ININGITI BAND
ININGITI BAND
  • Видео 7
  • Просмотров 40 279
INTWARI – ININGITI BAND (OFFICIAL VIDEO)
Intwari by Iningiti Band #Intwari #BURUNDI
Tuyage gato kuntwari zaranze ub'UBURUNDI BWA NYABURUNGA.
Ub'UBURUNDI ivuka ryabwo riracagoranye gutora neza kubera yuko #Abashakashatsi bize ivya kahasi batarabihurizako.
Bamwe bavuga ibi abandi biriya bigatuma inkuru y'imvaho "Y'UKURI" itamenyekana kubarundi bose.
Aha twisunga ibitabo biyaga ivyakahise k'Uburundi namwe mumajambo ashikirizwa n'abigisha bize ivyakahise muma Kaminuza atandukanye.
Ariko nubwo biruko hari bamwe mubami bamenyekanye #nk'INTWARI hambavu yaho tutiyobagije k'ababutwaye ari benshi.
Nubwo biruko hari nabandi biguze UBURUNDI batamenyekanye cane ariko bagafatwa nka bamwe muncungu zubu Uburundi bwa Nyaburunga.
Amazina y'Abami
NTARE RU...
Просмотров: 1 874

Видео

UMUKENYEZI - ININGITI Band ( Official music Video)
Просмотров 12 тыс.6 месяцев назад
#umukenyezi #iningitiband Umukenyezi niwe nkingi y'iterambere niwe yafadikanije n'Imana kurema. Umukenyezi ni kirumara.
Umukenyezi - Iningiti Band (Official music Audio)
Просмотров 1,5 тыс.6 месяцев назад
#iningitiband #umukenyezi
Iningiti Band - HANGE (official music video)
Просмотров 20 тыс.Год назад
Hange by Iningiti Band Director: Mo Costum Design : Jean Robert Estime Security: Iko Iningiti band duharanira Akaranga k'Iburundi mugukoresha ivyuma Kama vy'Umuziki(Umuduri, Inanga, ikembe, indonongo,Inyagara,Ingoma, Ijembe Irasoro.) n'ibindi. Tukaba Dukora n'imanza zitandukanye harimwo : Marriage, Dôte, Gutwikurura, Anniversaire, Gusohora umwana, Ibatisimu.... Abipfuza rero ko tubaryohereza ib...
Iningiti Band- Twarikukiye (Independence) Official Audio
Просмотров 4 тыс.Год назад
Twarikukiye-Independence by Iningiti Band