Amajambo y'abaserukiye Suède, Norvège, Danemark & Finlande mu birori

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024
  • Ibirori vyo gushingurana iteka umubiri w'Umwungere wa mbere w'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba - Rév Pasteur NDIKUNKIKO Elie
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Комментарии • 28

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 4 месяца назад +3

    Hallelujah, Hallelujah Hallelujah !!!! Amen Amen Amen. Shukurani Baba MCHUNGAJI

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @sabushimikefrank8803
    @sabushimikefrank8803 4 месяца назад +1

    Amen amen ,Murakoze cane

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 4 месяца назад +2

    Amen Amena Amena kubaturiho nikubera kristo Haleluya ngo urupfu ntabwo ruzadutangira Oya iri Jambo rirafashije Imana impe gucabugufi urukundo kuyubaha hama izampe iherezo ryiza Amen Amena Amena Amena Amena

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen Amen 🙏💖

  • @Noella-p5u
    @Noella-p5u 4 месяца назад +2

    HALLELUJH AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN AMEEN 🙏🏼 ♥️

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @sage-uq6pv
    @sage-uq6pv 4 месяца назад +2

    Oh Lord, shall you give me a good end, shall you give me an end like the end of the righteous! Amen 🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @rudasingwajeanclaude3399
    @rudasingwajeanclaude3399 4 месяца назад +1

    Amen amen

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @SamsonTuyisabe-hy1js
    @SamsonTuyisabe-hy1js 4 месяца назад +1

    Amen🙏🏼

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @hagerimanajeanclaudz1928
    @hagerimanajeanclaudz1928 4 месяца назад +2

    Muhezagirwe

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @BriceIrangabiye
    @BriceIrangabiye 4 месяца назад +1

    Pasta Nicola warahezagiwe ukomere mu mwami

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖

  • @gag257
    @gag257 4 месяца назад +1

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @اميره-ن1ك9ب
    @اميره-ن1ك9ب 4 месяца назад +2

    🎉🎉🎉🎉

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 4 месяца назад

    Uwo mukozi wa shetani ,reka kuguma mumwamaza !

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Yesu Kristo akugendere akwiyereke.

    • @arnaulddolfi20
      @arnaulddolfi20 4 месяца назад

      @@meirratv Ahubwo ariyereka wewe wahumye ,abazungu bogeje mu mutwe ! Kuva ryari agakiza kava muri suède !

    • @oliviernininahazwe6913
      @oliviernininahazwe6913 4 месяца назад

      Iyo mpwemu mbi ikurimwo ikuvemwo mw'izina rya yesu

  • @NtakirutimanaAxcel
    @NtakirutimanaAxcel 4 месяца назад +1

    Hahigw abapf bapfir mumwam

    • @meirratv
      @meirratv  4 месяца назад

      Amen 🙏💖