Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mbaye uwamber mumpe izo lik nanje ❤❤
Ukuri kuzima 🫱🏼🫲🏾👏🏽👏🏽
#Star_Boy #The_Sheep 👌🔥 Go ahead bro💪
Uwo mukecuru mushaka ,ashike reka gucitege DJ Fernando kubera ako gakecuru
Nubwambere numvise uvuze ukuri mugusesangura mundero nyishi cane big mzehe ,hama fernando arabe neza Hits song nka bellisma turayizi ariko ntaco iramushikanako gose nibakwe yagiriwe kumvo ya internet yuburundi isigaye iteye imbere Yibuke ko guston ariko akoresha ubwenge bwishi cane yibuke Hit za MB data akiza mumuziki vyateye ubwoba sana abaririmvyi bari bakomeye kwiyo mpamvu arabe neza
Uyumwana yahivye nabii agahimbo nikabiii
Star boy ikaukire karya nagahimbo kabi!gusa urya mupetit ni rofa
Kwemerako bayimwandikiy bitwayiki kuburira indero umuvyeyi yakoze ikosa
Iyab vyokund twogiy inam nabant bos tukarek uy mugor wiw akab ariw az arrab iz ndirimb zie kugirang az arkwiz iz million nasab imbabaz yarakoshej
Kurinduru nimureke umu petit yirire hit umaze kuvugako muzinanye nuryamu maman ciye numva kuri kur dear ,mumuponde gose ariko mwibuke KO ibiti bikurira mubabaji mwese aba journaliste muriko muvugishwa ninzara gusa numvirije ingene muvuga menga ni dear muriko ariko mushaka mwogabanye umudomo
Ngo best femelle 😅ou c'est Best female
uyumuhungu naho mwanka turamushigikiye fernando hejuruu
Mumushigikiye numuryango wawe? Ndibazako arivyo uvuga mwese muribitandero nkawe
Niwewe wenyne Kuko ngira Mufis Ico mupfana
Nanj ndamushigikiye kk fernando namumenye uwo mugore ntaramumenya ivyo vyo kuvuga ngwangana nanyina muvyihoze
Kabisa tumuri inyuma .uwo mugore amushakako hit Kandi yarayironse narabe rero amuveko
Gushigikir nivyiz nukur kand twes turabashigikir mugab indero irakenew murivyos
Nimureke inzigo,murateye isoni we starboard ijbura gushigikira umuririmvyi wanyu muriko muzana inzigo, nicogituma mudatera imbere
Sha ntamu journaliste professionel numwe ahari muburundi atari @Akeza net abandi bose murahengama aho gukora ibintu gi proffesionnelle
Akubise ahubabara Fernando yarasarishij
Aho hoho woca uvuga ko na korazon ariwe yayanditse kuko irimwo igifaransa
Nimba yiyubaha nkumuvyeyi rero namuhanure nkumwana wiwe areke kubishira kuma raison sociaux kuko mwebwe muguma mumuvugira ego numuvyeyi kandi arakwiriye icubahiro muga burya iyaba Fernando arumwana wiwe yomugaragaje uku ariko arabikora? Oya sha nawe afise inzigo Nivyobapfa na Fernando sha ahubwo bamuca ubwenge mubihige neza ivyo bapfa mureke inzigo, ivyo muri gukora nukumukorora gusa, ya Dj Fernando yaba urya mumama bose bafise amakosa, "" Agahuzu kabi kamesueirwa mumuryango""
Non abarundi bakora imiziki kwatandero bagira nikuberiki???? Oya nibareke ubutandero kugara nkokwikura umumama mbona yitonda ahubwo arikuye amata mukanywa ziryandirimbo nizimw
Sha ntimubeshe nta promotion mwahaye bellisima niyo yitoboreye
Ntander kagir umunt mwubahir ic yakoz cab git cnk knini kavyimbij amavy nirof jenarakansep nsinzosubir nokurab ivyie kk ibint ubihabw nabant
Ego wewe wabikoze neza kuko hari abatari kuvyemera kuko barabiharira asha nanje naca ndabarungika kur star tv kugira bavyiboner uyo muhungu ntandero kabis
Mbaye uwamber mumpe izo lik nanje ❤❤
Ukuri kuzima 🫱🏼🫲🏾👏🏽👏🏽
#Star_Boy #The_Sheep 👌🔥
Go ahead bro💪
Uwo mukecuru mushaka ,ashike reka gucitege DJ Fernando kubera ako gakecuru
Nubwambere numvise uvuze ukuri mugusesangura mundero nyishi cane big mzehe ,hama fernando arabe neza
Hits song nka bellisma turayizi ariko ntaco iramushikanako gose nibakwe yagiriwe kumvo ya internet yuburundi isigaye iteye imbere
Yibuke ko guston ariko akoresha ubwenge bwishi cane yibuke Hit za MB data akiza mumuziki vyateye ubwoba sana abaririmvyi bari bakomeye kwiyo mpamvu arabe neza