Pole Mukobwa mwiiiza pole mama YESU akwirure arirura.Ugupfakara bizi lmana gusa tugumye lmana yoooo Uhoraho warakoze YESU kutwiyemeza abapfakazi nimpfuvyi warakoze YESU kuba se w'impfuvyi Umutware w'abapfakaz ganza waranyiyeretse na bana banj Nteturuye Ndiho kizigenza wamberey umugabo gupfara bizwi nlmana gusa Dufise lmana weeee kuko ubupfazi buraryana Gusa YESU urirura Mana yacu ndagukunda waciye untabara Mana yacu ndagukunda kuturengera nabanj Gusa YESU ankunda gusumba papa Pamy nabuze nshima YESU yantetesheje gusumvya Papa Pamy
+257 69 90 74 00 Numéro ya Martine kubayisavye
Burundi martine
Martine sha uranyubatse cane kuriyi ntahe yawe. Ivyo waciyemwo vyose bisa nivyo ndimwo. Ubupfakazi bararyana iyo nibutse ko Imana yanyimye akazi ngo nshobore kurera abana nivyo ngerageje gukora bikanka kandi mba nabisengeye bintera umubabaro mwinshi cane. Yesu Aguhezagire cane
Umve mwiza wanje ndagusavye wihe amahoro cane kwisi ntawuzoguha amahoro yarondere
My God.
Martine intahe yawe irandijije pee.
Uranyubatse ncuti.
Imana ibahezagire na Dirck n'abana banyu❤❤
Imana ifumbire umutima wanje 😢😢😢😢
Amen
Amena
Très bon témoignage.... Komera Charmante dame... Ce témoignage va sûrement aider beaucoup de gens
Yesu aguhe umugisha
Mpore Martine ndakuzi nawewe ntusanzwe mwana wacu .Wababaye ukiri muto isi iragoye ariko Yezu n'inyishu !!
Imana numugabo wabqpfakazi na se w impfuvyi
Amen amen🙏
Ameeeenn!!!! Imana niyo yonyene imara inyota!!! Imana iguhezagire cane kuntahe yawe Martine❤️
Mukorwa mwiza imana irahari
Ihangane maman burya abagabo beza Imana nayo irabakunda kuturusha
Ibyo uvuga byose ndabyumva cyaneeee peeeeee arko imana ijya iruhura cyaneeee . ibitotsi nikintu gihita kigushiraho burunduuu atko yesu ajya bitugarurira byose . komera
yoo, Mana we. Wewe ntuharirizwa. Martine amvugiye ibintu ntarashobora kuvuga. Abapfakazi Imana itugumbire cane. Yesu wenyene niwe ashoboye kwumva abapfakazi. Ivy'abapfakazi n'ibisigabwenge.
Yoooooooo 😭 uwiteka azagushumbushe mukobwa ma Yesu uri mwiza kandi uracyari muto rwose
Amen ndafashijwe
Imana iguhezagire cane muvyeyi Imana nanje ndizeyeko izompoza amarirankiri kwisi yabazima😢😢😢
+257 69 90 74 00 mwandikire
Ndagukund di Maman Imana igukomeze
Oooh Martine ma voisine.Ngagara Q7.Longue et heureuse vie
❤❤❤
Ubu buzima buzwi na yesu n'uwabinyuzemo gusa ,ariko hejuru ya byose hari Imana data wa twese mwiza
NUKURI
Abantu baragoye
Numva nshaka kukubona mwiza , Imana numugabo wabapfakazi uyizere izokwiyereka
Naj ndumupfakiz mpore Can ark imana sinken naros nkuw narifis Ubu nshimiman yaranyishuy
Ndisi twabaye cyimwe napfakaye nfite imyaka 24 nfite umwana wamezi6 ndamurera impore ubu nfit abuzukuru 4 abahugu3 umukobwa1 nibasore narumuKrisitu yesu rero Numugabo wabapfakazi nuwo ntamugabo ngizi imyaka 70 kandi ndashima Yesu.nibyose kumufite
Maman muri hehe ngo Namwe muzosshingire Intahe Abandi!??
