABOSS Bahora Batinya Gushira Ivyiwe Hanze StarboyKarabaye Arubahutse Abishize Hanze Vyose🔥
Просмотров 96121 день назад
NATACHA LABOSS Bahora Batinya Gushira Ivyiwe Hanze StarboyKarabaye Arubahutse Abishize Hanze Vyose🔥
DRAMA-T Raba Ivyo Akoreye Abanya KAMENGE Inyuma Yo Kuva Mu Rwanda🇷🇼Yemeje İsi Yose/Abanyanka Mwese.
Просмотров 7 тыс.21 день назад
DRAMA-T Raba Ivyo Akoreye Abanya KAMENGE Inyuma Yo Kuva Mu Rwanda🇷🇼Yemeje İsi Yose/Abanyanka Mwese.
LINOG Atanze Ubutumwe Bukomeye Cane Mu Kamenge Muri SHOW Yakoze/Ahamagaye Mutoyi Wiwe Kuri Stage🔥🔥
Просмотров 3,3 тыс.21 день назад
LINOG Atanze Ubutumwe Bukomeye Cane Mu Kamenge Muri SHOW Yakoze/Ahamagaye Mutoyi Wiwe Kuri Stage🔥🔥
MKOMBOZI,MASTERLAND na FABELOVE Ivyo Bakoreye Abatwawe n’Imyuzure mu GATUMBA 26LIFE Itanze NOËL😭🙏
Просмотров 26628 дней назад
MKOMBOZI,MASTERLAND na FABELOVE Ivyo Bakoreye Abatwawe n’Imyuzure mu GATUMBA 26LIFE Itanze NOËL😭🙏
MKOMBOZI LUCIFER Birangiye Abaye UMUSHINGAMATEKA(Honorable NZEYIMANA Thomas)Ibisabwa Vyose Muri CENI
Просмотров 72128 дней назад
MKOMBOZI LUCIFER Birangiye Abaye UMUSHINGAMATEKA(Honorable NZEYIMANA Thomas)Ibisabwa Vyose Muri CENI
Madame Jo Muri CANADA🇨🇦Atubwiye Amakosa BIG FIZZO na GODAS MUHOZA Bakoze Binatuma Babura Abantu😭🙆
Просмотров 2,1 тыс.Месяц назад
Madame Jo Muri CANADA🇨🇦Atubwiye Amakosa BIG FIZZO na GODAS MUHOZA Bakoze Binatuma Babura Abantu😭🙆
Yaaag
Bad man AKILI
Pacifique nikigoryi ninyankaburundi kwel gusa depression nimbeho nivyo bimurembeje
Uwo mutumire aratwenza kabisa.Ngo tumutoye yoza aratugaburira nk'ibitungwa twiyicariye.Ntabe nka wawundi yavuzeko Tanganyika yoyihindura isosi, Bujumbura rural igahinduka ubugari 😂😂
Urwanko ntaco ruzogufasha abarundi nibamwe ntahanze no munzu...buja rural na mairie biri mu Burundi. Iyo esprit primaire, ségrationniste, apartheid c'est à bannir, à éradiquer pour un avenir meilleur.
Mukombozi Ajeguserukira kuvugira Abarundi😂😂😂😂 Rekatwege nimbaje kuvugira Abasani Toka uko ntanijwi ryaje Nomuha 😮😮😮😮
UMUGAMBWE URIKUBUTEGETSI MUKWIYAMAMAZA NTUKORESHA UBURYO BWA RETA UKORESHA UBURYO BUVA MUKIGEGA C'UMUGAMBWE. VYAGUCANZE
Numvise gateau pour dire qu'avoir le pouvoir au Burundi c'est avoir le gateau,muzoba mumbwira
Afise indirimbo ziryoshe,ariko ntazi kumotiva stage
Ba mutumira nabantu bazima basha erega uyo muntu ni zezenge ntaco adufasha pe.
Ngafis vyish yamariyigihugu ahubwo arambabaj star boy
uvuga nabi kbs noe washak baguhe wew Interv 😏😏😏
Urigipfamutima wew wanyoshwe namacakubiri
pacufique arwaye mumutwe
❤❤❤❤🎉🎉🎉
nimusubirane ntimuvange abana
Pacifique ararwaye dépression 😅😅
👏👏👏👏👏👏👏❤️❤️❤️🙏
Mr fasha warafashijwe Mr nosentiment❤❤❤❤
UZI iyo wavuye mukobwa wacu Uzi niyo uriko uranjana mukunzi courage
My boy now🔥🇧🇮we, now, more than 100K Subs! Much Congratulations 🎊
Urashoboye kbx ndakund umuzik wabarundi Can cn uwabakobwa kubera mudakund. Gushigikirwa cn JW. Ndakund
Courage cuti yanje 🎉
Barakaze ariko ntibatera imberee! Ko batubaka amazu nkabandi ba start!!!!😢
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤
sat b❤️❤️❤️❤️👑🌹🥀🥀🌷🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sha ntavyari bidasanzwe p
Congz Burundi 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Angel ndagukunda ❤❤
Rap commando❤❤❤❤❤
Turikumwe mutama wacu
B-Face uwumushidikanyaho simutahura💪💪King Rap yuda❤❤🔥🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔑🔑🔑
Uwundi..ni.ferenando.numwe.❤❤❤❤❤❤😢😢😢😊😅🎉
❣️❤️🥰❤😅
Inno’ssssss bravo a toi 👏🏽👏🏽👏🏽ba danseuse na yo ba guerriers ba assuré 🥰🥰🥰
Mutama Star itangaza makuru n'umwuga njabukamazi none ga sha uri muri eastafrica ukaba utazi swahili kandi tunayiga mw'ishule ubu rero nawe uri muri bamwe bataciye kuntebe y'ishule ? Canke ubumenyi bwararoka ? 😮 Ndabonye impamvu wiyise the Sheap 😂😂😂
Banza umenye gutandukanya L na R hama ugaruke
❤❤❤kurukuta number one
Akil🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Utera iteka umuryango turakwishimiye pfura mubakobwa ba papa 🎉🎉🎉🎉❤❤
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
abakunzi ba star tv tuihe amashi tuaraye dukuije ibihumbi ijana byaba abonné
Muburundi abantu barakora ngo biteze imbere mukwinjiza amafranga ariko nellynat akabacintege nokubonera réputation kandi akiyibononera nawe ayinjirizamwo nikuraba bose bagakora atawucafuje uwundi canke ngo akomeretse uwundi
🎉🎉🎉❤
😂😂😂😂 Nelly ya Borewe kbs😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉
ruclips.net/video/PcDpQo_zD5E/видео.htmlsi=kG4vfCW_sLLkPiGb
Nelly kirago yarasaze kbs navekubantu abona bangana na Fanny
Uwukwanka akwandureko rekanivyobijuju vyirigwa bikugora
Ikomerer mwana we wiwacu
None ga hemwe nk'uwugwanya umupambanaji nka Dj Fanny ? Karya ka Nelly nat iyo kaza kuba gafise amahera koroga
Nice work Starboy
Courage star boy ubikora neza