DJ FERNADO AMAJAMBO ATARI MAKE ARIKO ARAMUVUGWAKO ARAYISHUYE//MELANIN BOY TURAVUGANA CANE
HTML-код
- Опубликовано: 14 май 2024
- DJ FERNADO AMAJAMBO ATARI MAKE ARIKO ARAMUVUGWAKO ARAYISHUYE//MELANIN BOY TURAVUGANA CANE abantu baguma biyumvira ibintu bitari vyiza kuri twembwe
#bujafm
#hitconexion Спорт
Buj FM hejuru cane ❤
Y'ubahwe
Wallah😂😂🤣🤣
Buja fm on air❤
Kuva muri Kenya am with you.
Best country🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏👏🫡🫡🫡🫡
Urasho boye
Uwo mwana wa Gitega azoshikana igihugu kure
Niyareka kuza aragara
Harih abantu basara none mwebwe uwuzoz ariterer imber mucamutangira ngo nukugara jahiyo@@NiyokwizeraHoussein-ki4is
Kuba dj fernando yaragiye, na gusto yararose kuko ndazi nibamwe ntabwo fernando azibagigwa gusto
Sound kbisa ntibaho muracigako
Kimwe gusa uyu muhungu kumuzimya bizobatwara inguvu nyinshi!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌🙌🔥
Yerekane ni foto Gusto amuherekeje kuri airport 😂
Ndagushigikiye fernando ariko nzigumanira na melanin ariko nzogukurikirana😂
Melanin n mwiza nkizina ryiwe
Mbe katavuga impamvu atagiye mu song mon logi
Yaragaye😂