Nino turiyo kbxxxx support from future bisombe masombe masogoro bisogoro dori song ninziza. Clip ni oji en tout cas imbere niheza courage my bro kuki muyi postinz ayamasah abantu baryamye mwamwatunyoteje ndakesera
❤❤❤❤ from Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮 always Maharaj Da King 👑👑 the only matter with this song is only that it ends 😂 Maze kugasubiramwo 8 fois vyaseko ndagahimba 😂😅
Yooo muranryoheye nukuri,reka ndayisubiremw mpak 10fois
Murashoboye vrmnt mwubahwe ,kure cn niho mbipfurije
Waaaaooooo Estimé n'a team yaw mwubahwe nukur murashoboye mukazi kose mwe mur tayari pe courage
Indirimbo nziza cane kandi ikoze neza, Félicitations
Jimmy mwubahwe murashoboye❤❤
Umukenyezi yubahw ahari hose ❤
Ningiti hejuru cane ❤❤❤❤ murahatwitse kabisa0:53
Iningiti band hejuru cane munsi y'Imana gato vrm nimwubahweeee caneee Ndabakundaaaaa nahanaguy izindi ndirimbo zose nsigaza umukenyezi gusa😍😍😍✌✌💓💓💓❤❤❤🙏🙏🙏🙏
Hit song kbx
Love from 62 July films🎬🇧🇮🇧🇮
Estimer nukr wubahwe kuva kare nguma ndayumviriza vyase kondayihimba nukr courage muraryoherej umusi abakenyezi twubahwe Aho turi hose kbx
Courge❤🇧🇮🇸🇦 nukuri iraryoshe umukenyezi hejuru❤❤
Murashoboye kwl iyo ngira amahera nobasororeye.
Nukubasengera gusa bashike kure hashoboka
Umukenyez yubahwe nikirumara kbx akakantu mukazanye hageze aba kenyez aho bari hose imana ibahezagire cyan estim hejuuru xana
Umukenyezi yubahwe cane.kandi courage cane Imana ishigikire ibikorwa vyanyu❤
Waaaaooo indirimbo iryosh abakenyezi bubahwe
Ni nziza cne
Ndyohew nukuntu mwambay nkabakenyezi nyene🎉🎉🎉🎉
Estime warukumbuwe komerezaho umukenyezi nimaboko igihumbi
Murakoze kurako karirimbo kaje mugihe ciza twimirije ukwezi kwa ntwarante kuri umusi mukuru wabahariwe.
Vyiza cn groupe iningiti Estime courage ndabon ubikora neza
Respect to everyone from this team
Umukenyezii yubahweeeee❤❤❤❤courage basha indirimbo nziza cane
Estimé courage ndabona murashoboye
Ndagkunda can iningiti mwubahwe murashoboye🙏🙏
Murashoboye tera mujimbere
❤❤❤❤💃💃💃💃💃💃🎉🎉🎉
Komera komera Estimé
Akaranga kame kabaranga bagenzi,indirimbo iryoshe canne,le 08/03 ndayumve !
Estime uranshoboye umukenyezi yubahwe
Nubwo nzoba ndijene nzoshishikara mbakunde❤❤❤
Umukenyezi nic song ndabemeye
Rusitime wubahwe vraiment urashoboye
Nukwonyene maze mukomeze murikukivi
Umukenyezi yubahwe rata❤❤
Yoooo kambanye gato womenga ntikohera mwubahwe
Nino turiyo kbxxxx support from future bisombe masombe masogoro bisogoro dori song ninziza. Clip ni oji en tout cas imbere niheza courage my bro kuki muyi postinz ayamasah abantu baryamye mwamwatunyoteje ndakesera
Komera nanje ndakunda umukenyezi🌹🌹🌹🌹
Iningiti band hejuru cane ndabakunda 🌷
Courage intingiti band
Wow abakenyezi twubahwe
Kweri jimmy guma kumurongo
Abakenyezi turashoboyee❤❤❤❤
Courage ndaba fana impande zose
Naho nyine rusutiye komerezaho👍🇧🇮🇰🇪👏👏
Nukuri indirimbo ninziiiiza
Courage Kure cane niho mbifurije
Mbeguburyoh bw'indirimbo we
Iyindirimbo ndayikunze
Kumbe Estime ufis talent nyinshi
Iningiti band hejuru cane
Ndbanezererew vrmt mukomerezaho
Komera benewacu twubahaa
Kwel Murashoboye 🔥🔥🔥
Never give up imbere niheza
Estimé much love from Fifi Nah Full ♥️♥️♥️
Karamar waoooo niyubahwe kwel umukenyezi
Abakenyezi bubahwe
Muterimbere cane
My rusutime big up❤
Estimé, courage uririmba neza!
mutere mujimbere bntu bnje🙏
🎉🎉🎉wow
Mwubahw can murashoboy kbx❤❤❤❤❤❤
Congratulations c,est. Un bon message
Imana ibakomeze
Nimependa hii video
Big up my bro Estime good job
Ntakindi novuga kirets kubakunda komerezaho bana b'igihugu
Umukenyezi ❤🎉
Pole sana 😅
Vyiza cane
Ndazikundacane
Courage murashoboye
Mwubahwe caane,akaranga turakabona kumwe namwe
Nimwubahwe kbs
Estime my favorite❤❤
Kure cane
Umuco ntugacike ❤
Rusutime wubahwe
Hejuru cane
Yes Iningiti ❤❤❤
Umukenyezi
Urashoboye mawe
Akiwacu 🇧🇮🇧
Courage cane🙌🙌🙌
Bien saana
Fresh saana Estime ndakurinyuma
Congratulations kundanga karanga nziza vyose birisawa ❤❤❤
Good song❤❤❤❤
Iningiti courrage
Ndabafana
Good song🇧🇮❣️
Ariko ako gahene le 8mars ndakabon
Courage Bana Burundi
❤❤❤❤ from Mecky Dimpoz 🇧🇮🇧🇮 always Maharaj Da King 👑👑 the only matter with this song is only that it ends 😂 Maze kugasubiramwo 8 fois vyaseko ndagahimba 😂😅
Iraryoshe vraiment
I love you so much Estime❤❤❤❤
Nice song
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good song
Terintambwe🤗
Estime wacu