Tirs à balles réelles sur une foule des manifestants en provenance de Nyakabiga
HTML-код
- Опубликовано: 18 сен 2024
- A 11h 30, au boulevard du peuple Murundi à proximité de l’endroit communément appelé « Kuri permanence ». Les escarmouches entre manifestants et policiers ont débouché sur une réaction violente de la part de ces derniers. Les manifestants en provenance de Nyakabiga qui traversaient Bwiza ont lancé des pierres à un pick-up de policiers qui venait d’arriver sur place. La réponse des policiers est venue sous forme de tirs à balles réelles sur la foule de gens.
Ubu abobagumusi bahereye mumakambi y,imbunzi iyo mu rwanda
Amagumutsi
Murazosubira mwambwamwe
😅😮😅
dans cette manifestation j'etait la , persone n'etait mort ou blessee .. mais les manifestant avaient brullee un home vif lui acusant d'etre un hutu comme ils le faisait en 1995 a nyakabiga, bwiza et jabe
Liar nn wari wagiye gukora iki?
Shame on you
Baze basubire
Tugiye mu vyo kwicana turabisi mugabo hagese gukora akazi yo gutera imbere kwubaka amabarabara amashuri ibitaro biraturembedje.
Ukondabibona nicirwa kuritwe abarundi ivyo ntivyaba ngo nukwo atacotuzi hubwo ububegito ngira ubuturatahura
Quelques fois les consequences corrigent mieux que le conseils!!
mkowapi kwa sasa nyie nimbwa kabisa
Wa mbonerakure we umuti wanyu hinge niwasha ??
Rasa iyo mihimbiri
Icompa umuntu akarasa igiti cumuryango wawe wose
Aaaaaa
Ibi bikwiye kwigisha aba jeunes ko gukurikira ivya politique vyo kugumuka atari vyiza. Nkubu abakiri mumvuto ntanuwubashira akajumbu
On dirai une horde de zombi
Mwahereye kwishongora beshi barapfuye mwambwamwe
Arik nuwabish umeng ntakiriho kirazira kwiga naw kand uxopfa
Wew uzokwumire kwisi ntuzopfe nababishe benshi barabakurikiye amaraso yinzirakarengane arahuma
Nzopfa kumusi wanje Kandi sinzohendwa nabantu ngonje kwiyamaza mwibarabara atanguvu nfise zokwirwanira
@@Hahaha-yf4ug ntamuntu numwe afise inguvu zo kwirwanira atari Imana yonyene iturwanirira nabariya bari bazifise babishe barapfuye wabatutse ngo mwa mbwa mwe nagira weho uzokwumira kwisi
None ninde ya batumye canke ni wewe wari wabatumye ngo baje uwo badashobora noneko ya batwaye akahava abishaste yooo mulipataka haya mpaka sasa muracatwagwa nabo muzopfa atagihugu mutwaye kandi