Uhezagirwe cane Martine🙌🙌🙌🙌
Amen❤ ❤
Amen
Imana Ikwitehoo
Warashavuye
Bama bababwira mwabavyeyi mwe nimurere abana banyu mubereka udukorwa, mubigishe kwimenya, nukwironderera.
Mubigisha ninshingano za kazoza kuko ivya papa canke maman nivyabo kandi nturibo.
Ivyovyose biri muriyontahe vyose vyatumwe n'uko atigeze yiga gukora en autonomie akiri muto. Vyose vyakora abakozi na se wiwe.
Egooo arik naho wob ubikora nticobuza kukomereka ubuze umukunzi
Mpore mwiza Imana igukomeze nayo abantu nabantu bakunde riko wisigire
❤
Ntakintu kibabaza nkubupfazi ubwobuzima ni bwo ndimwo imana irihejuru yavyos iyo ntah yaw iranyubatse
Imana ni yo yo yonyine yabarengera. Babaho nabi cyane
Imana iguhezagire,wigisha neza caaane.
IMANA itanga amahoro rwose
Nkubu hari abibaza ko ndi umunebwe ntashaka ico nkora ariko nuko batazi ibiri muri jewe😢
Hmmm we can relate to that.
Yoh umupfakazi nikitukigoye wababaye Komera
Mpore mwiza yesu niwe yomora ibikomere ❤
Urakoze kuntahe nziza
Mpore.hashimwe Imana yagukomeje igihe kigeze,ugatahura hama ukanyurwa kugira unyure abandi.Baho❤
Merci bcp pour ce témoignage.Ndafashijw
imana ishimwe yaguhaye agakiza igakuru muruwo mubabaro.
Pole Mukobwa mwiiiza pole mama YESU akwirure arirura.Ugupfakara bizi lmana gusa tugumye lmana yoooo Uhoraho warakoze YESU kutwiyemeza abapfakazi nimpfuvyi warakoze YESU kuba se w'impfuvyi Umutware w'abapfakaz ganza waranyiyeretse na bana banj Nteturuye Ndiho kizigenza wamberey umugabo gupfara bizwi nlmana gusa Dufise lmana weeee kuko ubupfazi buraryana Gusa YESU urirura Mana yacu ndagukunda waciye untabara Mana yacu ndagukunda kuturengera nabanj Gusa YESU ankunda gusumba papa Pamy nabuze nshima YESU yantetesheje gusumvya Papa Pamy
Amen 🎈🎈❤️
Yooooooo urimwiza❤
Martine urakoze kuntahe yawe irankomeje mubupfakazi bwanje
Nukur iyontah inkozeh can
Sha urashimishije gose mwompa nimero yanyu
+257 69 90 74 00
Yego umvugiye ibintu. Abapfakazi duhura nibyinshi kandi bigoye
Mporeee mwiza
Martine intahe yawe iranejeje.
Wamfashije mubyeyi, imana iguhe umugisha
Sha gupfakara ukuri muto nivyanyuma nanje napfakaye mfise 26ans...mfise aka bébé ka 6jrs....Sha nagize ibikomere bidasanzwe...ugasanga numuntu wumugabo babonye muramukanije ukaza wumva amajambo ngagomba amucure😢😢umwana akwije 3ans nahisemwo kwomokera mu Barabu kugira nirinde kubabara cane kuko nabonye abari abagenzi bose bacu bamvako kuko babonye ubuzima buhindutse ariko ubu bose bagarutse kuza baramvugisha.....Imyaka 8 igomba ikwire Imana yaramfashije ubu meze neza
🫂🫂🫂🫂
Wwouhh Imana ni nziza
@@iribaryiza1 murakoze cyane
Komera mubyeyi
Mpore kandi Komerera muri Kristo maman❤
yooo pole mama nanjye napfakaye 2014 ubupfakazi narimbumazemo imyaka 9ariko umuntu ahura ningorane nyinshi gusa lmana igira neza yanshumbushije hagiye guhera umwaka gusa lmana izikurera no kurinda😊❤
Umwana wo mu bitiii
Sinapfakara ngo nongere nshake kereka yapfuye ntarabyara
Je pleure encore JM.
