president of Rwanda 'ndagukunda imana izakurinde kugeza .ubwo imana izaguhamagara mubwami bwayo.nkwifurije kuyoborana umurava biturutse Ku mama data ushobora byose.Ananias
#PKPCHANNELTVe le salut aujourd'hui c'est par un prophète messager vivant qui est le prophète Kacou Philippe ,en dehors de lui il n'y a pas salut ailleurs
Coup d Etat iraho izotera akabonge beshi! Nta mahirwe kwa Sindumuja! Pole sana!
Leonidas Kany
Leonidas Kany coup d,etat burundi.
gute president nkurunziza asakuriza umutama wacu Paul kagame yaduhay ubuhungiro.ahubwo turamukeney azatuber president wuburundi
Hhhhhhhhh ntasoni
Genda Niyombare warahemutse!!!
Ikimbabaje Nabo bagunyabanga bahemutse
Barashwawe!
Peter forever and ever will return
😄😄 yes
Ndabatwenze
Iyo coup d'état nizere KO yoba itarase!! hahaha. Uwo Mu journaliste ariko aratanga inkuru ndamutwenze
Ahubwo bayey isoni
Erega uyu ntiyari umu journaliste, kari akajagari ntiwari kuraba.
Mbe basha ubu abarizwa he? 🤣😀
🤣🤣🤣niyombari urihehe kweri nubundi urumugabo ariko barakugambaniye kweri ariko arakwiye kuyobora igihugu kuko urumugabo
Mushobora kumbwira niba uyu muntamakuru warurimo atangaza iyi nkuru mu gihe cya coup d’etat yaba agihumeka?
"Ntitwibaza ko iyo coup d'état ishobora kurata"Hhhhhhhhhh
Abantu bose,booose,boooose bo mu gisagara ca Bujumbura...Achana ww journaliste.Ijambo BOSE ubwo urazi ico risigura?????
Umenga yari umuvugizi wabayikoze.
amase yo 93 ntagihoma urutaro
Imana yarahabay uburundi bwarakoze ibishoboka vyose Birahagarara
Murahumba igihugu turacagifise
Niyombare
chris ndikumana
Biragoye daaa, faut pas chanter la victoire avant le triomphe, never
Ntavyomushoboye mwebwe, mwambwamwe
reka kubesha, aho uvuga ngo abantu Bose bose babikubwiye? ico nikinyoma pe!! ubu ho niyombare arihe?
Ubusinzi iyo azoba kuko ivyo bizomukorako🤣🤣🤣🇧🇮
Amenyo araguseka ar'ayawe
president of Rwanda 'ndagukunda imana izakurinde kugeza .ubwo imana izaguhamagara mubwami bwayo.nkwifurije kuyoborana umurava biturutse Ku mama data ushobora byose.Ananias
😀😀😀😀😂😂😂🤣
Ivyari magera vyarageruye kuko mwari mumenyereye kwica aba presidents babahutu ivyagashinyaguro none Ubu muramaraye
Bazazebabanzabasenge bamenyamakuru nkurunzizaweyarazamakuru yose
#PKPCHANNELTVe le salut aujourd'hui c'est par un prophète messager vivant qui est le prophète Kacou Philippe ,en dehors de lui il n'y a pas salut ailleurs
Uworukarisha rwo mumwa kabisa
Ereganukobishora komugendimaninita batumye esekonumvabamwebavugangoniyombaringoyarafuye ni vyo arikonumvabamwe bavugangwariho ariko sinemerakariho nkurijijekuntunabibonye
Ngo abantu bose?batamba banezerewe hahhhh
Uyumumesha makuru nimba atafashwe nagahomerabunwa kuko ivyoyabazwa sivyo yishura ,bamubajije bati ntiyombare ntiyabashe gushika kwiradio yigihugu akadendekanya wamushenziwe ninde yovyinira urupfu wamushimiye nimba utafashwe wararenganyijwe
bavikara baphuye bangara
Ico kijuju cumumenyesha makuru ngo ntaniradiyo mirongitatu bahari ntibakorako!ngo twes abanyagihugu twamushimiye atavyo abanyagihugu Bose bakubwiy wa muguruguruw!!!
muzosubire
🤣
nibakorako ahubwo busubira tuzobanyika
Nn yahereyehehe kombona nubu hagitwara Papa Bndi????mwararushe kwl
Yarafuvye
Hahaaaaa
Ngunda Chris
.
None nkubu uwu mu journaliste ayamakuru ayumvirije ntacigwa ahakura?ko niyombare yavuga ngoyopfuma apfa hako abona abantu aribo bapfa muga akaba yabaye uwambere mukwiruka isi ihemba zero
🤣🤣🤣