Abapfakazi twese Iman iratubona shh urakoze kwiyo ntahe uduhaye.
Yo pôle
Imana mubuzima bwacu irihejuru cyane yabo twashakanye mukutuba hafi.Imanishimweko yongeye kukuremamo umutima mushya wo kubyakira ugakomera.
Ijambo ryiza 😢
Yesu aguhezagire cane ma chr. yesuwanje we urabiziko nkukeneye gwino umare inyota.
Uhezagirw can kwiy ntah udusangije, Iman iratubona abapfakazi niyo izoduhoz amarira
Yesuyakubaye hafi mumubabaro pole muvyeyi
Pole😮😮❤❤❤, ntivyoroshe kabisa.
Nanje vyagenze uko nyene😢😢😢 pole Sana komera❤❤❤
Mpore🫂🫂🫂
Imana irakomeye pe!!!
UHORAHO akwiteho UHORAHO aguhoz'amarira!!! UHORAHO akwibuke, aguhe ico umutima wawe wipfuza
Yesu aguhezagire rwose,ufashije benshi,jyewe maze 35 ans ndi umupfakazi,nabonye byinshi,nahuye na byinshi,ariko Yesu ni we wampojeje amarira, merci
Yesu abahe umugisha
Iman iguhe umugisha cane Martine uranyubatse kandi
Amen 🙏
Tu es brave Martine ❤
Mrc bcp iriba ryiza pour ces témoignages édifiants !be blessed
Mpore mukobwa wa Yesu
Intahe nziza caneee urakoze Martine nanje ndumuphakazi umfashe gusenga
+257 69 90 74 00
Mpore mpore Martine, Imana ni nziza , yama iri hafi y' abapfakazi nimfuvyi, ntaco uzoyiburana
Amen amen ndafashijwe
Sha Uyu mu Maman ariko aravuga ibintu nkumva menga nijewe😢.........
Oooh Yoooh Mpore🫂
Nanjye peee
Imana izangufashe
Imana ibandanye iguhezagira
Merciii. Uri umugisha kuri benshi
Shakomera
Yoo yesu aguhe umugisha IMANA nise wiphuvyi nabaphakazi yesu abandany ababa hafi
Mpore, Ncuti ! Nico nkundira Imana kuko irasoza amasezerano...ikina neza rôle y'umugabo w'abapfakazi na Se w'mpfuvyi ! Nobishingira Intahe n'ukuri !
Cane pe
Ubuzima bw, umupfakazi buragoye Kandi hanini ananizwa n'a société n,ikibano abayemwo.Ariko Imana ikahamukura ikamugirira neza
Nico kibazo tugira kuko ikibano kiragoy ndavyirabirako
😭😭😭😭Imana ninziza yoyo ibona ibizoshikira ikamenya ningene izobiturenganya
témoignage yawe iranyubatse, twige gutura Imana ibibazo vyose bidushikira mu buzima kuko Yezu niwe nyishu
Mpore Martine Imana Nininahazwe yo yemeye kukugendanira gushika uyibonye imbanankubone ubutacisubirko
Imana iguhezagire caanee
Yesu aguhezagire cane
🥹🥹Imana iguhezagire ku ntahe🙏❤️
amen
Amen
Soit forte Yesu ari kungoma
Nabonye Imana ndacyayibona ishimwe ko wayimenye ikomeze ikomore ,Ooooo uwampa nkazagera kuntego yo kumva indushyi .mana ndagutegereje❤🙌
❤❤
Amena
❤
Nukuri abantu bakomeretsa uwisanganiwe ubupfazi lmana ibababarire nuwo mukorana uramuhunga kubera umugore wiwe
Martine disi!¡!! Imana iguhzagire